Imigani 3:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Kuko atwengera mw’ijigo abacokoranyi+,ariko abitonda abagirira ubuntu+. 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Namwe bakiri bato*, nimuyobokere abatama*+. Mugabo mwese mwambare* ukwicisha bugufi* mu kuntu mufata abandi, kuko Imana irwanya abibona, mugabo ikagirira ubuntu buhebuje* abicisha bugufi+.
5 Namwe bakiri bato*, nimuyobokere abatama*+. Mugabo mwese mwambare* ukwicisha bugufi* mu kuntu mufata abandi, kuko Imana irwanya abibona, mugabo ikagirira ubuntu buhebuje* abicisha bugufi+.