ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 19
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe: ibirimwo

      • Shemeza Yehova kubera imanza ziwe (1-10)

        • Ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama (7-9)

      • Uwicaye kw’ifarasi yera (11-16)

      • Inzimano nyinshi Imana yateguye (17, 18)

      • Ca gikoko gitsindwa (19-21)

Ivyahishuwe 19:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «haleluya!» Mu kigiriki havuga ngo «shemeza Ya!» «Ya» ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 150:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 272

Ivyahishuwe 19:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki ni porneia. Raba Insiguro y’amajambo.

  • *

    Canke «amaraso y’abashumba bayo ari ku maboko yiwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4; Zb 19:9; Ivh 15:3
  • +Gus 32:43; 2Bm 9:7; Zb 79:10; Ivh 18:20, 24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 272

    Bibiliya (bi12), rup. 1939, 1947-1948

Ivyahishuwe 19:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «haleluya!» Mu kigiriki havuga ngo «shemeza Ya!» «Ya» ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 117:1
  • +Yes 34:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 272-273

Ivyahishuwe 19:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «haleluya!» Mu kigiriki havuga ngo «shemeza Ya!» «Ya» ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 4:4
  • +Ivh 4:6
  • +Zb 106:48

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 273-274

Ivyahishuwe 19:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 134:1; 135:1
  • +Zb 115:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 274

Ivyahishuwe 19:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «haleluya!» Mu kigiriki havuga ngo «shemeza Ya!» «Ya» ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 113:1
  • +Kv 6:3
  • +Zb 97:1; Yes 52:7; Ivh 11:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 274-275

Ivyahishuwe 19:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2014, rup. 22

    15/2/2014, rup. 8-12

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 276-277

Ivyahishuwe 19:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:10; Ef 5:25-27; Ivh 14:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 276

Ivyahishuwe 19:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku mfungurwa zo ku mugoroba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:2; 25:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 19

    15/2/2014, rup. 10-11

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 72, 277-278

Ivyahishuwe 19:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nca nikubita.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:25, 26; Ivh 22:8, 9
  • +Mt 28:19, 20; Ivk 1:8
  • +Mt 4:10; Yoh 4:23
  • +Lk 24:27; Ivk 10:43; 1Pt 1:10, 11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2009, rup. 5

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 278-279

    Imizimu, rup. 33

Ivyahishuwe 19:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 6:2
  • +Ivh 1:5
  • +Yoh 1:14; Ivh 3:14
  • +Yes 11:4, 5; Heb 1:8, 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 280

Ivyahishuwe 19:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:13, 14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 5

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 65, 280-281

Ivyahishuwe 19:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «imijagiyeko.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 281

Ivyahishuwe 19:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2014, rup. 6-7

    15/2/2009, rup. 5

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 281

Ivyahishuwe 19:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 2:8; Ivh 1:13, 16
  • +Zb 2:9; Ivh 2:26, 27
  • +Yw 3:13; Ivh 14:19, 20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 282-284

Ivyahishuwe 19:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:18; Fp 2:9-11; 1Tm 6:15; Ivh 17:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 284

Ivyahishuwe 19:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «hagati mu kirere», «hejuru y’umutwe.»

  • *

    Canke «ku mfungurwa zo ku mugoroba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 39:4, 17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 284-285

Ivyahishuwe 19:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iz’abakomanda.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 39:18
  • +Ezk 39:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 13, 284-285

Ivyahishuwe 19:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:14, 16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2020, rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 29

    15/3/2007, rup. 4

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 285

Ivyahishuwe 19:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba akajambo k’epfo mu Ivh 9:17.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:13
  • +Ivh 13:16, 17
  • +Ivh 13:15
  • +Mt 10:28; 2Pt 2:6; Yud 7; Ivh 20:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya, ikiganiro 76

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 285-286

Ivyahishuwe 19:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 2:16; 6:2
  • +Ezk 39:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 285-286

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 19:1Zb 150:6
Ivyah. 19:2Gus 32:4; Zb 19:9; Ivh 15:3
Ivyah. 19:2Gus 32:43; 2Bm 9:7; Zb 79:10; Ivh 18:20, 24
Ivyah. 19:3Zb 117:1
Ivyah. 19:3Yes 34:10
Ivyah. 19:4Ivh 4:4
Ivyah. 19:4Ivh 4:6
Ivyah. 19:4Zb 106:48
Ivyah. 19:5Zb 134:1; 135:1
Ivyah. 19:5Zb 115:13
Ivyah. 19:6Zb 113:1
Ivyah. 19:6Kv 6:3
Ivyah. 19:6Zb 97:1; Yes 52:7; Ivh 11:15
Ivyah. 19:8Yes 61:10; Ef 5:25-27; Ivh 14:4
Ivyah. 19:9Mt 22:2; 25:10
Ivyah. 19:10Ivk 10:25, 26; Ivh 22:8, 9
Ivyah. 19:10Mt 28:19, 20; Ivk 1:8
Ivyah. 19:10Mt 4:10; Yoh 4:23
Ivyah. 19:10Lk 24:27; Ivk 10:43; 1Pt 1:10, 11
Ivyah. 19:11Ivh 6:2
Ivyah. 19:11Ivh 1:5
Ivyah. 19:11Yoh 1:14; Ivh 3:14
Ivyah. 19:11Yes 11:4, 5; Heb 1:8, 9
Ivyah. 19:12Ivh 1:13, 14
Ivyah. 19:13Yoh 1:1
Ivyah. 19:152Ts 2:8; Ivh 1:13, 16
Ivyah. 19:15Zb 2:9; Ivh 2:26, 27
Ivyah. 19:15Yw 3:13; Ivh 14:19, 20
Ivyah. 19:16Mt 28:18; Fp 2:9-11; 1Tm 6:15; Ivh 17:14
Ivyah. 19:17Ezk 39:4, 17
Ivyah. 19:18Ezk 39:18
Ivyah. 19:18Ezk 39:20
Ivyah. 19:19Ivh 16:14, 16
Ivyah. 19:20Ivh 16:13
Ivyah. 19:20Ivh 13:16, 17
Ivyah. 19:20Ivh 13:15
Ivyah. 19:20Mt 10:28; 2Pt 2:6; Yud 7; Ivh 20:14
Ivyah. 19:21Ivh 2:16; 6:2
Ivyah. 19:21Ezk 39:4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyahishuwe 19:1-21

Ivyahishuriwe Yohani

19 Inyuma y’ivyo, numva ikintu kimeze nk’ijwi rirenga ry’isinzi rinini riri mw’ijuru, rivuga riti: «Shemeza Yehova*+! Ubukiriro, ubuninahazwa n’ububasha ni ivy’Imana yacu, 2 kuko imanza zayo ari iz’ukuri kandi ziragororotse+. Yarashikije urubanza yaciriye wa mumaraya akomeye, umwe yonona isi akoresheje ubusambanyi* bwiwe, kandi yarahoye amaraso y’abashumba bayo uwo mumaraya yavishije*+.» 3 Ubwo nyene iryo sinzi rica rivuga ubugira kabiri riti: «Shemeza Yehova*+! Kuko umwotsi wa wa mumaraya uguma uduga gushika ibihe bidahera+.»

4 Ba bakurambere 24+ na vya binyabuzima bine+ bica birapfukama, maze bisenga Imana yicaye kuri ya ntebe y’ubwami, bivuga biti: «Amen! Shemeza Yehova*+!»

5 Hanyuma ijwi rivuye kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: «Nimushemeze Imana yacu, mwebwe mwese abashumba bayo+ muyitinya, abato n’abahambaye+.»

6 Maze numva ijwi rimeze nk’iry’isinzi rinini, nk’iry’amazi menshi, nk’iry’imituragaro ikomeye, rivuga riti: «Shemeza Yehova*+, kuko Yehova* Imana yacu Mushoboravyose+ yatanguye kuganza+. 7 Nimuze tunezerwe, duhimbarwe cane! Nimuze tumuninahaze, kuko ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama bwageze, kandi umugore wiwe yiteguye. 8 Egome, yaratewe iteka ryo kwambara impuzu y’ilino* nziza, yakaka kandi isukuye, kuko iyo mpuzu y’ilino nziza igereranya ibikorwa bigororotse vy’aberanda+.»

9 Aca ambwira ati: «Andika uti: hahiriwe abatumiwe ku nzimano* y’ubugeni bwa wa Mwagazi w’intama+.» Yongerako ati: «Ayo ni amajambo y’Imana, kandi ni ay’ukuri.» 10 Nca ndapfukama* imbere y’ibirenge vyiwe kugira ndamusenge. Ariko aca ambwira ati: «Uragaba! Ntukore ivyo+! Ndi umushumba mugenzawe gusa n’umushumba mugenzi wa benewanyu bafise igikorwa co gushingira intahe Yezu+. Nusenge Imana+! Kuko ubuhanuzi bufise intumbero yo gushingira intahe Yezu+.»

11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, nca mbona n’ifarasi yera+. Uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+. 12 Amaso yiwe ni urubeya rw’umuriro+, kandi yambaye ingori nyinshi ku mutwe. Afise izina ryanditswe kuri we ata wundi arizi kiretse we. 13 Yambaye impuzu iriko* amaraso, kandi yitwa Jambo+ w’Imana. 14 Vyongeye, ingabo zo mw’ijuru zariko ziramukurikira ziri ku mafarasi yera, zambaye impuzu z’ilino nziza, zera kandi zisukuye. 15 Mu kanwa kiwe hariko havayo inkota ndende ikarishe+ kugira ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Vyongeye, ni we aganira mu ruganiro umuvinyu w’ishavu rikaze ry’Imana Mushoboravyose+. 16 Ku mpuzu yiwe, emwe kw’itako ryiwe, hari izina ryanditswe ngo: Umwami w’abami n’Umukama w’abakama+.

17 Mbona kandi umumarayika ahagaze mu zuba, maze asemerera n’ijwi rirenga abwira inyoni zose ziguruka mu kirere* ati: «Nimuze mukoranire ku nzimano* nyinshi Imana yabateguriye+, 18 kugira murye inyama z’abami, iz’abakuru mu gisirikare*, iz’abantu bakomakomeye+, iz’amafarasi n’abayagenderako+, emwe murye inyama z’abantu bose, iz’abidegemvya n’abashumba, iz’abantu batobato n’abahambaye.»

19 Maze mbona ca gikoko n’abami b’isi n’ingabo zabo bikoraniye hamwe kugira birwanye umwe yicaye kuri ya farasi n’ingabo ziwe+. 20 Ca gikoko gica kirafatwa, hamwe na wa muhanuzi w’ikinyoma+ yahora akorera ibimenyetso imbere yaco kugira azimize abashizweko ikimenyetso c’ico gikoko+ n’abasenga ishusho yaco+. Vyose uko ari bibiri bica bitererwa mu kiyaga caka umuriro n’amazuku*, bikiri bizima+. 21 Ariko abasigaye bose, bicwa na ya nkota ndende iva mu kanwa k’umwe yicaye kuri ya farasi+. Inyoni zose ziraheza zihaga inyama zabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika