Abaheburayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo Kristu yari umwana w’umwizigirwa+ aganza inzu y’Imana. Ni twebwe inzu y’Imana+, dukire gusa kuguma twumiye cane ku mwidegemvyo wacu wo kuvuga no ku cizigiro twiratira, gushika kw’iherezo.
6 Mugabo Kristu yari umwana w’umwizigirwa+ aganza inzu y’Imana. Ni twebwe inzu y’Imana+, dukire gusa kuguma twumiye cane ku mwidegemvyo wacu wo kuvuga no ku cizigiro twiratira, gushika kw’iherezo.