ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abafilipi: ibirimwo

      • Ubumwe, kunezerwa, kwiyumvira ibintu vyiza (1-9)

        • Ntimwiganyire ku kintu na kimwe (6, 7)

      • Pawulo ashima ivyo Abafilipi bamuhaye (10-20)

      • Indamutso za nyuma (21-23)

Abafilipi 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 2:19
  • +Fp 1:27

Abafilipi 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 15:5, 6; 1Kr 1:10; 2Kr 13:11; Fp 2:2; 1Pt 3:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2019, rup. 9-10

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2016, rup. 14-15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2003, rup. 20

    1/11/1999, rup. 11-12

    Urashobora Kubaho, rup. 232-233

Abafilipi 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «uwo dusangiye ingogo w’ukuri.» Raba Insiguro y’amajambo (Ingogo).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:28; Lk 10:20

Abafilipi 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 64:10; 1Ts 5:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2011, rup. 20

    1/7/2009, rup. 12

    15/7/2008, rup. 29

Abafilipi 4:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bakora ibitegereka», «batumira ku vyiyumviro vyabo», «batarenza urugero.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Tt 3:2; Yak 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 29-30

    Niwiyegereze, rup. 224

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2009, rup. 12

    15/7/2008, rup. 29

    15/3/2008, rup. 3

    1/11/2006, rup. 6-7

    1/12/1998, rup. 26-27

Abafilipi 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 6:25; Lk 12:22
  • +Yoh 16:23; Rm 12:12; 1Pt 5:6, 7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 9

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2020, rup. 21-22

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    6/2019, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2017, rup. 10-11

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2009, rup. 3-4

    1/7/2009, rup. 12

    15/3/2008, rup. 13-14

    1/9/2006, rup. 27, 28-29

    1/2/1999, rup. 16

Abafilipi 4:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubwenge bwanyu», «ivyiyumviro vyanyu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 16:33; Rm 5:1
  • +Kl 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 9

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2019, rup. 8, 13

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2018, rup. 28

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2017, rup. 8-12

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2009, rup. 10-12

    15/3/2008, rup. 13-14

Abafilipi 4:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuzirikana.»

  • *

    Canke «ibityoroye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 41

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 83-84

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 71-72

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2003, rup. 11-13

Abafilipi 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2005, rup. 24-25

Abafilipi 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 11:8, 9

Abafilipi 4:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuba umuntu yikwije.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 6:6, 8; Heb 13:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2003, rup. 8-11

Abafilipi 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 4:11; 2Kr 6:4, 10; 11:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2003, rup. 8-11

    1/7/2001, rup. 7

Abafilipi 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:29; 2Kr 4:7; 12:9, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 20

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 40

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2001, rup. 7

Abafilipi 4:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ryifatanije nanje mu vyo gutanga no guhabwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 11:8, 9

Abafilipi 4:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ubutunzi mu vy’Imana.

Abafilipi 4:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:25
  • +Kv 29:18

Abafilipi 4:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 9:8

Abafilipi 4:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 1:12, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2013, rup. 16

    1/3/2011, rup. 23

    1/12/1998, rup. 24

Abafilipi 4:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2012, rup. 18

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Flp. 4:11Ts 2:19
Flp. 4:1Fp 1:27
Flp. 4:2Rm 15:5, 6; 1Kr 1:10; 2Kr 13:11; Fp 2:2; 1Pt 3:8
Flp. 4:3Zb 69:28; Lk 10:20
Flp. 4:4Zb 64:10; 1Ts 5:16
Flp. 4:5Tt 3:2; Yak 3:17
Flp. 4:6Mt 6:25; Lk 12:22
Flp. 4:6Yoh 16:23; Rm 12:12; 1Pt 5:6, 7
Flp. 4:7Yoh 16:33; Rm 5:1
Flp. 4:7Kl 3:15
Flp. 4:8Kl 3:2
Flp. 4:9Fp 3:17
Flp. 4:102Kr 11:8, 9
Flp. 4:111Tm 6:6, 8; Heb 13:5
Flp. 4:121Kr 4:11; 2Kr 6:4, 10; 11:27
Flp. 4:13Yes 40:29; 2Kr 4:7; 12:9, 10
Flp. 4:152Kr 11:8, 9
Flp. 4:18Fp 2:25
Flp. 4:18Kv 29:18
Flp. 4:192Kr 9:8
Flp. 4:22Fp 1:12, 13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abafilipi 4:1-23

Abafilipi

4 Nuko rero bavukanyi nkunda kandi nkumbuye, mwebwe munezero wanje n’urugori rwanje+, nimuhagarare mushikamye+ gutyo mu Mukama, bakundwa.

2 Ndahimiriza Evodi na Sentike ngo biyumvire kumwe mu Mukama+. 3 Emwe, na wewe mukozi mugenzanje w’umwizigirwa*, ndagusavye ubandanye gufasha abo bagore. Barafadikanije nanje kurwanira inkuru nziza, bo hamwe na Kelema be n’abandi bakozi bagenzanje. Amazina yabo ari mu gitabu c’ubuzima+.

4 Mwame munezerwa kubera Umukama. Ndongeye kubivuga, nimunezerwe+! 5 Bose nibabone ko muri abantu batadadaza*+. Umukama ari hafi. 6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+. Ahubwo mu bihe vyose, ivyo mukeneye gusaba mubimenyeshe Imana mu gusenga, mu gutakamba no mu gukenguruka+. 7 Maze amahoro+ y’Imana arengeye ugutahura kwose azorinda imitima yanyu+ n’ububasha bwanyu bwo kwiyumvira* biciye kuri Kristu Yezu.

8 Ubwa nyuma bavukanyi, nimubandanye kwiyumvira* ibintu vy’ukuri vyose, ibihambaye vyose, ibigororotse vyose, ibitanduye* vyose, ivyo gukundwa vyose, ibivugwa neza vyose, ibijanye n’ingeso nziza vyose n’ibibereye gushimagizwa vyose+. 9 Ivyo mwize, mwemeye kandi mwumvise biciye kuri jewe n’ivyo mwambonyeko, bibe ari vyo muguma mukora+. Maze ya Mana y’amahoro izobana namwe.

10 Ndanezerewe rwose mu Mukama kubona mugiye mwasubira kunyitwararika+. Mwahora munyitwararika mugabo mukabura akaryo ko kuvyerekana. 11 Sindiko ndabivugishwa n’ubukene, kuko nize kubumbwa n’ivyo mfise* mu bihe vyose+. 12 Ndazi kugira bike+ no kugira umurengera. Mu bintu vyose no mu bihe vyose, narize akabanga ko guhaga no gusonza, ko kugira umurengera no kubaho ata co mfise. 13 Muri vyose, ndonka inkomezi biciye kuri umwe ampa ububasha+.

14 Ariko ntimwumve, mwaragize neza kumfasha mu makuba yanje. 15 Nkako, mwebwe Abafilipi murazi kandi yuko igihe nava i Masedwane aho mumariye kwumva inkuru nziza ari bwo bwa mbere, ata shengero na rimwe ryamfashe mu mugongo* atari mwebwe gusa+. 16 Igihe nari i Tesalonika mwarandungikiye ivyo nkeneye, atari rimwe gusa ahubwo kabiri kose. 17 Sindiko ndondera ko hagira ico mumpa, ahubwo ndondera ivyongerereza ubutunzi bwanyu*. 18 Ariko ndafise ivyo nkeneye vyose mbere n’ibirenze. Ubu nta co mbuze ko Epafurodito+ yampaye ivyo mwandungikiye. Bimeze nk’akamoto keza+, ikimazi cemerwa, gihimbara Imana. 19 Imana yanje na yo izobaronsa ivyo mukeneye vyose+ ntihagire ico mubura, ikoresheje ubutunzi bwayo bw’agatangaza, biciye kuri Kristu Yezu. 20 Imana yacu rero ari yo Data ininahazwe gushika ibihe bidahera. Amen.

21 Mundamukirize aberanda bose bunze ubumwe na Kristu Yezu. Abavukanyi bari kumwe nanje barabaramutsa. 22 Aberanda bose, canecane abo mu rugo kwa Sezari+, barabaramutsa.

23 Ubuntu buhebuje* bw’Umukama Yezu Kristu bubane namwe kubera umutima mwerekana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika