ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe: ibirimwo

      • Barunaba na Sawuli barungikwa kuba abamisiyonari (1-3)

      • Igikorwa bakoreye i Shipure (4-12)

      • Ijambo Pawulo yavugiye i Antiyokiya muri Pisidiya (13-41)

      • Itegeko ryo kuja kubwira amahanga (42-52)

Ivyakozwe 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 12:28; Ef 4:11, 12

Ivyakozwe 13:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:15
  • +1Tm 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 85-86

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2000, rup. 10

    1/10/1997, rup. 21

Ivyakozwe 13:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 86

Ivyakozwe 13:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 86-87

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2004, rup. 19-20

Ivyakozwe 13:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 12:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2010, rup. 7

    1/7/2004, rup. 20-21

    Nushinge intahe, rup. 86-87

Ivyakozwe 13:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 86-87

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2004, rup. 21-22

Ivyakozwe 13:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Yari buramatari w’intara iganzwa n’Uburoma.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 87

Ivyakozwe 13:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 87-88

Ivyakozwe 13:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 87-88

    Imizimu, rup. 34-35

Ivyakozwe 13:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «wa wa Mubesheranyi.» Raba Insiguro y’amajambo (Mubesheranyi).

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 8:44

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 34-35

Ivyakozwe 13:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 87-88

Ivyakozwe 13:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ivyakozwe 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 12:12
  • +Ivk 15:37, 38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2010, rup. 7

    Nushinge intahe, rup. 88-89

Ivyakozwe 13:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:1, 2; 18:4; 19:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 89

Ivyakozwe 13:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:21

Ivyakozwe 13:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 90

Ivyakozwe 13:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «kudugije.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:1, 6; Gus 7:6, 8

Ivyakozwe 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 16:35; Gh 14:33, 34

Ivyakozwe 13:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:1; Yos 14:1, 2

Ivyakozwe 13:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:16; 1Sm 3:20

Ivyakozwe 13:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 8:4, 5
  • +1Sm 10:21; 11:15

Ivyakozwe 13:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:12, 13; Zb 89:20
  • +1Sm 16:1
  • +1Sm 13:13, 14

Ivyakozwe 13:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mu rubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:12; Yes 11:1; Lk 1:31, 32, 68, 69

Ivyakozwe 13:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:1, 6

Ivyakozwe 13:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «isandari.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:11; Lk 3:16

Ivyakozwe 13:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:5, 6; Lk 24:47, 48

Ivyakozwe 13:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:7, 8

Ivyakozwe 13:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:59, 60; Lk 23:13-15; Yoh 19:4
  • +Mt 27:22, 23; Yoh 19:15

Ivyakozwe 13:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu mva y’icibutso.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 27:59, 60; Yoh 19:40-42

Ivyakozwe 13:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:5, 6; Ivk 2:24

Ivyakozwe 13:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:16; Ivk 1:3; 3:15; 1Kr 15:4-7

Ivyakozwe 13:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:4
  • +Zb 2:7; Heb 1:5; 5:5

Ivyakozwe 13:34

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1998, rup. 29

Ivyakozwe 13:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 16:10; Ivk 2:31

Ivyakozwe 13:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yakoze ivyo Imana igomba.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mw’iyaruka ryiwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:29

Ivyakozwe 13:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:27

Ivyakozwe 13:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:46, 47; Ivk 5:31; 10:43

Ivyakozwe 13:39

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kubabarirwa ngo mwitwe intungane.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 10:1
  • +Yes 53:11; Rm 3:28; 5:18; 8:3; Heb 7:19

Ivyakozwe 13:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2000, rup. 19

Ivyakozwe 13:43

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:23; 14:21, 22

Ivyakozwe 13:44

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ivyakozwe 13:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 14:1, 2; 17:4, 5

Ivyakozwe 13:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:5, 6; Ivk 3:25, 26; Rm 1:16
  • +Lk 2:29-32; Ivk 18:5, 6; Rm 10:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 90-92

Ivyakozwe 13:47

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:6; Ivk 1:8

Ivyakozwe 13:48

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2018, rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2000, rup. 21-22

Ivyakozwe 13:49

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ivyakozwe 13:50

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 23:34; Ivk 14:2, 19; 17:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 91

Ivyakozwe 13:51

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:14; Lk 9:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 92, 93-95

Ivyakozwe 13:52

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 13:11Kr 12:28; Ef 4:11, 12
Ivyak. 13:2Ivk 9:15
Ivyak. 13:21Tm 2:7
Ivyak. 13:5Ivk 12:25
Ivyak. 13:10Yoh 8:44
Ivyak. 13:13Ivk 12:12
Ivyak. 13:13Ivk 15:37, 38
Ivyak. 13:14Ivk 17:1, 2; 18:4; 19:8
Ivyak. 13:15Ivk 15:21
Ivyak. 13:17Kv 6:1, 6; Gus 7:6, 8
Ivyak. 13:18Kv 16:35; Gh 14:33, 34
Ivyak. 13:19Gus 7:1; Yos 14:1, 2
Ivyak. 13:20Abc 2:16; 1Sm 3:20
Ivyak. 13:211Sm 8:4, 5
Ivyak. 13:211Sm 10:21; 11:15
Ivyak. 13:221Sm 16:12, 13; Zb 89:20
Ivyak. 13:221Sm 16:1
Ivyak. 13:221Sm 13:13, 14
Ivyak. 13:232Sm 7:12; Yes 11:1; Lk 1:31, 32, 68, 69
Ivyak. 13:24Mt 3:1, 6
Ivyak. 13:25Mt 3:11; Lk 3:16
Ivyak. 13:26Mt 10:5, 6; Lk 24:47, 48
Ivyak. 13:27Yes 53:7, 8
Ivyak. 13:28Mt 26:59, 60; Lk 23:13-15; Yoh 19:4
Ivyak. 13:28Mt 27:22, 23; Yoh 19:15
Ivyak. 13:29Mt 27:59, 60; Yoh 19:40-42
Ivyak. 13:30Mt 28:5, 6; Ivk 2:24
Ivyak. 13:31Mt 28:16; Ivk 1:3; 3:15; 1Kr 15:4-7
Ivyak. 13:33Rm 1:4
Ivyak. 13:33Zb 2:7; Heb 1:5; 5:5
Ivyak. 13:34Yes 55:3
Ivyak. 13:35Zb 16:10; Ivk 2:31
Ivyak. 13:36Ivk 2:29
Ivyak. 13:37Ivk 2:27
Ivyak. 13:38Lk 24:46, 47; Ivk 5:31; 10:43
Ivyak. 13:39Heb 10:1
Ivyak. 13:39Yes 53:11; Rm 3:28; 5:18; 8:3; Heb 7:19
Ivyak. 13:41Hab 1:5
Ivyak. 13:43Ivk 11:23; 14:21, 22
Ivyak. 13:45Ivk 14:1, 2; 17:4, 5
Ivyak. 13:46Mt 10:5, 6; Ivk 3:25, 26; Rm 1:16
Ivyak. 13:46Lk 2:29-32; Ivk 18:5, 6; Rm 10:19
Ivyak. 13:47Yes 49:6; Ivk 1:8
Ivyak. 13:50Mt 23:34; Ivk 14:2, 19; 17:5
Ivyak. 13:51Mt 10:14; Lk 9:5
Ivyak. 13:52Mt 5:12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
  • 51
  • 52
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyakozwe 13:1-52

Ivyakozwe n’intumwa

13 Mw’ishengero ry’i Antiyokiya hari abahanuzi n’abigisha+, ari bo b’aba: Barunaba, Simeyoni yitwa kandi Nijeri, Lusiyo w’i Sireni, Manayeni yiganye na Herodi umutware w’intara na Sawuli. 2 Igihe bariko barakorera Yehova* bongera bisonzesha, impwemu nyeranda ivuga iti: «Nimunshirire ku ruhande Barunaba na Sawuli+ bankorere igikorwa nabahamagariye+.» 3 Bamaze kwisonzesha no gusenga, babarambikako ibiganza, baraheza barabarungika.

4 Nuko abo bantu bamanuka i Selesiya barungitswe n’impwemu nyeranda, hanyuma bavayo n’ubwato baja i Shipure. 5 Bageze i Salami batangura kumenyekanisha ijambo ry’Imana mu masinagogi y’Abayuda. Bari kumwe kandi na Yohani yabafasha udukorwa+.

6 Bamaze guca mw’izinga ryose gushika i Pafo, bahura n’umugabo umwe w’Umuyuda yitwa Bari-Yezu. Yari umupfumu akaba n’umuhanuzi w’ikinyoma. 7 Yari kumwe na buramatari* Serejiyo Pawulosi, umugabo aciye ubwenge. Uwo buramatari ahamagara Barunaba na Sawuli kuko yari ashashaye kwumva ijambo ry’Imana. 8 Mugabo uwo mupfumu yitwa kandi Elima (iryo zina rikaba risobanura ngo «umupfumu») atangura kubarwanya arondera kubuza uwo buramatari ngo ntiyizere. 9 Sawuli, ari na we Pawulo, yuzura impwemu nyeranda, amushinga ijisho, 10 avuga ati: «Ewe wa muntu yuzuye ububeshi bw’ubwoko bwose n’ikibi c’ubwoko bwose, wa mwana wa Shetani*+ we, wa mwansi w’ibigororotse vyose! Kubera iki ubandanya kugoramika inzira zigororotse za Yehova*? 11 Ukuboko kwa Yehova* rero kugira kuguhane, uhume, umare igihe utabona umuco w’izuba.» Ako kanya nyene igipfungu kizitanye n’umwiza bimugwako. Aca atangura kugendagenda irya n’ino arondera uwomufata ukuboko. 12 Buramatari ngo abone ibibaye, aca arizera kuko yari atangajwe cane n’inyigisho ya Yehova*.

13 Maze Pawulo na bagenziwe burira ubwato bava i Pafo bashika i Peruga mu ntara ya Pamfiliya. Mugabo Yohani+ abasigayo asubira i Yeruzalemu+. 14 Ariko bo bava i Peruga baja i Antiyokiya mu karere ka Pisidiya. Hanyuma binjira mw’isinagogi+ ku musi w’isabato, baricara. 15 Abantu bamaze gusomerwa amategeko+ n’ivyanditswe n’abahanuzi, abakuru b’isinagogi batuma uwubabwira ngo: «Bagabo benewacu, nimba hari ijambo ry’indemesho mufise ryo kubwira abantu, nimurivuge.» 16 Nuko Pawulo arahaguruka, agira ikimenyetso n’ukuboko abasaba ngo bahore, avuga ati:

«Yemwe bagabo b’Abisirayeli namwe mwese mutinya Imana, nimwumvirize. 17 Imana y’iri hanga rya Isirayeli yaratoye ba sogokuruza bacu. Abo muri iryo hanga yabagize abakomeye igihe bari abanyamahanga mu gihugu ca Misiri hanyuma ibakurayo ikoresheje ukuboko gukomeye*+. 18 Kandi mu kiringo c’imyaka nka 40 yarabihanganiye mu bugaragwa+. 19 Imaze guhonya amahanga indwi mu gihugu ca Kanani, yaciye ibaha ico gihugu ngo kibabere intoranwa+. 20 Ivyo vyose vyabaye nko mu myaka 450.

Inyuma y’ivyo ibaha abacamanza gushika ku muhanuzi Samweli+. 21 Mugabo mu nyuma basaba umwami+, Imana iraheza ibaha Sawuli mwene Kishi, umugabo wo mu muryango wa Benyamini+, abatwara imyaka 40. 22 Imaze kumukura, ibaha Dawidi ngo ababere umwami+. Imana yaramushingiye intahe ivuga iti: “Nabonye Dawidi mwene Yese+, umuntu ahimbara umutima wanje+. Azokora ivyo nipfuza vyose.” 23 Nk’uko Imana yabisezeranye, yarahaye Isirayeli umukiza, ari we Yezu, imukuye mu ruvyaro* rw’uwo muntu+. 24 Imbere y’uko aza, Yohani yaramenyesheje icese abantu bose bo muri Isirayeli ibatisimu yerekana ukwigaya+. 25 Mugabo igihe Yohani yariko ararangiza igikorwa ciwe, yaravuga ati: “Sindi uwo mwiyumvira ko ndi. Ariko hari uwuriko araza inyuma yanje. Ntibimbereye no gupfundurura imigozi y’ibirato* vyiwe+.”

26 Bagabo benewacu, mwebwe mukomoka ku muryango wa Aburahamu n’abo bose batinya Imana muri kumwe, ijambo ry’ubu bukiriro ryarungikiwe twebwe+. 27 Kuko ababa i Yeruzalemu n’abatware babo batemeye uwo mukiza. Igihe bamucira urubanza, barashikije ivyavuzwe mu bitabu vy’abahanuzi+, ivyo bintu bikaba bisomwa n’ijwi ryumvikana buri sabato. 28 Naho bataronse imvo yotuma yicwa+, basavye Pilato ngo amwicishe+. 29 Bamaze gushitsa ibintu vyose vyanditswe ku bimwerekeye, baramumanuye ku giti maze bamushira mu mva*+. 30 Mugabo Imana yaramuzuye mu bapfuye+, 31 amara imisi myinshi abonekera abari bajanye na we i Yeruzalemu bavuye i Galilaya, ubu bakaba ari ivyabona bimushingira intahe imbere y’abantu+.

32 Turiko rero tubamenyesha inkuru nziza yerekeye umuhango wahawe ba sogokuruza. 33 Uwo muhango Imana yarawushikije neza ku bwacu twebwe abana babo, mu kuzura Yezu+. Ivyo birahuye n’ivyanditswe mw’izaburi ya kabiri, ahavuga ngo: “Uri umwana wanje. Uyu musi ncitse so wawe+.” 34 Ivy’uko yamuzuye mu bapfuye ngo ntaze asubire kugira umubiri ushobora kubora, yabivuze muri ubu buryo ati: “Nzobaha isezerano ry’urukundo* nasezeraniye Dawidi. Iryo sezerano ni iryo kwizigirwa+.” 35 Ni co gituma mu yindi zaburi Imana ivuga kandi iti: “Ntuzokwemera ko intahemuka yawe ibora+.” 36 Dawidi wewe yarakoreye Imana* mu gihe ciwe* maze arasinzira mu rupfu, ahambwa hamwe na ba sekuruza hanyuma arabora+. 37 Ariko uwo Imana yazuye we, ntiyigeze abora+.

38 Nimumenye rero benewacu, yuko biciye kuri we muriko muramenyeshwa ibijanye no kubabarirwa ibicumuro+. 39 Nimumenye kandi yuko ibintu vyose mutashobora kubabarirwa* biciye ku mategeko ya Musa+, umuntu wese yizera abibabarirwa biciye kuri Yezu+. 40 Nimurabe neza rero kugira ngo ibivugwa mu bitabu vy’abahanuzi ntibibashikeko, bimwe bigira biti: 41 “Nimurabe ivyo ndiko ndakora yemwe banyakagaye, mutangare muzimangane, kuko mu misi yanyu ngira nkore ikintu mutazokwigera mwemera naho hogira uwukibabwira ido n’ido+.”»

42 Igihe bariko barasohoka, abantu barabinginga ngo ivyo bintu baze babivuge no kw’isabato ikurikira. 43 Ikoraniro ryo mw’isinagogi rimaze rero kurangira, Abayuda benshi n’abasenga Imana binjiye idini ry’Abayuda bakurikira Pawulo na Barunaba. Pawulo na Barunaba bariko baraganira na bo, babahimiriza ngo bagume mu buntu buhebuje* bw’Imana+.

44 Kw’isabato ikurikira, igisagara nka cose gikoranira hamwe ngo cumve ijambo rya Yehova*. 45 Abayuda ngo babone ayo masinzi, buzura ishari, batangura guhaririza Pawulo batyoza ivyo avuga+. 46 Maze Pawulo na Barunaba bababwira badatinya bati: «Vyari bikenewe ko ari mwebwe mubanza kubwirwa ijambo ry’Imana+. Ko muryanse rero ntimubone ko mubereye ubuzima budahera, tugiye kuribwira amahanga+. 47 Nkako Yehova* yadutegetse ati: “Nakugenye ngo ubere umuco amahanga, ngo ubere abantu ubukiriro gushika ku mpera z’isi+.”»

48 Abo mu mahanga bavyumvise, batangura kunezerwa no gushemagiza ijambo rya Yehova*. Maze abo bose bari bafise agatima kabereye kotuma baronka ubuzima budahera barizera. 49 Vyongeye, ijambo rya Yehova* ribandanya gukwiragizwa mu gihugu cose. 50 Mugabo Abayuda bagumura abagore b’abanyacubahiro batinya Imana be n’abantu bakurubakuru bo mu gisagara, hanyuma batangura guhama+ Pawulo na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo. 51 Pawulo na Barunaba baca bakunkumura umukungugu wo ku birenge vyabo ngo kibe ikimenyetso kibagiriza, baraheza baja muri Ikoniyo+. 52 Abigishwa babandanya kwuzuzwa umunezero+ be n’impwemu nyeranda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika