ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 7:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 mugabo mu mubiri* wanje mbona irindi tegeko rirwanya itegeko riyobora ubwenge* bwanje+, rikanjana ndi imbohe kw’itegeko ry’igicumuro+ riri mu mubiri* wanje.

  • Abagalatiya 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Kuko umubiri urwanya impwemu kubera ivyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri. Ntibicana uwaka. Ni co gituma ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+.

  • Yakobo 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ariko nimba mu mitima yanyu mufise ishari ry’umururazi+ n’agatima k’amahane*+, ntimwiyemere+ kandi ntimubeshere ukuri.

  • 1 Petero 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Bakundwa, muri abanyamahanga n’ingenzi+. Ndabahimiriza rero ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, bimwe bibateza intambara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika