1 Yohani 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ni nde none ari umubeshi? Si uwuhakana ko Yezu ari Kristu+? Uwo ni we antikristu+, uwuhakana Data n’Umwana.
22 Ni nde none ari umubeshi? Si uwuhakana ko Yezu ari Kristu+? Uwo ni we antikristu+, uwuhakana Data n’Umwana.