ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Vyongeye, ba data* bahora badutoza indero kandi twarabubaha. None kugira tubeho, ntidukwiye kurushiriza kuyobokera Data tubikunze, umwe ayobora ubuzima bwacu biciye ku mpwemu yiwe nyeranda+?

  • 1 Petero 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Mutere iteka abantu b’uburyo bwose+, mukunde umuryango wose w’abavukanyi+, mutinye Imana+, mutere iteka umwami+.

  • 1 Petero 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’Imana gukomeye, kugira ibashire hejuru igihe kigeze+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika