Yohani 17:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 kugira bose babe umwe+, nk’uko wewe Dawe wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, no kugira bunge ubumwe natwe maze isi yizere ko wantumye.
21 kugira bose babe umwe+, nk’uko wewe Dawe wunze ubumwe nanje, nanje nkunga ubumwe nawe+, no kugira bunge ubumwe natwe maze isi yizere ko wantumye.