ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abatesalonika 3
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abatesalonika: ibirimwo

      • Pawulo i Atene, akumbuye Abatesalonika (1-5)

      • Timoteyo azana amakuru aremesha (6-10)

      • Pawulo asengera Abatesalonika (11-13)

1 Abatesalonika 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:15

1 Abatesalonika 3:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «umukozi akorana n’Imana.»

  • *

    Canke «abakomeze.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:1, 2; Rm 16:21; 1Kr 16:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2009, rup. 14

1 Abatesalonika 3:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «anyiganyizwa.»

  • *

    Canke «twagenewe ivyo bintu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 14:22; 1Kr 4:9; 1Pt 2:21

1 Abatesalonika 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 2:14

1 Abatesalonika 3:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «Umugerageji.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 3:2
  • +Mt 4:3; 2Kr 11:3

1 Abatesalonika 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:5

1 Abatesalonika 3:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mu vyo tubuze vyose.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 1:4

1 Abatesalonika 3:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «tubaho.»

1 Abatesalonika 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 1:3

1 Abatesalonika 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 4:9; 2Ts 1:3

1 Abatesalonika 3:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ukuhaba.» Raba Insiguro y’amajambo (Ukuhaba).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:8
  • +1Ts 2:19; 5:23; 2Ts 2:1, 2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tes. 3:1Ivk 17:15
1 Tes. 3:2Ivk 16:1, 2; Rm 16:21; 1Kr 16:10
1 Tes. 3:3Ivk 14:22; 1Kr 4:9; 1Pt 2:21
1 Tes. 3:41Ts 2:14
1 Tes. 3:51Ts 3:2
1 Tes. 3:5Mt 4:3; 2Kr 11:3
1 Tes. 3:6Ivk 18:5
1 Tes. 3:72Ts 1:4
1 Tes. 3:102Ts 1:3
1 Tes. 3:121Ts 4:9; 2Ts 1:3
1 Tes. 3:131Kr 1:8
1 Tes. 3:131Ts 2:19; 5:23; 2Ts 2:1, 2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Abatesalonika 3:1-13

Abatesalonika ba mbere

3 Igihe rero tutari tugishoboye kuvyihanganira, twabonye ari vyiza ko dusigara twenyene i Atene+, 2 maze tukabarungikira Timoteyo+, umuvukanyi wacu akaba n’umusuku w’Imana* mu bijanye n’inkuru nziza yerekeye Kristu. Twamurungitse kugira ngo abafashe gushikama* yongere abahoze mu bijanye n’ukwizera kwanyu, 3 ngo ntihagire n’umwe ahungabanywa* n’ayo makuba, kuko mwebwe ubwanyu muzi ko tubwirizwa gushikirwa n’ivyo bintu*+. 4 Igihe twari kumwe namwe twahora tubabwira yuko tuzoshikirwa n’amakuba, kandi ni ko vyagenze nk’uko mubizi+. 5 Ni co gituma igihe ntari ngishoboye kuvyihanganira, narungitse umuntu kugira ngo menye yuko mukiri abizigirwa+, kubera ko hari aho Shetani*+ yoba yarabagerageje, maze akuya twabize kakaba impfagusa.

6 Mugabo Timoteyo ahejeje gushika iwacu avuye iwanyu+, kandi yatubwiye agakuru keza k’ubwizigirwa bwanyu n’urukundo rwanyu, yuko muguma mutwibukana igishika be n’uko mudukumbuye, nk’uko na twebwe tubakumbuye. 7 Ni co gituma bavukanyi, twahojejwe mu mibabaro yacu yose* no mu makuba yacu yose kubera mwebwe no kubera ukuntu muguma muri abizigirwa+. 8 Iyo muhagaze mushikamye mu Mukama bituma turonka intege*. 9 Mbega twoshimira gute Imana yacu kubera umunezero mwinshi mutuma tugira imbere yayo? 10 Ijoro n’umurango turatakamba twivuye inyuma kugira turabe ko twobabona amaso mu yandi no kugira ngo tubaronse ivyo mubuze mu kwizera kwanyu+.

11 Ese Imana yacu ubwayo ari na yo Data, hamwe n’Umukama wacu Yezu botuma bikunda ko tuza iwanyu. 12 Vyongeye, Umukama natume urukundo mufitaniye+ n’urwo mufitiye abandi bose rugwira, emwe rwongerekane, nk’uko natwe tubakunda cane, 13 kugira ngo atume imitima yanyu ishikama, ibe iyitagira umugayo mu bijanye n’ubweranda imbere y’Imana yacu+ ikaba na Data, mu gihe c’ukugaruka* kw’Umukama wacu Yezu+ ari kumwe n’aberanda biwe bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika