ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 19
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abami: ibirimwo

      • Hezekiya atabaza Imana biciye kuri Yesaya (1-7)

      • Senakeribu atera ubwoba ababa i Yeruzalemu (8-13)

      • Isengesho rya Hezekiya (14-19)

      • Yesaya avuga ivyo Imana yamwishuye (20-34)

      • Umumarayika yica Abashuri 185.000 (35-37)

2 Abami 19:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 37:1-4

2 Abami 19:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ivyo mu rugo rw’umwami.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:1

2 Abami 19:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gutukwa.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «kandi abahungu bageze ku munwa w’igitereko.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:17, 18

2 Abami 19:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:45; 2Bm 18:35
  • +2Sm 22:7; 2Ng 20:9; 32:20; Zb 50:15

2 Abami 19:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 37:5-7

2 Abami 19:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:3; Yes 41:10; 51:7
  • +2Bm 18:17

2 Abami 19:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «impwemu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:21; Yes 37:37, 38

2 Abami 19:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:14
  • +Yes 37:8-13

2 Abami 19:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:17

2 Abami 19:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:15

2 Abami 19:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:5; 2Ng 32:10, 13; Yes 10:8-11

2 Abami 19:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:31

2 Abami 19:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:24; 18:33, 34

2 Abami 19:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «arigaranzura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:30; Yes 37:14-20

2 Abami 19:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «hagati.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «wahinguye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:20
  • +Kv 25:22
  • +1Ng 29:10, 11

2 Abami 19:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:29; Zb 65:2
  • +2Ng 16:9; Dn 9:18

2 Abami 19:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:8, 9; 17:6, 24

2 Abami 19:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:29
  • +Yr 10:3

2 Abami 19:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 83:17, 18; Yes 45:5, 6

2 Abami 19:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:15; Yes 37:21, 22

2 Abami 19:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    «Umukobwa wa Siyoni» ni amajambo ndyoshamvugo kenshi asigura igisagara ca Yeruzalemu canke abakibamwo.

2 Abami 19:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:10
  • +2Bm 18:30; Yes 10:12, 13
  • +Yes 37:23-25

2 Abami 19:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Umuberoshi ni igiti gishaka kumera nk’akajwari. Mu gifaransa bacita genévrier.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:17
  • +2Ng 32:17; Yes 10:10, 11

2 Abami 19:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imigende y’uruzi Nili.»

2 Abami 19:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nabikoze.»

  • *

    Canke «nabitunganije.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:24
  • +Zb 33:11
  • +Yes 46:10
  • +Yes 10:5; 37:26, 27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/1999, rup. 3

2 Abami 19:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku gisenge.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:7

2 Abami 19:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 5:21; Heb 4:13
  • +Yes 37:28, 29

2 Abami 19:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imijiginya.» Ni imigozi bambika ifarasi kugira bayiyobore. Iyo migozi iba iboheye ku kuma bacisha mu kanwa k’ifarasi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:6; Yes 10:5, 15
  • +2Bm 18:35; Yes 10:12, 13
  • +Zb 32:9
  • +2Bm 19:33

2 Abami 19:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:4-6
  • +Yes 37:30-32

2 Abami 19:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:22; Yes 10:20

2 Abami 19:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:17; Zk 1:14, 15

2 Abami 19:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:24
  • +2Ng 32:22
  • +Yes 37:33-35

2 Abami 19:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 31:5
  • +1Sm 12:22; Yes 43:25; Ezk 36:22
  • +2Bm 20:6; Yr 23:5

2 Abami 19:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:21; Yes 31:8
  • +Kv 12:30; Yes 37:36-38

2 Abami 19:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yon 1:2
  • +2Bm 19:7, 28

2 Abami 19:37

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mu nzu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:21
  • +It 8:4
  • +Ezr 4:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Abm. 19:1Yes 37:1-4
2 Abm. 19:2Yes 1:1
2 Abm. 19:3Yes 26:17, 18
2 Abm. 19:41Sm 17:45; 2Bm 18:35
2 Abm. 19:42Sm 22:7; 2Ng 20:9; 32:20; Zb 50:15
2 Abm. 19:5Yes 37:5-7
2 Abm. 19:6Gus 20:3; Yes 41:10; 51:7
2 Abm. 19:62Bm 18:17
2 Abm. 19:72Ng 32:21; Yes 37:37, 38
2 Abm. 19:82Bm 18:14
2 Abm. 19:8Yes 37:8-13
2 Abm. 19:92Bm 18:17
2 Abm. 19:102Ng 32:15
2 Abm. 19:112Bm 17:5; 2Ng 32:10, 13; Yes 10:8-11
2 Abm. 19:12It 11:31
2 Abm. 19:132Bm 17:24; 18:33, 34
2 Abm. 19:141Bm 8:30; Yes 37:14-20
2 Abm. 19:152Ng 32:20
2 Abm. 19:15Kv 25:22
2 Abm. 19:151Ng 29:10, 11
2 Abm. 19:161Bm 8:29; Zb 65:2
2 Abm. 19:162Ng 16:9; Dn 9:18
2 Abm. 19:172Bm 16:8, 9; 17:6, 24
2 Abm. 19:18Yes 41:29
2 Abm. 19:18Yr 10:3
2 Abm. 19:19Zb 83:17, 18; Yes 45:5, 6
2 Abm. 19:202Bm 19:15; Yes 37:21, 22
2 Abm. 19:222Bm 19:10
2 Abm. 19:222Bm 18:30; Yes 10:12, 13
2 Abm. 19:22Yes 37:23-25
2 Abm. 19:232Bm 18:17
2 Abm. 19:232Ng 32:17; Yes 10:10, 11
2 Abm. 19:25Yes 14:24
2 Abm. 19:25Zb 33:11
2 Abm. 19:25Yes 46:10
2 Abm. 19:25Yes 10:5; 37:26, 27
2 Abm. 19:26Yes 40:7
2 Abm. 19:27Img 5:21; Heb 4:13
2 Abm. 19:27Yes 37:28, 29
2 Abm. 19:28Zb 46:6; Yes 10:5, 15
2 Abm. 19:282Bm 18:35; Yes 10:12, 13
2 Abm. 19:28Zb 32:9
2 Abm. 19:282Bm 19:33
2 Abm. 19:29Lw 25:4-6
2 Abm. 19:29Yes 37:30-32
2 Abm. 19:302Ng 32:22; Yes 10:20
2 Abm. 19:31Yes 59:17; Zk 1:14, 15
2 Abm. 19:32Yes 10:24
2 Abm. 19:322Ng 32:22
2 Abm. 19:32Yes 37:33-35
2 Abm. 19:34Yes 31:5
2 Abm. 19:341Sm 12:22; Yes 43:25; Ezk 36:22
2 Abm. 19:342Bm 20:6; Yr 23:5
2 Abm. 19:352Ng 32:21; Yes 31:8
2 Abm. 19:35Kv 12:30; Yes 37:36-38
2 Abm. 19:36Yon 1:2
2 Abm. 19:362Bm 19:7, 28
2 Abm. 19:372Ng 32:21
2 Abm. 19:37It 8:4
2 Abm. 19:37Ezr 4:2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
2 Abami 19:1-37

Abami ba kabiri

19 Umwami Hezekiya akimara kuvyumva, aca yitaburirako impuzu maze yambara igunira, araheza aja mu nzu ya Yehova+. 2 Aca arungika Eliyakimu yari ajejwe ivyo ku kirimba*, n’umunyamabanga Shebuna n’abakuru mu baherezi ngo baje kuraba umuhanuzi Yesaya+ mwene Amozi. Bagiye bambaye amagunira. 3 Babwira Yesaya bati: «Hezekiya avuze ati: “Uyu musi ni umusi w’amarushwa, umusi wo gukarirwa*, umusi w’ibimaramare, kuko tumeze nk’umugore atagira inguvu zo kwibaruka kandi hageze ko umwana avuka*+. 4 Hari aho Yehova Imana yawe yogira ico akoze yumvise ivyo Rabushake yavuze vyose, uwo shebuja umwami wa Ashuri yatumye gucokora Imana nzima+. Hari aho Yehova Imana yawe yomuhana kubera amajambo yumvise. Ndagusavye rero usengere+ abagisigaye mu gihugu.”»

5 Izo ntumwa z’umwami Hezekiya zimaze guha Yesaya ubwo butumwa+, 6 Yesaya azibwira ati: «Mubwire shobuja muti: “Yehova avuze ati: ‘Ntutinye+ kubera amajambo wumvise avugwa n’abasuku umwami wa Ashuri yarungitse kuntuka+. 7 Ngira ndamushiremwo iciyumviro* ku buryo azokwumva amakuru, agaca asubira mu gihugu iwe. Nzotuma yicishwa inkota mu gihugu iwe+.’”»

8 Rabushake yumvise yuko umwami wa Ashuri yavuye i Lakishi+, aca aja iyo ari, asanga ariko arwanira i Libuna+. 9 Umwami yumva amakuru avuga ko Tiruhaka umwami wa Etiyopiya yaje kumutera. Aca yongera kurungika intumwa+ kuri Hezekiya ati: 10 «Genda mubwire Hezekiya umwami w’Ubuyuda muti: “Iyo Mana yawe wizigira ntiguhende ngo Yeruzalemu ntizofatwa n’umwami wa Ashuri+. 11 None ntiwumvise ivyo abami ba Ashuri bakoreye ibihugu vyose bakabitikiza+? Wibaza ko ari wewe uzorokoka? 12 Mbega amahanga ba sogokuruza banje bahoneje, imana zayo zoba zarayarokoye? Ihanga rya Gozani, irya Harani+ n’irya Rezefu ari hehe? Abantu b’i Edeni bahora i Telasari, bobo bari he? 13 Ari hehe umwami w’i Hamati n’uw’i Arupadi? Umwami w’ibisagara vy’i Sefaruvayimu, uw’i Hena n’uw’i Iva, bobo bari hehe+?”»

14 Hezekiya atora rero amakete izo ntumwa zimuzaniye arayasoma, hanyuma aja ku nzu ya Yehova, ayagaranzura* imbere ya Yehova+. 15 Hezekiya aca atangura gusengera+ imbere ya Yehova ati: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, wewe wicaye ku ntebe yawe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+, ni wewe wenyene uri Imana y’ukuri y’ubwami bwose bwo kw’isi+. Ni wewe waremye* ijuru n’isi. 16 Tega ugutwi wumve, Yehova we+! Ugurura amaso Yehova+, urabe. Niwumve ubutumwa Senakeribu yarungitse bwo kugucokora wewe Mana nzima. 17 Ewe Yehova, ni ivy’ukuri ko abami ba Ashuri batikije amahanga n’ibihugu vyayo+. 18 Imana z’ayo mahanga bazitereye mu muriro kuko zitari imana vy’ukuri+. Zahinguwe n’abantu+, zikorwa mu biti no mu mabuye. Ni co gituma bashoboye kuzitikiza. 19 None rero Yehova Mana yacu, turakwinginze udukize umwami wa Ashuri, kugira ngo ubwami bwose bwo kw’isi bumenye yuko wewe Yehova, wewe wenyene ari wewe Mana+.»

20 Yesaya mwene Amozi aca arungikira Hezekiya ubutumwa bugira buti: «Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ivyo wambwiye mw’isengesho vyerekeye Senakeribu umwami wa Ashuri navyumvise+. 21 Ibi ni vyo jewe Yehova mvuze kuri we:

‘Umukobwa w’isugi wa Siyoni* aragusuzuguye, aragutwenze.

Umukobwa wa Yeruzalemu arakuzungagirije umutwe.

22 Mbega urazi uwo wacokoye? Urazi uwo watutse+?

Uwo wakankamiye+,

ukamurabana ubwibone, uramuzi?

Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!

23 Warungitse intumwa+ kuncokora jewe Yehova+, uvuga uti:

“Ko mfise imikogote myinshi y’intambara,

nzoduga hejuru ku misozi,

nshike mu duce tw’i Libani turi kure cane.

Nzokwicira ibiti vyaho vy’amasederi birebire n’ivy’imiberoshi* vyizavyiza.

Nzokwinjira mu bibanza vyaho binyegeye cane, mu mashamba yaho azitanye cane.

24 Nzokwimba amariba, nywe amazi yo mu bindi bihugu.

Nzokamya imigende yose y’amazi* yo mu Misiri nkoresheje ibirenge vyanje.”

25 Mbega ntiwari bwavyumve? Navyiyumviriye* kuva kera cane+.

Nabiteguye* kuva kera na rindi+.

Ubu rero ngira ndabikore+.

Uzotikiza ibisagara bikingijwe ibihome, bisigare ari ibirundo vy’ibihomvagurike+.

26 Ababibamwo ntibazoronka ikibatabara.

Bazotekerwa n’ubwoba bamaramare.

Bazoba nk’ibimera vyo mu gahinga n’ivyatsi bitoto+,

bamere nk’ivyatsi binaga hejuru ku nzu*, bikababurwa n’umuyaga wo mu buseruko.

27 Ndazi neza igihe wicara, igihe usohoka, igihe ugaruka+,

n’igihe uba umfitiye ishavu rikaze+.

28 Erega narumvise ishavu rikaze umfitiye+ n’ukuroha kwawe+.

Nzoshira rero igera ryanje mu zuru ryawe n’imigozi* yanje+ hagati y’iminwa yawe,

mpeze ndagusubize inyuma ndagucishije mu nzira wazananye+.’

29 Iki ni co kizokubera ikimenyetso Hezekiya: uyu mwaka muzorya ivyimejeje, mu mwaka ugira kabiri murye intete zimejeje bivuye ku zakorotse mu mwaka wa mbere+. Mugabo mu mwaka ugira gatatu, muzobiba imbuto, mwimbure, mutere n’imirima y’imizabibu, murye ivyamwa vyayo+. 30 Abo mu Buyuda bazoba barokotse bagasigara+, bazoshora imizi munsi maze bame ivyamwa hejuru. 31 Mu gisagara ca Yeruzalemu hazova amasigarira, ku musozi Siyoni have abarokotse. Umwete wa Yehova Nyeningabo ni wo uzobikora+.

32 Ni co gituma ku bijanye n’umwami wa Ashuri, jewe Yehova mvuze+ nti:

‘Ntazokwinjira muri iki gisagara+

canke ngo aharase umwampi

canke ngo ahatumbere yitwaje inkinzo

canke ngo aharunde ibivu yuririrako kugira ahatere+.

33 Inzira yazananye ni yo azocamwo mu gusubira inyuma.

Ntazokwinjira muri iki gisagara’, ni jewe Yehova ndabivuze.

34 ‘Nzorwanira iki gisagara+ ndagikize.

Nzobigira ku bwanje+ no ku bw’umusavyi wanje Dawidi+.’”»

35 Kuri uwo musi nyene mw’ijoro, umumarayika wa Yehova araza, yica ingabo 185.000 mw’ikambi y’Abashuri+. Abantu bavyutse kare mu gitondo basanga ingabo zose ni imivyimba gusa+. 36 Nuko Senakeribu umwami wa Ashuri aragenda asubira i Ninewe+, agumayo+. 37 Umusi umwe ariko arasenga imana yiwe Nisiroki mu rusengero* rwayo, abahungu biwe bwite, ari bo Adurameleki na Shareseri, bamwicisha inkota+ hanyuma bahungira mu karere ka Ararati+. Umuhungu wiwe Esari-Hadoni+ aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika