Luka 12:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 Maze uwo mushumba yatahuye ivyo shebuja agomba ariko ntiyitegure canke ngo akore ivyo yamusavye*, azokubitwa inkoni nyinshi+. Yohani 9:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Yezu abishura ati: «Iyo muba muri impumyi, nta gicumuro mwari kuba mufise. Mugabo ko muvuga ngo “turabona”, igicumuro canyu kigumaho+.» Yohani 15:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Iyo ntaba naraje nkavugana na bo, nta gicumuro bobaye bafise+. Ariko ubu ntibagira ico bireguza ku gicumuro cabo+.
47 Maze uwo mushumba yatahuye ivyo shebuja agomba ariko ntiyitegure canke ngo akore ivyo yamusavye*, azokubitwa inkoni nyinshi+.
41 Yezu abishura ati: «Iyo muba muri impumyi, nta gicumuro mwari kuba mufise. Mugabo ko muvuga ngo “turabona”, igicumuro canyu kigumaho+.»
22 Iyo ntaba naraje nkavugana na bo, nta gicumuro bobaye bafise+. Ariko ubu ntibagira ico bireguza ku gicumuro cabo+.