ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 19
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Ivyo Imana yaremye n’amategeko yayo birashinga intahe

        • «Ijuru riratangaza ubuninahazwa bw’Imana» (1)

        • Itegeko ry’Imana rituma umuntu agarura agatege (7)

        • «Ibicumuro nakoze ntabizi» (12)

Zaburi 19:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:3, 4; Yes 40:22; Rm 1:20
  • +Zb 150:1; Ivh 4:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2004, rup. 10-11

    1/6/2004, rup. 10

    1/1/2004, rup. 8

Zaburi 19:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 10

Zaburi 19:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 10-11

Zaburi 19:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «ikamba yavyo yo gupimisha.»

  • *

    Canke «isi yimbuka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 10:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 10-11

    1/1/2004, rup. 8, 9-10

Zaburi 19:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 11

Zaburi 19:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 11

Zaburi 19:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:72
  • +Zb 23:3
  • +Zb 119:111, 129
  • +Img 1:5; 2Tm 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2000, rup. 22-23

Zaburi 19:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 24:9, 10
  • +Img 4:4; 6:23; Mt 6:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 41

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2000, rup. 22-23

Zaburi 19:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:12; Img 1:7; Mal 3:16
  • +Zb 119:137, 160; Ivh 16:7

Zaburi 19:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «zityoroye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:127; Img 8:10
  • +Zb 119:103; Img 16:24

Zaburi 19:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:11
  • +Zb 119:165

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 41

Zaburi 19:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 4:4

Zaburi 19:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibicumuro vyinshi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:6; Gus 17:12; 1Sm 15:23; 2Sm 6:7; 2Ng 26:16-18
  • +Zb 119:133
  • +Yes 38:3

Zaburi 19:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:3; 51:15; 143:5; Fp 4:8
  • +Zb 18:2
  • +Yb 19:25; Yes 43:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 19:1Zb 8:3, 4; Yes 40:22; Rm 1:20
Zab. 19:1Zb 150:1; Ivh 4:11
Zab. 19:4Rm 10:18
Zab. 19:6Zb 104:19
Zab. 19:7Zb 119:72
Zab. 19:7Zb 23:3
Zab. 19:7Zb 119:111, 129
Zab. 19:7Img 1:5; 2Tm 3:15
Zab. 19:82Ng 24:9, 10
Zab. 19:8Img 4:4; 6:23; Mt 6:22
Zab. 19:9Gus 10:12; Img 1:7; Mal 3:16
Zab. 19:9Zb 119:137, 160; Ivh 16:7
Zab. 19:10Zb 119:127; Img 8:10
Zab. 19:10Zb 119:103; Img 16:24
Zab. 19:11Zb 119:11
Zab. 19:11Zb 119:165
Zab. 19:121Kr 4:4
Zab. 19:13It 20:6; Gus 17:12; 1Sm 15:23; 2Sm 6:7; 2Ng 26:16-18
Zab. 19:13Zb 119:133
Zab. 19:13Yes 38:3
Zab. 19:14Zb 49:3; 51:15; 143:5; Fp 4:8
Zab. 19:14Zb 18:2
Zab. 19:14Yb 19:25; Yes 43:14
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 19:1-14

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi. Ni zaburi ya Dawidi.

19 Ijuru riratangaza ubuninahazwa bw’Imana+,

ikirere na co kikamenyesha ibikorwa vy’amaboko yayo+.

 2 Uko bukeye, ijwi ryavyo ridudubiza nk’amazi,

uko bwije na ho rigahishura ubumenyi.

 3 Nta rurimi canke amajambo bivuga.

Ijwi ryavyo ntiryumvikana.

 4 Ariko intahe* yavyo yarakwiragiye kw’isi yose.

Ubutumwa bwavyo bwarashitse ku mpera y’isi*+.

Imana yubakiye izuba ihema mw’ijuru.

 5 Rimeze nk’umukwe asohotse ava mu cumba ciwe,

rinezerwa nk’umugabo w’intwari ariko ariruka mu nzira.

 6 Riva ku mpera imwe y’ijuru

rikazunguruka gushika ku yindi mpera+.

Nta na kimwe kidashikirwa n’ubushuhe bwaryo.

 7 Itegeko rya Yehova riratunganye+, rituma umuntu agarura agatege+.

Ivyibutswa vya Yehova ni ivyo kwizigirwa+, bicisha ubwenge umuntu atazi utuntu n’utundi+.

 8 Ivyagezwe vya Yehova biragororotse, bituma umutima unezerwa+.

Amabwirizwa ya Yehova ntiyanduye, atuma amaso akayangana+.

 9 Ugutinya Yehova+ kuratyoroye, kwamaho ibihe vyose.

Imanza za Yehova ni iz’ukuri, zose ziragororotse+.

10 Ni ivyo kwipfuza kuruta inzahabu,

kuruta inzahabu nyinshi nzizanziza*+,

kandi birasosa kuruta ubuki+, ubuki butemba mu bimamara.

11 Umusavyi wawe yaburiwe na vyo+,

kandi kuvyubahiriza birimwo impera nyinshi+.

12 Ni nde yoshobora kumenya amakosa yiwe bwite+?

Numbabarire ibicumuro nakoze ntabizi.

13 Nurinde umusavyi wawe ibikorwa vy’ukwita imbere+.

Ntureke ngo binganze+.

Aho rero nzoheza mbe intungane+

kandi sinagirwe n’ibicumuro bikomeye*.

14 Ese amajambo yanje hamwe n’ivyo nzirikana

vyoguhimbara+, ewe Yehova Gitandara canje+ n’Umucunguzi wanje+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika