ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 38
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Hezekiya arwara hanyuma agakira (1-22)

        • Indirimbo yo gukenguruka (10-20)

Yesaya 38:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nuhe amategeko urugo rwawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:24
  • +2Bm 19:20; Yes 1:1
  • +2Bm 20:1-3

Yesaya 38:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nagendeye imbere yawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 13:22; Zb 20:1-3; Heb 6:10
  • +2Ng 31:20, 21

Yesaya 38:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:4-6
  • +Img 15:29; 1Yh 5:14
  • +Zb 39:12; 56:8
  • +Gus 32:39; 1Sm 2:6

Yesaya 38:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:22

Yesaya 38:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:8-11

Yesaya 38:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Izo ngazi bashobora kuba barazirabirako aho amasaha ageze, bafatiye ku gitutu.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 10:12, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2007, rup. 8

Yesaya 38:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Ya.» Ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Ya.» Ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 6:5; Ums 9:5

Yesaya 38:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 146:4; Ums 8:8
  • +Yb 17:1

Yesaya 38:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 39:10

Yesaya 38:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «umusambi.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nunyishinge (nka kurya kw’umwishingizi).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:7
  • +Yes 59:11
  • +Zb 39:7
  • +Zb 39:12; 119:82, 123

Yesaya 38:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «niyoroheje.»

Yesaya 38:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga ivyo Imana ivuga n’ivyo ikora.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:6; Yb 33:28; Zb 71:20

Yesaya 38:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «wabikuye imbere y’amaso yawe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:3; 86:13; Yon 2:6
  • +Yes 43:25; Mik 7:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 264

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2003, rup. 17-18

Yesaya 38:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:9
  • +Zb 6:5; 115:17
  • +Ums 9:5, 10

Yesaya 38:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:19; Gus 4:9; Yos 4:21-24

Yesaya 38:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:11, 12
  • +2Bm 20:5; Zb 84:2

Yesaya 38:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:7

Yesaya 38:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 38:12Ng 32:24
Yes. 38:12Bm 19:20; Yes 1:1
Yes. 38:12Bm 20:1-3
Yes. 38:3Neh 13:22; Zb 20:1-3; Heb 6:10
Yes. 38:32Ng 31:20, 21
Yes. 38:52Bm 20:4-6
Yes. 38:5Img 15:29; 1Yh 5:14
Yes. 38:5Zb 39:12; 56:8
Yes. 38:5Gus 32:39; 1Sm 2:6
Yes. 38:62Ng 32:22
Yes. 38:72Bm 20:8-11
Yes. 38:8Yos 10:12, 13
Yes. 38:11Zb 6:5; Ums 9:5
Yes. 38:12Zb 146:4; Ums 8:8
Yes. 38:12Yb 17:1
Yes. 38:13Zb 39:10
Yes. 38:14Zb 102:7
Yes. 38:14Yes 59:11
Yes. 38:14Zb 39:7
Yes. 38:14Zb 39:12; 119:82, 123
Yes. 38:161Sm 2:6; Yb 33:28; Zb 71:20
Yes. 38:17Zb 30:3; 86:13; Yon 2:6
Yes. 38:17Yes 43:25; Mik 7:18
Yes. 38:18Zb 30:9
Yes. 38:18Zb 6:5; 115:17
Yes. 38:18Ums 9:5, 10
Yes. 38:19It 18:19; Gus 4:9; Yos 4:21-24
Yes. 38:20Zb 30:11, 12
Yes. 38:202Bm 20:5; Zb 84:2
Yes. 38:212Bm 20:7
Yes. 38:222Bm 20:8
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 38:1-22

Yesaya

38 Muri iyo misi, Hezekiya ararwara agera hafi yo gupfa+. Nuko umuhanuzi Yesaya+ mwene Amozi aza kumuraba, amubwira ati: «Yehova avuze ati: “Tunganya ivyo mu rugo rwawe* kuko ugiye gupfa. Ntuzokira+.”» 2 Hezekiya aca arahindukira arabana n’uruhome, asenga Yehova ati: 3 «Ndagusavye Yehova, ni ukuri ndakwinginze, wibuke+ ingene nagukoreye* ntahemuka kandi n’umutima wanje wose+, nkakora ivyo ubona ko ari vyiza.» Maze Hezekiya atangura kurira cane.

4 Maze Yehova abwira Yesaya ati: 5 «Subira inyuma ubwire Hezekiya+ uti: “Yehova Imana ya sogokuruza Dawidi avuze ati: ‘Numvise isengesho ryawe+, ndabona n’amosozi yawe+. Ngira ndakwongere imyaka 15 yo kubaho+, 6 kandi wewe n’iki gisagara nzobakiza umwami wa Ashuri. Nzorwanira iki gisagara+. 7 Ikimenyetso kivuye kuri Yehova kikwereka ko Yehova azoshitsa ivyo avuze ni iki+: 8 ehe ngira ntume igitutu c’izuba camanutse ku ngazi* za Ahazi gisubira inyuma intambuko cumi+.’”» Maze izuba risubira inyuma intambuko cumi ku ngazi ryari ryamanutse.

9 Ibi ni vyo Hezekiya umwami w’Ubuyuda yanditse igihe yarwara hanyuma agakira.

10 Navuze nti: «Ngira nce mu marembo y’ukuzimu

imisi y’ubuzima bwanje igeze hagati.

Ngira nakwe imyaka nari nsigaje kubaho.»

11 Navuze nti: «Sinzobona Yehova*, sinzobona Yehova* mu gihugu c’abazima+.

Sinzosubira kubona abantu

igihe nzoba ndi kumwe n’ababa ahantu ata kintu na kimwe kihakorerwa.

12 Aho mba haranduwe hashirwa kure yanje+

nka kurya kw’ihema ry’umwungere.

Nazingazinze ubuzima bwanje nka kurya umujishi w’impuzu ayizingazinga.

Ancacura nk’uwucacura inyuzi z’indamvu* z’impuzu yajishe.

Kuva bugica gushika bwije, aguma anjana kw’iherezo ryanje+.

13 Ndatururuza umutima wanje gushika mu gitondo.

Aguma amenagura amagufa yanje nka kurya kw’intambwe.

Kuva bugica gushika bwije, aguma anjana kw’iherezo ryanje+.

14 Kurya kw’intamba canke imarankoni*, ni ko nguma njwira+.

Nguma nguguza nk’inuma+.

Amaso yanje yaruhijwe n’ukurangamiza hejuru+ mvuga nti:

“Ewe Yehova, ndi mu maganya menshi.

Numfashe*+.”

15 Mvuge iki?

Yaragize ico ambwira, agira n’ico akoze.

Nzogenda nicishije bugufi* imyaka yose nzobaho,

kubera ko ndundumiwe mu mutima.

16 “Ewe Yehova, ivyo* ni vyo bituma umuntu abaho,

kandi ni vyo biha ubuzima impwemu yanje.

Uzotuma nsubira kugira amagara meza, unzigamire ubuzima+.

17 Raba! Aho kugira amahoro naradundumiwe cane.

Mugabo wandinze icobo c’uguhona

kubera unkunda+.

Ibicumuro vyanje vyose wabitereye inyuma y’umugongo wawe*+.

18 Kuko ukuzimu kudashobora kukuninahaza+,

n’urupfu ntirushobora kugushemeza+.

Abamanuka mu cobo ntibaba baciteze kubona ingene uri umwizigirwa+.

19 Umuzima, umuzima ni we ashobora kugushemeza

nk’uko nshoboye kubigira uyu musi.

Se w’abana arashobora kubigisha ingene uri umwizigirwa+.

20 Ewe Yehova, nkiza!

Tuzoheza tuvuze indirimbo zanje ku bicurarangisho vy’imirya+

imisi yose y’ubuzima bwacu, tuzivugirize ku nzu ya Yehova+.”»

21 Yesaya aca avuga ati: «Nimuzane insukoni zumye zibumbabumvye, muce muzishira ku gihute kugira akire+.» 22 Hezekiya yari yabajije ati: «Ikimenyetso c’uko nzoduga nkaja ku nzu ya Yehova ni ikihe+?»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika