ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Mariko: ibirimwo

      • Ikigereranyo c’abarimyi b’abicanyi (1-12)

      • Imana na Sezari (13-17)

      • Ikibazo ku bijanye n’izuka (18-27)

      • Amabwirizwa abiri aruta ayandi yose (28-34)

      • Kristu yoba ari mwene Dawidi? (35-37a)

      • Yezu agabisha abantu ku bijanye n’abanditsi (37b-40)

      • Uduceri tubiri tw’umupfakazi w’umukene (41-44)

Mariko 12:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «awukotesha.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:7
  • +Yes 5:2
  • +Mt 21:33-41; Lk 20:9-16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 246

Mariko 12:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 246-247

Mariko 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:32, 37

Mariko 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:7; Gl 4:4; 1Yh 4:9

Mariko 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:8; Heb 1:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 246-247

Mariko 12:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:23

Mariko 12:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 21:41, 43

Mariko 12:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «umutwe w’imfuruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 21:42; Lk 20:17; Ivk 4:10, 11; Ef 2:20; 1Pt 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 246-247

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 12-13

Mariko 12:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 118:22, 23

Mariko 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 21:45, 46; Lk 20:19

Mariko 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:15-22; Lk 20:20-26

Mariko 12:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bibereye.»

  • *

    Canke «ikori ry’umutwe.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 250

Mariko 12:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya B14.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 250

Mariko 12:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nimubisubize.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:7; Tt 3:1; 1Pt 2:13
  • +Mal 3:8; Mt 22:21; Lk 20:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 45

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 62-63

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 53

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2011, rup. 22-23

    1/7/2011, rup. 29

Mariko 12:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:8
  • +Mt 22:23-28; Lk 20:27-33

Mariko 12:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 38:7, 8; Gus 25:5, 6

Mariko 12:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:29

Mariko 12:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:30; Lk 20:34-36

Mariko 12:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:2, 6; Mt 22:31; Lk 20:37

Mariko 12:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:32; Lk 20:38

Mariko 12:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «rihambaye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:34-36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2013, rup. 13

Mariko 12:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Mariko 12:30

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:4, 5; Yos 22:5; Mt 22:37; Lk 10:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 46

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2015, rup. 23-24

    1/3/2013, rup. 13

    1/3/2004, rup. 20-21

    Niwiyegereze, rup. 104-105

Mariko 12:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:18; Mt 22:39, 40; Rm 13:9; Gl 5:14; Yak 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 18

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2013, rup. 13

Mariko 12:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:39; 6:4; Yes 45:21

Mariko 12:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:5; 1Sm 15:22; Hs 6:6

Mariko 12:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:46

Mariko 12:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:42-45; Lk 20:41-44; Yoh 7:42

Mariko 12:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 23:2; 2Tm 3:16; 2Pt 1:21
  • +Zb 110:1; Ivk 2:34, 35; 1Kr 15:25; Heb 1:13

Mariko 12:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:3; Ivh 22:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 252

Mariko 12:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 20:45-47

Mariko 12:39

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «vyizavyiza.»

  • *

    Canke «ku mfungurwa zo ku mugoroba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 23:6, 7; Lk 11:43

Mariko 12:40

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «barotsa amazu y’abapfakazi.»

  • *

    Canke «ruremereye.»

Mariko 12:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 12:9
  • +Lk 21:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2021, rup. 6

Mariko 12:42

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «leputoni zibiri, ari yo kwadarani.» Raba Inyongera ya B14.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 21:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2021, rup. 6

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    5/2018, rup. 5

    Niwiyegereze, rup. 185

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2011, rup. 26

    1/3/2008, rup. 12

    1/11/1997, rup. 12-13

Mariko 12:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 21:3; 2Kr 8:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2021, rup. 6

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    5/2018, rup. 5

    Niwiyegereze, rup. 184-185

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/1997, rup. 13

Mariko 12:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 21:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2021, rup. 6

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    5/2018, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/1997, rup. 13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mrk. 12:1Yes 5:7
Mrk. 12:1Yes 5:2
Mrk. 12:1Mt 21:33-41; Lk 20:9-16
Mrk. 12:4Heb 11:32, 37
Mrk. 12:6Zb 2:7; Gl 4:4; 1Yh 4:9
Mrk. 12:7Zb 2:8; Heb 1:2
Mrk. 12:8Ivk 2:23
Mrk. 12:9Mt 21:41, 43
Mrk. 12:10Mt 21:42; Lk 20:17; Ivk 4:10, 11; Ef 2:20; 1Pt 2:7
Mrk. 12:11Zb 118:22, 23
Mrk. 12:12Mt 21:45, 46; Lk 20:19
Mrk. 12:13Mt 22:15-22; Lk 20:20-26
Mrk. 12:17Rm 13:7; Tt 3:1; 1Pt 2:13
Mrk. 12:17Mal 3:8; Mt 22:21; Lk 20:25
Mrk. 12:18Ivk 23:8
Mrk. 12:18Mt 22:23-28; Lk 20:27-33
Mrk. 12:19It 38:7, 8; Gus 25:5, 6
Mrk. 12:24Mt 22:29
Mrk. 12:25Mt 22:30; Lk 20:34-36
Mrk. 12:26Kv 3:2, 6; Mt 22:31; Lk 20:37
Mrk. 12:27Mt 22:32; Lk 20:38
Mrk. 12:28Mt 22:34-36
Mrk. 12:30Gus 6:4, 5; Yos 22:5; Mt 22:37; Lk 10:27
Mrk. 12:31Lw 19:18; Mt 22:39, 40; Rm 13:9; Gl 5:14; Yak 2:8
Mrk. 12:32Gus 4:39; 6:4; Yes 45:21
Mrk. 12:33Gus 6:5; 1Sm 15:22; Hs 6:6
Mrk. 12:34Mt 22:46
Mrk. 12:35Mt 22:42-45; Lk 20:41-44; Yoh 7:42
Mrk. 12:362Sm 23:2; 2Tm 3:16; 2Pt 1:21
Mrk. 12:36Zb 110:1; Ivk 2:34, 35; 1Kr 15:25; Heb 1:13
Mrk. 12:37Rm 1:3; Ivh 22:16
Mrk. 12:38Lk 20:45-47
Mrk. 12:39Mt 23:6, 7; Lk 11:43
Mrk. 12:412Bm 12:9
Mrk. 12:41Lk 21:1
Mrk. 12:42Lk 21:2
Mrk. 12:43Lk 21:3; 2Kr 8:12
Mrk. 12:44Lk 21:4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Mariko 12:1-44

Mariko

12 Nuko atangura kubabwira mu bigereranyo ati: «Umuntu umwe yarateye umurima w’imizabibu+ hanyuma awukikuza uruzitiro. Yarimvye kandi ikinogo baganiramwo umuvinyu, yubaka n’umunara+. Uwo murima yaciye awusigira* abarimyi, maze afata urugendo aja mu mahanga+. 2 Igihe kigeze, atuma umushumba kuri ba barimyi ngo amutorere umwimbu w’imizabibu. 3 Mugabo baramufata, baramukubita maze bamurungika iminwe misa. 4 Asubira kubarungikira uwundi mushumba, na we nyene baramukubita mu mutwe bongera baramumaramaza+. 5 Yongera gutuma n’uwundi, uwo na we baramwica. Atuma n’abandi benshi, mugabo bamwe barabakubita, abandi na bo barabica. 6 Yari afise kandi umwana umwe akunda cane+. Araheza amurungika ubwa nyuma, avuga ati: “Bazokwubaha umwana wanje.” 7 Ariko ba barimyi baca bavugana bati: “Uyu ni we samuragwa+. Ingo tumwice, maze intoranwa izoca iba rwacu.” 8 Baca baramufata baramwica, bamuterera inyuma ya wa murima w’imizabibu+. 9 None nyene umurima azokora iki? Azoza yice abo barimyi, uwo murima ace awuha abandi+. 10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? 11 Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”»

12 Baca bashaka kumufata, ariko batinya isinzi ry’abantu kuko bari bamenye ko ari bo yariko aravuga mu gutanga ico kigereranyo. Nuko baramureka baragenda+.

13 Hanyuma bamurungikira Abafarizayo bamwebamwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi, kugira bamufatire mu vyo avuga+. 14 Bashitse, bamubwira bati: «Mwigisha, turazi ko uri imvugakuri be n’uko utarondera gushimwa n’abantu, kuko udakangwa n’ingene baboneka inyuma, ahubwo wigisha inzira y’Imana mu kuri. Vyoba vyemewe* kuriha ikori* Sezari canke ntivyemewe? 15 Turihe canke ntiturihe?» Amenya ubwiyorobetsi bwabo, aca ababwira ati: «Kubera iki mungeza? Nzanira idenariyo* ndabe.» 16 Baca bamuzanira imwe. Aca ababaza ati: «Iyi shusho n’ibi vyandiko ni ivya nde?» Na bo bati: «Ni ivya Sezari.» 17 Yezu aca ababwira ati: «Ivya Sezari nimubihe* Sezari+, ariko ivy’Imana mubihe Imana+.» Baca baramutangarira cane.

18 Maze Abasadukayo, bamwe bavuga ko ata zuka ririho+, baza aho ari maze bamubaza bati+: 19 «Mwigisha, Musa yatwandikiye ko umugabo niyapfa agasiga umugore mugabo ntasige umwana, mwenewabo akwiye guca acura uwo mugore kugira avyarire abana mwenewabo yapfuye+. 20 Habayeho rero abahungu indwi bavukana. Uwa mbere yararongoye, ariko apfa ata kana asize. 21 Uwa kabiri yaracuye uwo mupfakazi, ariko na we nyene apfa ata kana asize. N’uwa gatatu vyagenze ukwo nyene. 22 Abo bose indwi bapfuye ata kana basize. Inyuma ya bose, nya mugore na we nyene yarapfuye. 23 None mw’izuka azoba umugore wa nde, ko yabaye umugore wabo bose uko ari indwi?» 24 Yezu abishura ati: «None si co gituma mwazimiye, kuko mutazi Ivyanditswe canke ububasha bw’Imana+? 25 Erega mu gihe c’izuka, abagabo ntibazorongora canke ngo abagore barongorwe, ahubwo bazoba bameze nk’abamarayika mw’ijuru+. 26 Mugabo ku bijanye n’uko abapfuye bazurwa, mbega ntimwasomye mu gitabu ca Musa, muri ya nkuru y’igisaka c’amahwa, ko Imana yamubwiye iti: “Ndi Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+”? 27 Si Imana y’abapfuye, ahubwo ni iy’abazima. Mwarazimiye cane+.»

28 Hari umwanditsi umwe yari ng’aho kandi yari yumvise ingene baharira. Abonye ko Yezu abishuye neza, aca amubaza ati: «Ibwirizwa rya mbere* muri yose ni irihe+?» 29 Yezu amwishura ati: «Irya mbere ni iri: “Umviriza ewe Isirayeli: Yehova* Imana yacu ni Yehova umwe, 30 kandi utegerezwa gukunda Yehova* Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose, n’ubwenge bwawe bwose, n’inkomezi zawe zose+.” 31 Irya kabiri ni iri: “Utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+.” Nta rindi bwirizwa risumba ayo.» 32 Wa mwanditsi amwishura ati: «Mwigisha, uvuze neza kandi birahuye n’ukuri: “Ni umwe, kandi nta wundi ariho atari we+.” 33 Kandi kumukunda n’umutima wose, n’ubwenge bwose, n’inkomezi zose be no gukunda mugenzawe nk’uko wikunda, birahambaye kuruta amashikanwa yose aturirwa uko yakabaye n’ibimazi vyose+.» 34 Yezu abonye ko yishuranye ubwenge, aca amubwira ati: «Nturi kure y’Ubwami bw’Imana.» Nta n’umwe yasubiye kwubahuka kumubaza ikibazo+.

35 Ariko Yezu abandanya kwigisha mu rusengero ati: «Kubera iki abanditsi bavuga ko Kristu ari mwene Dawidi+? 36 Biciye ku mpwemu nyeranda+, Dawidi yivugiye ati: “Yehova* yabwiye Umukama wanje ati: ‘Icara iburyo bwanje, gushika nshize abansi bawe munsi y’ibirenge vyawe+.’” 37 Dawidi ubwiwe amwita Umukama, none aba umwana wiwe gute+?»

Isinzi ry’abantu ryari ng’aho ryariko riramwumviriza rinezerewe. 38 Abandanya kwigisha ati: «Mwiyubare abanditsi bakunda kugenda bambaye amakanzu kandi bagakunda ko abantu babaramutsa mw’isoko+. 39 Bakunda kandi kwicara mu bibanza vy’imbere* mu masinagogi no mu bibanza vy’iteka ku nzimano*+. 40 Banyaga abapfakazi utwabo* kandi bakavuga amasengesho maremare kugira biyerekane. Bazocirwa urubanza rukomeye* cane.»

41 Hanyuma yicara aho abona udusandugu tw’amashikanwa+, atangura kwihweza ingene isinzi ry’abantu bakororerayo amahera. Abatunzi benshi bariko bakororerayo ibiceri vyinshi+. 42 Haza umupfakazi w’umukene, akororerayo uduceri tubiri tw’agaciro gatoyi cane*+. 43 Yezu aca ahamagara abigishwa biwe, ababwira ati: «Ni ukuri, ndababwiye ko uyu mupfakazi w’umukene yashize mu gasandugu vyinshi kuruta ivyo abandi bose bashizeyo+. 44 Kuko abandi bose bashizeyo ibirenze ku vyo bafise, ariko we mu bukene bwiwe, yashizeyo ivyo yari afise vyose, ivyari kumubeshaho vyose+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika