ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 23
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • «Yehova ni Umwungere wanje»

        • «Nta na kimwe nzobura» (1)

        • «Arangarurira agatege» (3)

        • «Igikombe canje kiruzuye neza» (5)

Zaburi 23:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:1; Yr 23:3; Ezk 34:12; 1Pt 2:25
  • +Zb 34:9; 84:11; Mt 6:33; Fp 4:19; Heb 13:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2022, rup. 3-4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2011, rup. 31

    1/6/2009, rup. 29

    1/11/2005, rup. 16-17

Zaburi 23:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «anjana iruhande y’amazi atekanye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 34:13, 14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 17-18

    15/9/2002, rup. 32

Zaburi 23:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:7; 51:12
  • +Zb 31:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 24

    1/11/2005, rup. 17-18

Zaburi 23:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu mubande.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:17
  • +Zb 3:6; 27:1; Yes 41:10
  • +Yes 43:2; Rm 8:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 18-19

Zaburi 23:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:26; 31:19
  • +Lk 7:46; Yak 5:14
  • +Zb 16:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 20

Zaburi 23:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ukumera neza.»

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:17
  • +Zb 15:1-5; 27:4; 65:4; 122:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 23:1Zb 80:1; Yr 23:3; Ezk 34:12; 1Pt 2:25
Zab. 23:1Zb 34:9; 84:11; Mt 6:33; Fp 4:19; Heb 13:5
Zab. 23:2Ezk 34:13, 14
Zab. 23:3Zb 19:7; 51:12
Zab. 23:3Zb 31:3
Zab. 23:4Yb 38:17
Zab. 23:4Zb 3:6; 27:1; Yes 41:10
Zab. 23:4Yes 43:2; Rm 8:31
Zab. 23:5Zb 22:26; 31:19
Zab. 23:5Lk 7:46; Yak 5:14
Zab. 23:5Zb 16:5
Zab. 23:6Zb 103:17
Zab. 23:6Zb 15:1-5; 27:4; 65:4; 122:1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 23:1-6

Zaburi

Ni zaburi ya Dawidi.

23 Yehova ni Umwungere wanje+.

Nta na kimwe nzobura+.

 2 Amvyagiza mu buragiro bwuzuyemwo ubwatsi,

akanjana ahantu ho kuruhukira havomerewe neza*+.

 3 Arangarurira agatege+.

Ancisha mu nzira y’ubugororotsi ku bw’izina ryiwe+.

 4 Naho noca mu mwonga* w’umwiza w’umuzitanya+,

nta kibi na kimwe nzotinya+,

kuko uri kumwe nanje+.

Inkoni yawe n’ikibando cawe birampumuriza.

 5 Untegurira imeza imbere y’abansi banje+.

Amavuta yawe araruhurira umutwe wanje+.

Igikombe canje kiruzuye neza+.

 6 Emwe, nzokwinovora ubuntu* bwawe n’urukundo* rwawe igihe cose nzoba nkiriho+,

kandi nzokwibera mu nzu ya Yehova ubuzima bwanje bwose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika