ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 11
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe: ibirimwo

      • Vya vyabona bibiri (1-13)

        • Bivuga ubuhanuzi imisi 1.260 vyambaye amagunira (3)

        • Baricwa ariko ntibahambwe (7-10)

        • Inyuma y’imisi itatu n’igice barasubira kuba bazima (11, 12)

      • Icago ca kabiri kiraheze, ica gatatu kiraje (14)

      • Urumbete rugira indwi (15-19)

        • Ubwami bw’Umukama wacu n’ubwa Kristu wiwe (15)

        • Imana izohonya abonona isi (18)

Ivyahishuwe 11:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nk’inkoni yo gupimisha.»

  • *

    Ni ukuvuga inyubakwa nyamukuru y’urusengero igizwe n’Aheranda hamwe n’Aheranda cane.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 40:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 161-162

Ivyahishuwe 11:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 21:2
  • +Ivh 13:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 162-164

Ivyahishuwe 11:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 164

Ivyahishuwe 11:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ivyo biti vyama imyelayo (olive).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 4:3, 11
  • +Zk 4:12; Mt 5:14
  • +Zk 4:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 164

Ivyahishuwe 11:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    1/6/1997, rup. 9-10

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 165-166

Ivyahishuwe 11:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ikirere.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 4:25
  • +1Bm 17:1; Yak 5:17
  • +Kv 7:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    1/6/1997, rup. 9-10

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 165, 166-167, 208

Ivyahishuwe 11:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 12:17; 13:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2020, rup. 6

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 167-169

Ivyahishuwe 11:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 167-169

Ivyahishuwe 11:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 11:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 167-169

Ivyahishuwe 11:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 167-168

Ivyahishuwe 11:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 37:5, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 168-170

Ivyahishuwe 11:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bariko barabitegereza.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 169-170, 199

Ivyahishuwe 11:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuri iyo saha.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 170-171

Ivyahishuwe 11:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 9:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 158, 171

Ivyahishuwe 11:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 8:6
  • +1Ng 29:11; Zb 22:28; Dn 4:17, 34; Ivh 12:10
  • +Zb 2:6; Dn 7:13, 14; Lk 1:32, 33; 22:28, 29; 2Pt 1:11
  • +Zb 145:13; Dn 2:44

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 158, 171-172, 176

    Senga Imana, rup. 93-94

Ivyahishuwe 11:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 4:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 172-173

Ivyahishuwe 11:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:4; 16:5
  • +Zb 99:1; Zk 14:9; Ivh 19:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 172-173, 176

Ivyahishuwe 11:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abahonya.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:6
  • +Am 3:7; Heb 1:1; Yak 5:10
  • +It 6:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2015, rup. 6-7

    1/9/2014, rup. 3-4, 6

    1/5/2011, rup. 8

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 173-176

    Ubumenyi, rup. 105

    Urashobora Kubaho, rup. 137

Ivyahishuwe 11:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga Aheranda cane h’urusengero.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:1, 6; Heb 8:1, 2; 9:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 175-176

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 11:1Ezk 40:3
Ivyah. 11:2Ivh 21:2
Ivyah. 11:2Ivh 13:5
Ivyah. 11:4Zk 4:3, 11
Ivyah. 11:4Zk 4:12; Mt 5:14
Ivyah. 11:4Zk 4:14
Ivyah. 11:6Lk 4:25
Ivyah. 11:61Bm 17:1; Yak 5:17
Ivyah. 11:6Kv 7:19
Ivyah. 11:7Ivh 12:17; 13:7
Ivyah. 11:9Ivh 11:11
Ivyah. 11:11Ezk 37:5, 10
Ivyah. 11:14Ivh 9:12
Ivyah. 11:15Ivh 8:6
Ivyah. 11:151Ng 29:11; Zb 22:28; Dn 4:17, 34; Ivh 12:10
Ivyah. 11:15Zb 2:6; Dn 7:13, 14; Lk 1:32, 33; 22:28, 29; 2Pt 1:11
Ivyah. 11:15Zb 145:13; Dn 2:44
Ivyah. 11:16Ivh 4:10
Ivyah. 11:17Ivh 1:4; 16:5
Ivyah. 11:17Zb 99:1; Zk 14:9; Ivh 19:6
Ivyah. 11:18Heb 11:6
Ivyah. 11:18Am 3:7; Heb 1:1; Yak 5:10
Ivyah. 11:18It 6:11
Ivyah. 11:191Bm 8:1, 6; Heb 8:1, 2; 9:11
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyahishuwe 11:1-19

Ivyahishuriwe Yohani

11 Maze bampa irenga rimeze nk’inkoni*+, nca numva ijwi rimbwira riti: «Haguruka upime urusengero* rw’Imana n’igicaniro hamwe n’abasengera muri rwo. 2 Mugabo ikigo kiri hanze y’urusengero ukireke ntugipime, kuko cahawe amahanga, kandi azohonyanga igisagara ceranda+ amezi 42+. 3 Nzotuma ivyabona vyanje bibiri bivuga ubuhanuzi imisi 1.260 vyambaye amagunira.» 4 Abo bagereranywa na vya biti bibiri vy’imyelayo*+ be na vya bintu bibiri baterekako amatara+, kandi bahagaze imbere y’Umukama w’isi+.

5 Hagize uwushaka kubagirira nabi, umuriro uca uva mu kanwa kabo ukarigata abansi babo. Umuntu wese ashaka kubagirira nabi ategerezwa gupfa gutyo. 6 Abo barafise ububasha bwo kwugara ijuru*+ kugira ntihagire imvura igwa+ mu misi y’igikorwa cabo co kuvuga ubuhanuzi, kandi barafise ububasha bwo guhindura amazi akaba amaraso+ no guteza isi ivyago vy’ubwoko bwose incuro zose bashaka.

7 Nibarangiza igikorwa cabo co kuvuga ubuhanuzi, ca gikoko kiduga kiva mu nyenga kizobarwanya, kibatsinde kandi kibice+. 8 Ibiziga vyabo bizoguma mw’ibarabara rikuru rya ca gisagara gikomeye kigereranywa na Sodomu na Misiri, aho n’Umukama wabo yamanitswe. 9 Abantu bo mu moko yose, imiryango yose, indimi zose n’amahanga yose bazomara imisi itatu n’igice+ bitegereza ibiziga vyabo, kandi ntibazokwemera ko bihambwa. 10 Ababa kw’isi bazoryoherwa n’urupfu rwabo, bagire umusi mukuru kandi bagemuriranire, kuko abo bahanuzi babiri bahora babababaza cane.

11 Inyuma y’iyo misi itatu n’igice, impwemu y’ubuzima ivuye ku Mana yarabinjiyemwo+, baca barahaguruka, abababonye baca batekerwa n’ubwoba bwinshi. 12 Maze bumva ijwi rirenga rivuye mw’ijuru ribabwira riti: «Nimuduge ino.» Baca baduga mw’ijuru bari mu gicu, kandi abansi babo barababonye*. 13 Muri uwo mwanya* haca haba nyamugigima ikomeye, ic’icumi c’igisagara gica kirasenyuka. Iyo nyamugigima yahitanye abantu 7.000, abasigaye baca batekerwa n’ubwoba, maze baninahaza Imana yo mw’ijuru.

14 Icago ca kabiri+ kiraheze. Ehe icago ca gatatu kiraje cihuta.

15 Umumarayika w’indwi avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haca humvikana amajwi akomeye avuga ati: «Ubwami bw’isi bubaye Ubwami bw’Umukama wacu+ n’ubwa Kristu wiwe+, kandi azoganza gushika ibihe bidahera+.»

16 Ba bakurambere 24+ bari bicaye imbere y’Imana ku ntebe zabo z’ubwami baca barapfukama, barunama mu maso habo hashika hasi maze basenga Imana, 17 bavuga bati: «Turagushimiye, Yehova* Mana Mushoboravyose, wewe uriho+ kandi wamyeho, kuko wafashe ububasha bwawe bukomeye ugatangura kuganza+. 18 Ariko amahanga yashavuye, na wewe washavuye, kandi igihe co gucira urubanza abapfuye n’ico guhemba+ abashumba bawe b’abahanuzi+, n’aberanda, n’abatinya izina ryawe, abato n’abahambaye be n’ico guhonya abonona* isi cashitse+.»

19 Urusengero* rw’Imana rwo mw’ijuru rurugururwa, maze mbona isandugu y’isezerano ryayo iri muri urwo rusengero+. Haca haba imiravyo n’amajwi n’imituragaro na nyamugigima n’urubura rukomeye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika