ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abatesalonika 3
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abatesalonika: ibirimwo

      • Mubandanye gusenga (1-5)

      • Kwirinda abigenza mu buryo butabereye (6-15)

      • Amajambo yo gusozera (16-18)

2 Abatesalonika 3:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 15:30; 1Ts 5:25; Heb 13:18
  • +Ivk 19:20; 1Ts 1:8

2 Abatesalonika 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 25:4
  • +Ivk 28:24; Rm 10:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2009, rup. 8

    1/6/1998, rup. 10

2 Abatesalonika 3:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 5:3
  • +Lk 21:19; Rm 5:3

2 Abatesalonika 3:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «umugenzo twabahaye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 5:14
  • +1Kr 11:2; 2Ts 2:15; 3:14

2 Abatesalonika 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 4:16; 1Ts 1:6

2 Abatesalonika 3:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ata co turishe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:34
  • +Ivk 18:3; 1Kr 9:14, 15; 2Kr 11:9; 1Ts 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 5

2 Abatesalonika 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:9, 10; 1Kr 9:6, 7
  • +1Kr 11:1; Fp 3:17

2 Abatesalonika 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 4:11, 12; 1Tm 5:8

2 Abatesalonika 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 5:14
  • +1Tm 5:13; 1Pt 4:15

2 Abatesalonika 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:28

2 Abatesalonika 3:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mumushireko ikimenyetso.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 3:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 144-145

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2016, rup. 12

2 Abatesalonika 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2016, rup. 12

2 Abatesalonika 3:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:27

2 Abatesalonika 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 16:21; Kl 4:18

2 Abatesalonika 3:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Tes. 3:1Rm 15:30; 1Ts 5:25; Heb 13:18
2 Tes. 3:1Ivk 19:20; 1Ts 1:8
2 Tes. 3:2Yes 25:4
2 Tes. 3:2Ivk 28:24; Rm 10:16
2 Tes. 3:51Yh 5:3
2 Tes. 3:5Lk 21:19; Rm 5:3
2 Tes. 3:61Ts 5:14
2 Tes. 3:61Kr 11:2; 2Ts 2:15; 3:14
2 Tes. 3:71Kr 4:16; 1Ts 1:6
2 Tes. 3:8Ivk 20:34
2 Tes. 3:8Ivk 18:3; 1Kr 9:14, 15; 2Kr 11:9; 1Ts 2:9
2 Tes. 3:9Mt 10:9, 10; 1Kr 9:6, 7
2 Tes. 3:91Kr 11:1; Fp 3:17
2 Tes. 3:101Ts 4:11, 12; 1Tm 5:8
2 Tes. 3:111Ts 5:14
2 Tes. 3:111Tm 5:13; 1Pt 4:15
2 Tes. 3:12Ef 4:28
2 Tes. 3:142Ts 3:6
2 Tes. 3:151Ts 5:14
2 Tes. 3:16Yoh 14:27
2 Tes. 3:171Kr 16:21; Kl 4:18
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
2 Abatesalonika 3:1-18

Abatesalonika ba kabiri

3 Ubwa nyuma bavukanyi, mubandanye kudusengera+ ngo ijambo rya Yehova* rigume rikwiragira ningoga+ ryongera ryubahwa, nk’uko mubigira aho iwanyu. 2 Mudusengere kandi kugira ngo dukizwe abantu bakora ikibi kandi b’ababisha+, kuko ukwizera atari ikintu gifiswe na bose+. 3 Mugabo Umukama ni umwizigirwa, kandi azobakomeza yongere abarinde wa mubisha. 4 Vyongeye, turizigiye Umukama ku biberekeye yuko muriko murakora ivyo tubabwira kandi ko muzobandanya kubikora. 5 Umukama abandanye kuyobora neza imitima yanyu kugira ngo mukunde Imana+ mwongere mwihangane+ ku bwa Kristu.

6 Turabasavye rero bavukanyi, mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu, ngo mwitandukanye n’umuvukanyi wese yigenza mu buryo butabereye+, ntiyisunge ivyo twabigishije*+. 7 Mwebwe ubwanyu murazi ivyo mukwiye gukora ngo mutwigane+, kuko tutigenjeje mu buryo butabereye igihe twari iwanyu. 8 Eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu*+. Ahubwo riho, twarakora cane tukabira akuya ijoro n’umurango, kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemera tumusaba vyinshi+. 9 Si uko tutabifitiye ububasha+, ahubwo kwari ukugira ngo tubabere akarorero mwokwigana+. 10 N’igihe twari kumwe namwe twahora tubategeka duti: «Uwudashaka gukora, no kurya ntarye+.» 11 Kuko twumvise ko hari bamwe muri mwebwe bigenza mu buryo butabereye+, ntibakore namba, mugabo bakita mu bitabaraba+. 12 Mwene abo bantu turabategetse kandi turabahimirije mw’izina ry’Umukama Yezu Kristu ngo bakore batekereje kandi barye ivyo bakoreye+.

13 Nayo mwebwe bavukanyi, ntimuhebe gukora ivyiza. 14 Mugabo nimba hari uwudakurikiza ivyo tubabwiye muri iri kete, mumubeko maso* kandi mureke kwifatanya na we+ kugira ngo amaramare. 15 Yamara ntimumufate nk’umwansi, ahubwo mubandanye kumukebura+ nk’umuvukanyi.

16 Wa Mukama w’amahoro rero, we ubwiwe yame abaha amahoro mu buryo bwose+. Umukama abane namwe mwese.

17 Ng’iyi indamutso yanje jewe Pawulo nanditse n’ukuboko kwanje+, kikaba ari ikimenyetso kiranga amakete yanje yose. Ukwo ni ko nandika.

18 Ubuntu buhebuje* bw’Umukama wacu Yezu Kristu bubane namwe mwese.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika