ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abatesalonika 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abatesalonika: ibirimwo

      • Pawulo agabisha ku bijanye n’ubusambanyi (1-8)

      • Murushirize gukundana (9-12)

        • «Murabe ivyanyu bwite» (11)

      • Abapfuye bunze ubumwe na Kristu bazozuka ubwa mbere (13-18)

1 Abatesalonika 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:10; 1Pt 2:12

1 Abatesalonika 4:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amategeko.»

1 Abatesalonika 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki ni porneia. Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:19; Ef 5:25-27; 2Ts 2:13; 1Pt 1:15, 16
  • +Ef 5:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 41

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 21

    1/8/1997, rup. 17

1 Abatesalonika 4:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «icombo c’ibumba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:5; 2Tm 2:22
  • +Rm 6:19

1 Abatesalonika 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:6; Ef 4:17, 19; 1Pt 4:3
  • +1Kr 6:18; Ef 5:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    9/2013, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 21

1 Abatesalonika 4:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «anyage», «ace mu ryahumye.»

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 16-17

    1/8/1997, rup. 17

1 Abatesalonika 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 12:14; 1Pt 1:15, 16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 21

1 Abatesalonika 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 6:18, 19
  • +1Yh 3:24

1 Abatesalonika 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:10
  • +Yoh 13:34, 35; 1Pt 1:22; 1Yh 4:21

1 Abatesalonika 4:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2003, rup. 13-14

1 Abatesalonika 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 3:11, 12
  • +1Pt 4:15
  • +1Kr 4:11, 12; Ef 4:28; 2Ts 3:10; 1Tm 5:8

1 Abatesalonika 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:17

1 Abatesalonika 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 11:11; Ivk 7:59, 60; 1Kr 15:6
  • +1Kr 15:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 51-52

1 Abatesalonika 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 14:9; 1Kr 15:3, 4
  • +1Kr 15:22, 23; Fp 3:20, 21; 2Ts 2:1; Ivh 20:4

1 Abatesalonika 4:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

  • *

    Canke «ukuhaba.» Raba Insiguro y’amajambo (Ukuhaba).

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2007, rup. 28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 103-104

1 Abatesalonika 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yud 9
  • +1Kr 15:51, 52

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2007, rup. 28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 103-104, 180-181

1 Abatesalonika 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 1:9
  • +2Ts 2:1
  • +Yoh 14:3; 17:24; 2Kr 5:8; Fp 1:23; Ivh 20:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 18-19

    15/9/2008, rup. 29

    1/1/2007, rup. 28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 103-104, 211

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tes. 4:1Kl 1:10; 1Pt 2:12
1 Tes. 4:3Yoh 17:19; Ef 5:25-27; 2Ts 2:13; 1Pt 1:15, 16
1 Tes. 4:3Ef 5:3
1 Tes. 4:4Kl 3:5; 2Tm 2:22
1 Tes. 4:4Rm 6:19
1 Tes. 4:5Zb 79:6; Ef 4:17, 19; 1Pt 4:3
1 Tes. 4:51Kr 6:18; Ef 5:5
1 Tes. 4:7Heb 12:14; 1Pt 1:15, 16
1 Tes. 4:81Kr 6:18, 19
1 Tes. 4:81Yh 3:24
1 Tes. 4:9Rm 12:10
1 Tes. 4:9Yoh 13:34, 35; 1Pt 1:22; 1Yh 4:21
1 Tes. 4:112Ts 3:11, 12
1 Tes. 4:111Pt 4:15
1 Tes. 4:111Kr 4:11, 12; Ef 4:28; 2Ts 3:10; 1Tm 5:8
1 Tes. 4:12Rm 12:17
1 Tes. 4:13Yoh 11:11; Ivk 7:59, 60; 1Kr 15:6
1 Tes. 4:131Kr 15:32
1 Tes. 4:14Rm 14:9; 1Kr 15:3, 4
1 Tes. 4:141Kr 15:22, 23; Fp 3:20, 21; 2Ts 2:1; Ivh 20:4
1 Tes. 4:16Yud 9
1 Tes. 4:161Kr 15:51, 52
1 Tes. 4:17Ivk 1:9
1 Tes. 4:172Ts 2:1
1 Tes. 4:17Yoh 14:3; 17:24; 2Kr 5:8; Fp 1:23; Ivh 20:6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Abatesalonika 4:1-18

Abatesalonika ba mbere

4 Ubwa nyuma bavukanyi, twarabasiguriye uko mukwiye kwigenza kugira ngo muhimbare Imana+, kandi vy’ukuri ni ko mwigenza. Turabasavye rero twongera tubinginga mw’izina ry’Umukama Yezu ngo mugume murushiriza kubigira rwose. 2 Kuko muzi amabwirizwa* twabahaye avuye ku Mukama Yezu.

3 Ico Imana igomba ni uko muba beranda+, mukirinda ubusambanyi*+. 4 Umwe wese muri mwebwe akwiye kumenya kuganza umubiri* wiwe bwite+ kugira ugume ari mweranda+ kandi uteye iteka. 5 Ntimumere nk’abanyamahanga batazi Imana+ kubera ko birekerana mu vy’inambu y’umubiri+, ntibahere ipfa. 6 Ntihagire n’umwe arenga akarimbi ngo agirire nabi* umuvukanyi wiwe muri ivyo, kuko Yehova* ahana abakora ivyo vyose, nk’uko twigeze kubibabwira kandi tukababurira dushimitse. 7 Kuko Imana itaduhamagariye ubuhumane, ahubwo yaduhamagariye kuba beranda+. 8 Uwukengera rero izo ngabisho ntaba akengereye umuntu, ahubwo aba akengereye Imana+ ibaha impwemu yayo nyeranda+.

9 Ariko ku bijanye no gukunda abavukanyi+, ntibikenewe ko tubibandikira, kuko mwebwe ubwanyu mwigishwa n’Imana gukundana+. 10 Kandi vy’ukuri, murakunda abavukanyi bose b’i Masedwane hose. Mugabo turabahimiriza bavukanyi, ngo mugume murushiriza kubigira. 11 Mwiyemeze kubaho mutekanye+ no kuraba ivyanyu bwite+ no gukoresha amaboko yanyu+, nk’uko twabibasavye 12 kugira ngo mwigenze mu buryo bubereye imbere y’abantu bo hanze y’ishengero+, ata co mukena.

13 Vyongeye bavukanyi, ntidushaka ko mutamenya ivyerekeye abasinziriye mu rupfu+, kugira ngo ntimugire agahinda nka bamwe badafise icizigiro+. 14 Kuko nimba twizera yuko Yezu yapfuye akongera akazuka+, n’abasinziriye mu rupfu bunze ubumwe na Yezu na bo nyene Imana izobagarukana hamwe na we+. 15 Ibi ni vyo tubabwira biciye kw’ijambo rya Yehova*: twebwe abazima tuzoba tukiriho gushika mu gihe c’ukugaruka* kw’Umukama ntituzogenda dutanze abasinziriye mu rupfu. 16 Kuko Umukama ubwiwe azomanuka avuye mw’ijuru n’akamo k’ugutegeka, n’ijwi ry’umumarayika mukuru+ be n’urumbete rw’Imana, maze abapfuye bunze ubumwe na Kristu bazuke ubwa mbere+. 17 Mu nyuma twebwe abazima tuzoba tukiriho, tuzojanwa mu bicu+ hamwe na bo gusanganira Umukama+ mu kirere. Gutyo tuzokwama turi kumwe n’Umukama+. 18 Nimugume rero muhozanya mubwirana ayo majambo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika