ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abanyefeso: ibirimwo

      • Imvugo n’inyifato bibereye (1-5)

      • Mwigenze nk’abana b’umuco (6-14)

      • Mwuzuzwe impwemu (15-20)

        • Mukoreshe neza umwanya wanyu (16)

      • Impanuro zihabwa abagabo n’abagore (21-33)

Abanyefeso 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:48; Lk 6:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 24-27

    1/10/2008, rup. 15

    1/11/2005, rup. 17-18

    1/12/1997, rup. 26-27

Abanyefeso 5:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «yabakunze akabigura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 16:14
  • +Yoh 13:34; 1Yh 3:23
  • +Kv 29:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2017, rup. 28

    Niwiyegereze, rup. 300

Abanyefeso 5:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki ni porneia. Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 5:11; Kl 3:5
  • +1Ts 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Abahurikiye hamwe, rup. 67

Abanyefeso 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:8
  • +1Ts 5:18

Abanyefeso 5:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Ubusambanyi).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:28, 29
  • +1Tm 3:8; Tt 1:7
  • +1Kr 6:9, 10; Gl 5:19, 21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 40

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2001, rup. 6

Abanyefeso 5:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ntimwifatanye na bo.»

Abanyefeso 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:16; Yoh 12:36
  • +1Pt 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2009, rup. 6

Abanyefeso 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 5:22, 23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2002, rup. 14-15

Abanyefeso 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 44

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2003, rup. 10-12

Abanyefeso 5:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:12, 13; 2Kr 6:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2002, rup. 26

Abanyefeso 5:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bikangirwa.»

Abanyefeso 5:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:1; Kl 2:13
  • +Yoh 8:12

Abanyefeso 5:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mugenda.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 35

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    11/2007, rup. 1

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2006, rup. 9

    1/5/2001, rup. 32

Abanyefeso 5:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mugura umwanya washinzwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 4:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2022, rup. 26-31

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2006, rup. 9

    15/11/2002, rup. 22-23

    1/5/2001, rup. 32

    1/10/2000, rup. 27-28

Abanyefeso 5:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:2; 1Ts 4:3; 1Pt 4:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2016, rup. 14-16

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2011, rup. 12

    1/12/2003, rup. 21-23

Abanyefeso 5:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «utuma umuntu aba uwudashoboka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 20-21

Abanyefeso 5:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «mwibwire.»

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 5:13
  • +Zb 33:2, 3
  • +Ivk 16:25; Kl 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 20-21

Abanyefeso 5:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 5:18
  • +Kl 3:17

Abanyefeso 5:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:3; 1Pt 5:5

Abanyefeso 5:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:18; Tt 2:4, 5; 1Pt 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2007, rup. 22

    15/2/2007, rup. 18-22

    1/9/1997, rup. 9

    Ubumenyi, rup. 135-136

    Urashobora Kubaho, rup. 241

Abanyefeso 5:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ari we mutwe.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ari umutwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 7:2
  • +1Kr 11:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 20

    Niwiyegereze, rup. 99-100

    Be maso!,

    11/2013, rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2009, rup. 8

    15/2/2007, rup. 15, 22

    Urashobora Kubaho, rup. 239-240

Abanyefeso 5:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2007, rup. 22

    15/2/2007, rup. 22

Abanyefeso 5:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 3:7
  • +Ivk 20:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 49

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2015, rup. 23

    15/7/2009, rup. 8

    15/5/2009, rup. 19-20

    1/5/2007, rup. 20

    15/2/2007, rup. 15

    15/9/2006, rup. 24

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 180

    Ubumenyi, rup. 134-135

Abanyefeso 5:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2008, rup. 13-14

Abanyefeso 5:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ikirabagu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Tt 2:13, 14
  • +Ef 1:4; Kl 1:21, 22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2008, rup. 13-14

Abanyefeso 5:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 49

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 4

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 20

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 136-137

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2012, rup. 30

    1/5/2007, rup. 20, 21-22

    15/2/2007, rup. 15-16

    Urashobora Kubaho, rup. 243

Abanyefeso 5:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 49

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 4

    no. 3 2019 rup. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2009, rup. 19

    15/8/2008, rup. 27

    1/5/2007, rup. 20, 21-22

    15/2/2007, rup. 15-16

Abanyefeso 5:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:5; Ef 1:22, 23

Abanyefeso 5:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «akagumana n’umugore wiwe.» Raba akajambo k’epfo mu It 2:24.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:24; Mt 19:5

Abanyefeso 5:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:9, 10; Kl 1:26, 27
  • +Ef 3:5, 6

Abanyefeso 5:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:19
  • +1Pt 3:5, 6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 49

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 4

    no. 6 2016 rup. 8

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2020, rup. 4

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2016, rup. 20

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2015, rup. 9

    15/8/2008, rup. 27

    1/5/2007, rup. 22-23

    15/9/2006, rup. 24

    1/8/1999, rup. 29-30

    Ubumenyi, rup. 144

    Urashobora Kubaho, rup. 243

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ef. 5:1Mt 5:48; Lk 6:36
Ef. 5:21Kr 16:14
Ef. 5:2Yoh 13:34; 1Yh 3:23
Ef. 5:2Kv 29:18
Ef. 5:31Kr 5:11; Kl 3:5
Ef. 5:31Ts 4:3
Ef. 5:4Kl 3:8
Ef. 5:41Ts 5:18
Ef. 5:5Ivk 15:28, 29
Ef. 5:51Tm 3:8; Tt 1:7
Ef. 5:51Kr 6:9, 10; Gl 5:19, 21
Ef. 5:8Mt 5:16; Yoh 12:36
Ef. 5:81Pt 2:9
Ef. 5:9Gl 5:22, 23
Ef. 5:10Rm 12:2
Ef. 5:11Rm 13:12, 13; 2Kr 6:14
Ef. 5:14Ef 2:1; Kl 2:13
Ef. 5:14Yoh 8:12
Ef. 5:16Kl 4:5
Ef. 5:17Rm 12:2; 1Ts 4:3; 1Pt 4:2
Ef. 5:18Yes 5:11
Ef. 5:19Yak 5:13
Ef. 5:19Zb 33:2, 3
Ef. 5:19Ivk 16:25; Kl 3:16
Ef. 5:201Ts 5:18
Ef. 5:20Kl 3:17
Ef. 5:21Fp 2:3; 1Pt 5:5
Ef. 5:22Kl 3:18; Tt 2:4, 5; 1Pt 3:1
Ef. 5:23Rm 7:2
Ef. 5:231Kr 11:3
Ef. 5:251Pt 3:7
Ef. 5:25Ivk 20:28
Ef. 5:26Yoh 17:17
Ef. 5:27Tt 2:13, 14
Ef. 5:27Ef 1:4; Kl 1:21, 22
Ef. 5:30Rm 12:5; Ef 1:22, 23
Ef. 5:31It 2:24; Mt 19:5
Ef. 5:32Ef 1:9, 10; Kl 1:26, 27
Ef. 5:32Ef 3:5, 6
Ef. 5:33Kl 3:19
Ef. 5:331Pt 3:5, 6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abanyefeso 5:1-33

Abanyefeso

5 Nimwigane Imana+ rero nk’abana ikunda cane, 2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yadukunze+ akatwigura*, akaba ishikanwa n’ikimazi, akamoto keza ku Mana+.

3 Ubusambanyi* n’ubuhumane bw’ubwoko bwose canke umwina, no kuvugwa ntibikavugwe muri mwebwe+, nk’uko bibereye abantu beranda+. 4 Ntihakabe n’ingeso ziteye isoni canke ibiyago vy’ubupfu canke ibijajuro biteye isoni+, kuko ari ibintu bitabereye, ahubwo habe ugukenguruka+. 5 Kuko ibi mubizi kandi mukavyiyemerera: nta musambanyi*+ canke umuntu ahumanye canke umunyamunoho+, ni ukuvuga uwusenga ibigirwamana, azogira ico atorana mu Bwami bwa Kristu n’Imana+.

6 Ntihagire umuntu abahendesha amajambo agaragara, kuko ivyo bintu ari vyo bituma uburake bw’Imana buza ku bantu bagambarara. 7 Nuko rero ntimukore nka bo*, 8 kubera ko kera mwari umwiza, mugabo ubu mukaba muri umuco+ mu bijanye n’Umukama+. Mubandanye kwigenza nk’abana b’umuco, 9 kuko ivyamwa vy’umuco bigizwe n’ubwoko bwose bw’ukumera neza n’ubugororotsi n’ukuri+. 10 Mugume musuzuma neza ivyo Umukama yemera+, 11 kandi mureke gukora ibikorwa vy’umwiza+ ata co bimaze, ahubwo nyabuna mushire ahabona ububi bwavyo. 12 Kuko ivyo bakorera mu mpisho biteye isoni ku buryo ata n’uwobicisha mu kanwa. 13 Ibintu vyose bishirwa ahabona* rero biraboneka kubera umuco, kuko ikintu cose gishizwe ahabona gica kiba umuco. 14 Ni co gituma handitswe ngo: «Ikangure wewe usinziriye, uzuke uve mu bapfuye+, Kristu aheze akurasire umuco+.»

15 Nuko rero mugume muraba neza ukuntu mwigenza*, ntimwigenze nk’abatagira ubukerebutsi ahubwo mwigenze nk’abantu b’inkerebutsi, 16 mukoresha neza umwanya wanyu*+, kubera ko imisi ari mibi. 17 Mureke rero kuba imburabwenge, ahubwo mubandanye gutahura ivyo Yehova* agomba ivyo ari vyo+. 18 Vyongeye, ntimuborerwe umuvinyu+ kuko ujana ku buhumbu*, ahubwo mugume mwuzuzwa impwemu. 19 Mubwirane* amazaburi, amajambo yo gushemeza Imana, muririmbe n’indirimbo z’ivy’impwemu. Muririmbire+ Yehova* mwongera mujanisha n’umuziki+ mu mitima yanyu+. 20 Muri vyose mwame mukengurukira+ Imana yacu ikaba na Data, mubigire mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu+.

21 Umwe wese muri mwebwe nayobokere mugenziwe+ kubera mutinya Kristu. 22 Abagore bayobokere abagabo babo+ nk’uko bayobokera Umukama, 23 kubera ko umugabo ari we agaba* umugore wiwe+, nk’uko na Kristu agaba* ishengero+, ari ryo mubiri wiwe, akaba umukiza waryo. 24 Nkako, nk’uko ishengero riyobokera Kristu, ni ko n’abagore bakwiye kuyobokera abagabo babo muri vyose. 25 Bagabo, mubandanye gukunda abagore banyu+ nk’uko na Kristu yakunze ishengero akaryigura+, 26 kugira ngo aryeze, aryuhagize amazi biciye kuri rya jambo+. 27 Yabigize kugira ngo ishengero arizane imbere yiwe riri mu bwiza bwakaka, ritagira agatosi canke umunkanyari canke ikintu na kimwe muri ivyo+, ahubwo ari ryeranda kandi ritagira akanenge*+.

28 Ukwo ni ko n’abagabo bakwiye gukunda abagore babo nk’imibiri yabo bwite. Umugabo akunda umugore wiwe aba yikunda, 29 kuko ata muntu yigeze kwanka umubiri wiwe bwite. Ahubwo arawugaburira, akawubungabungana urukundo, nk’uko na Kristu agirira ishengero, 30 kubera ko turi ibihimba vy’umubiri wiwe+. 31 «Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.» 32 Iryo banga ryeranda+ rirakomeye. Aho ndiko mvuga ibijanye na Kristu be n’ishengero+. 33 Yamara rero, umwe wese muri mwebwe ategerezwa gukunda umugore wiwe+ nk’uko yikunda. Umugore na we ategerezwa kwubaha cane umugabo wiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika