ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe: ibirimwo

      • Ivyo Imana yahishuye biciye kuri Yezu (1-3)

      • Indamutso ku mashengero indwi (4-8)

        • «Ndi Alufa na Omega» (8)

      • «Nasanze ndi mu musi w’Umukama» (9-11)

      • Yohani yerekwa ubuninahazwa bwa Yezu (12-20)

Ivyahishuwe 1:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ivyashizwe ahabona.»

  • *

    Canke «wiwe.» Ni ukuvuga umushumba wa Yezu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:28
  • +Am 3:7; Ivh 7:3, 4
  • +Mt 10:2; Mr 1:19; Yoh 21:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 15-17

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1999, rup. 27, 30-31

    1/11/1999, rup. 6

Ivyahishuwe 1:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga Yohani.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 16-17

Ivyahishuwe 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 1:2; Lk 11:28; Yoh 13:17; Yak 1:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 31

    1/12/1999, rup. 26-31

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 6, 17

Ivyahishuwe 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:11
  • +Ivh 1:8; 4:8; 11:17
  • +Ivh 4:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 18

Ivyahishuwe 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 3:14
  • +Kl 1:18
  • +Zb 89:27; 1Tm 6:15; Ivh 19:16
  • +Yoh 15:9
  • +Heb 9:14; 1Pt 1:18, 19; 1Yh 1:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 18-19

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1999, rup. 21-22

Ivyahishuwe 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:6; Lk 22:28-30
  • +1Pt 2:5; Ivh 5:9, 10; 20:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 19

Ivyahishuwe 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:64; Mr 13:26
  • +Mt 24:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 226

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 3, 5

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 19-20

    Urashobora Kubaho, rup. 146

Ivyahishuwe 1:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ndi A na Z.» Alufa ni urudome rwa mbere mu rutonde rw’indome z’ikigiriki, Omega na yo ni urudome rwa nyuma.

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:12; Ivh 21:6; 22:13
  • +Kv 6:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 30-31

    1/12/1999, rup. 21-22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 20

Ivyahishuwe 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:9
  • +Lk 12:32
  • +Mt 10:22; 2Tm 2:12
  • +Rm 8:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 20-21

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1999, rup. 26-27

Ivyahishuwe 1:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 313

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 22-24

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2003, rup. 10

Ivyahishuwe 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:1; Ivh 2:1
  • +Ivh 2:8
  • +Ivh 2:12
  • +Ivh 2:18
  • +Ivh 3:1
  • +Ivh 3:7
  • +Ivh 3:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 30

    15/8/2007, rup. 9, 11

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 23-24

    ‘Igihugu ciza’, rup. 33

Ivyahishuwe 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 25, 28-29

Ivyahishuwe 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 25

Ivyahishuwe 1:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nka shelegi.» Shelegi ni utuvunjivunji twera cane dukoragurika nk’imvura. Mu gifaransa batwita neige.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 19:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 25

Ivyahishuwe 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 2:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 25-26

Ivyahishuwe 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:20
  • +Yes 49:2
  • +Mt 17:1, 2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2012, rup. 14

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 26-27, 28-29

Ivyahishuwe 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 26:23; Kl 1:18; Ivh 1:5
  • +Ivh 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 30-31

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 26-28

Ivyahishuwe 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 15:45
  • +1Pt 3:18
  • +Rm 6:9; 1Tm 6:16
  • +Mt 16:18; Yoh 6:54; 11:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 27-28

    Senga Imana, rup. 83-84

    Abahurikiye hamwe, rup. 73-74

Ivyahishuwe 1:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 24

Ivyahishuwe 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:16; Fp 2:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    11/2019, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2012, rup. 14

    15/9/2010, rup. 27

    15/1/2009, rup. 30

    1/4/2007, rup. 27

    15/5/2003, rup. 10

    1/4/2002, rup. 15-16

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 28-29, 136

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 1:1Dn 2:28
Ivyah. 1:1Am 3:7; Ivh 7:3, 4
Ivyah. 1:1Mt 10:2; Mr 1:19; Yoh 21:20
Ivyah. 1:3Zb 1:2; Lk 11:28; Yoh 13:17; Yak 1:22
Ivyah. 1:4Ivh 1:11
Ivyah. 1:4Ivh 1:8; 4:8; 11:17
Ivyah. 1:4Ivh 4:5
Ivyah. 1:5Yoh 15:9
Ivyah. 1:5Heb 9:14; 1Pt 1:18, 19; 1Yh 1:7
Ivyah. 1:5Ivh 3:14
Ivyah. 1:5Kl 1:18
Ivyah. 1:5Zb 89:27; 1Tm 6:15; Ivh 19:16
Ivyah. 1:6Kv 19:6; Lk 22:28-30
Ivyah. 1:61Pt 2:5; Ivh 5:9, 10; 20:6
Ivyah. 1:7Mt 26:64; Mr 13:26
Ivyah. 1:7Mt 24:30
Ivyah. 1:8Yes 48:12; Ivh 21:6; 22:13
Ivyah. 1:8Kv 6:3
Ivyah. 1:9Mt 24:9
Ivyah. 1:9Lk 12:32
Ivyah. 1:9Mt 10:22; 2Tm 2:12
Ivyah. 1:9Rm 8:17
Ivyah. 1:11Ef 1:1; Ivh 2:1
Ivyah. 1:11Ivh 2:8
Ivyah. 1:11Ivh 2:12
Ivyah. 1:11Ivh 2:18
Ivyah. 1:11Ivh 3:1
Ivyah. 1:11Ivh 3:7
Ivyah. 1:11Ivh 3:14
Ivyah. 1:12Ivh 1:20
Ivyah. 1:13Dn 7:13
Ivyah. 1:14Ivh 19:12
Ivyah. 1:15Ivh 2:18
Ivyah. 1:16Ivh 1:20
Ivyah. 1:16Yes 49:2
Ivyah. 1:16Mt 17:1, 2
Ivyah. 1:17Ivk 26:23; Kl 1:18; Ivh 1:5
Ivyah. 1:17Ivh 2:8
Ivyah. 1:181Kr 15:45
Ivyah. 1:181Pt 3:18
Ivyah. 1:18Rm 6:9; 1Tm 6:16
Ivyah. 1:18Mt 16:18; Yoh 6:54; 11:25
Ivyah. 1:20Mt 5:16; Fp 2:15
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyahishuwe 1:1-20

Ivyahishuriwe Yohani

1 Ivyahishuwe* na Yezu Kristu, ivyo Imana yamuhaye+ kugira yereke abashumba bayo+ ibintu bitegerezwa kuba vuba. Yezu yaciye atuma umumarayika wiwe kugira abishikirize umushumba wayo* Yohani+ mu bimenyetso. 2 Uyo* na we yarashingiye intahe ijambo ry’Imana n’ubutumwa Yezu Kristu yatanze, emwe ibintu vyose yabonye. 3 Hahiriwe uwusoma amajambo y’ubu buhanuzi n’ijwi ryumvikana, hamwe n’abumva bakongera bagakurikiza ivyanditswe muri bwo+, kuko igihe Imana yashinze kiri hafi.

4 Jewe Yohani, ndabandikiye mwebwe amashengero indwi+ ari mu ntara ya Aziya:

Nimugire ubuntu n’amahoro biva kuri «Umwe ariho kandi yamyeho kandi ariko araza+», no kuri za mpwemu indwi+ ziri imbere y’intebe yiwe y’ubwami 5 hamwe no kuri Yezu Kristu, «ca Cabona cizigirwa+», «imfura mu kuva mu bapfuye+», akaba n’«Umutware w’abami b’isi+.»

Umwe adukunda+ kandi yatubohoye mu bicumuro vyacu biciye ku maraso yiwe+, 6 akatugira ubwami+ n’abaherezi+ b’Imana yiwe ikaba na Se wiwe, nahabwe ubuninahazwa n’ububasha gushika ibihe bidahera. Amen.

7 Ehe arazananye n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona, mbere n’abamucumise bazomubona. Imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Ego cane, Amen.

8 «Jewe ndi Alufa na Omega*+», ni ko Yehova* avuze, «Umwe ariho kandi yamyeho kandi ariko araza, Imana Mushoboravyose+.»

9 Jewe Yohani, mwenewanyu musangiye uruhamo+, ubwami+ n’ukwihangana+ kubera twunze ubumwe na Yezu+, nari mw’izinga ryitwa Patimo mporwa kuvuga ivyerekeye Imana no gushingira intahe Yezu. 10 Biciye ku mpwemu nyeranda, nasanze ndi mu musi w’Umukama, maze numva inyuma yanje ijwi rikomeye nk’iry’urumbete 11 rimbwira riti: «Ivyo ubona uvyandike mu muzingo maze ubirungikire aya mashengero indwi: iry’i Efeso+, iry’i Simuruna+, iry’i Perugamo+, iry’i Tiyatira+, iry’i Sarudi+, iry’i Filadelufiya+ n’iry’i Lawodiseya+.»

12 Nca mpindukira kuraba uwariko avugana nanje. Mpindukiye, mbona ibintu indwi baterekako amatara vy’inzahabu+, 13 kandi hagati yavyo hari uwusa n’umwana w’umuntu+. Yari yambaye impuzu ishika ku birenge kandi yari akenyeye umukanda w’inzahabu mu gikiriza. 14 Umutwe wiwe n’imishatsi yiwe vyarera nk’ubwoya bw’intama, nk’urubura*. Amaso yiwe yari ameze nk’urubeya rw’umuriro+, 15 ibirenge vyiwe vyari bimeze nk’umujumpu mwiza+ uriko urayagayaga mw’ifuru, ijwi ryiwe na ryo ryari rimeze nk’ugusuma kw’amazi menshi. 16 Yari afise inyenyeri indwi+ mu kuboko kwiwe kw’ukuryo, mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe y’ubugi bubiri+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo ryatse cane, rica ibibatsi+. 17 Ndamubonye, nca ngwa hasi imbere y’ibirenge vyiwe, mera nk’uwapfuye.

Maze anshirako ukuboko kwiwe kw’ukuryo, ambwira ati: «Ntutinye. Jewe ndi uwa mbere+ n’uwa nyuma+, 18 kandi ndi muzima+. Nari narapfuye+, ariko raba ndi muzima gushika ibihe bidahera+, kandi mfise impfunguruzo z’urupfu n’iz’ukuzimu+. 19 Andika rero ivyo wabonye, ibiriko biraba ubu n’ibizoba mu nyuma. 20 Inyenyeri indwi wabonye mu kuboko kwanje kw’ukuryo na birya bintu indwi baterekako amatara vy’inzahabu, ni ibanga ryeranda. Ng’iyi rero insobanuro yavyo: zirya nyenyeri indwi zigereranya abamarayika ba ya mashengero indwi, birya bintu indwi baterekako amatara na vyo bigereranya amashengero indwi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika