ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 43
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Imana ni umucamanza arokora

        • «Rungika umuco wawe n’ukuri kwawe» (3)

        • «Kubera iki nihebuye?» (5)

        • «Nzorindira Imana» (5)

Zaburi 43:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 26:1; 35:24
  • +Zb 35:1; Img 22:22, 23

Zaburi 43:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:7; 140:7
  • +Zb 42:9

Zaburi 43:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:11; Img 6:23
  • +Zb 5:8; 27:11; 143:10
  • +1Ng 16:1; Zb 78:68, 69

Zaburi 43:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 84:3
  • +2Sm 6:5

Zaburi 43:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:7
  • +Zb 42:5, 11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 43:1Zb 26:1; 35:24
Zab. 43:1Zb 35:1; Img 22:22, 23
Zab. 43:2Zb 28:7; 140:7
Zab. 43:2Zb 42:9
Zab. 43:3Zb 40:11; Img 6:23
Zab. 43:3Zb 5:8; 27:11; 143:10
Zab. 43:31Ng 16:1; Zb 78:68, 69
Zab. 43:4Zb 84:3
Zab. 43:42Sm 6:5
Zab. 43:5Zb 37:7
Zab. 43:5Zb 42:5, 11
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 43:1-5

Zaburi

43 Ewe Mana yanje, ncira urubanza+.

Nuburane urubanza rwanje+, uburanye ihanga ry’irihemu.

Nunkize umuntu w’umubeshi kandi atagororotse.

 2 Kuko uri Imana yanje, uruhome rwanje rukomeye+.

Kubera iki wampevye?

Kubera iki nogenda mbabaye kubera agacinyizo k’umwansi+?

 3 Nurungike umuco wawe n’ukuri kwawe+.

Ese vyoba ari vyo binyobora+,

bikanjana ku musozi wawe mweranda no kw’ihema ryawe rihambaye+.

 4 Nzoheza nze ku gicaniro c’Imana+,

ku Mana yo gahimbare kanje ntangere.

Nzogushemeza Mana, ndaguhaye nkoresheje inanga+, ewe Mana yanje!

 5 Kubera iki nihebuye?

Kubera iki nuzuye amaganya?

Nzorindira Imana+,

kuko nzoguma ndayishemeza nk’Umukiza wanje ahambaye n’Imana yanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika