ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abafilipi: ibirimwo

      • Indamutso (1, 2)

      • Pawulo ashimira Imana. Isengesho ryiwe (3-11)

      • Inkuru nziza itera imbere naho hari ingorane (12-20)

      • Kubaho ni Kristu, gupfa ni inyungu (21-26)

      • Mwigenze mu buryo bubereye inkuru nziza (27-30)

Abafilipi 1:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «abacungezi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:12
  • +1Tm 3:1, 8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 53

Abafilipi 1:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Abafilipi 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 1:2

Abafilipi 1:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kubera uruhara mwagize mu guteza imbere.»

Abafilipi 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:13
  • +1Kr 1:8

Abafilipi 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 3:1; Fp 1:13; Kl 4:18; 2Tm 1:8; Fm 13
  • +Ivk 24:10, 14; 25:10-12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2015, rup. 22-23

    1/9/1999, rup. 10-11

    1/12/1998, rup. 30

    Nushinge intahe, rup. 131-132

Abafilipi 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 3:12
  • +Yoh 17:3
  • +Heb 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2019, rup. 9-10

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/1997, rup. 13-14

Abafilipi 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:2
  • +Rm 14:13, 21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 12

    Be maso!,

    no. 1 2020 rup. 12

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2019, rup. 10-12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2008, rup. 24

    1/4/1997, rup. 13-14

Abafilipi 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2019, rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2007, rup. 24

Abafilipi 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 28:30, 31; Ef 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2013, rup. 14-16

Abafilipi 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 1:7

Abafilipi 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 1:11
  • +Yoh 15:26

Abafilipi 1:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «umubiri wanje ugashimagiza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 14:8; 1Pt 4:16

Abafilipi 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 2:20
  • +1Ts 4:14; 2Tm 4:8; Ivh 14:13

Abafilipi 1:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 4:6
  • +2Kr 5:6, 8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2008, rup. 28

Abafilipi 1:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mwigenze nk’abenegihugu.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mu mpwemu imwe.»

  • *

    Canke «inama.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:1, 3; Kl 1:10
  • +Rm 15:5, 6; 1Kr 1:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2012, rup. 11-12

    15/9/2010, rup. 13-14

Abafilipi 1:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 1:6
  • +Lk 21:19; 2Ts 1:4, 5

Abafilipi 1:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:41

Abafilipi 1:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:22, 23; 1Ts 2:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Flp. 1:1Ivk 16:12
Flp. 1:11Tm 3:1, 8
Flp. 1:41Ts 1:2
Flp. 1:6Fp 2:13
Flp. 1:61Kr 1:8
Flp. 1:7Ef 3:1; Fp 1:13; Kl 4:18; 2Tm 1:8; Fm 13
Flp. 1:7Ivk 24:10, 14; 25:10-12
Flp. 1:91Ts 3:12
Flp. 1:9Yoh 17:3
Flp. 1:9Heb 5:14
Flp. 1:10Rm 12:2
Flp. 1:10Rm 14:13, 21
Flp. 1:11Yoh 15:5
Flp. 1:13Ivk 28:30, 31; Ef 3:1
Flp. 1:16Fp 1:7
Flp. 1:192Kr 1:11
Flp. 1:19Yoh 15:26
Flp. 1:20Rm 14:8; 1Pt 4:16
Flp. 1:21Gl 2:20
Flp. 1:211Ts 4:14; 2Tm 4:8; Ivh 14:13
Flp. 1:232Tm 4:6
Flp. 1:232Kr 5:6, 8
Flp. 1:27Ef 4:1, 3; Kl 1:10
Flp. 1:27Rm 15:5, 6; 1Kr 1:10
Flp. 1:282Ts 1:6
Flp. 1:28Lk 21:19; 2Ts 1:4, 5
Flp. 1:29Ivk 5:41
Flp. 1:30Ivk 16:22, 23; 1Ts 2:2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abafilipi 1:1-30

Abafilipi

1 Jewe Pawulo na Timoteyo, abashumba ba Kristu Yezu, turabandikiye mwebwe aberanda bose bunze ubumwe na Kristu Yezu muri i Filipi+, hamwe n’abahagarikizi* be n’abakozi b’ishengero+.

2 Ubuntu buhebuje* n’amahoro biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu bibane namwe.

3 Nama nshimira Imana yanje iyo ndabibutse 4 igihe cose ntakambira Imana ku bwanyu mwese. Nama ntakambira Imana nezerewe+ 5 kubera umuganda mwaterereye mu gushigikira* inkuru nziza, kuva ku musi wa mbere mwayakira gushika n’ubu. 6 Ndazi neza ntakeka yuko uwatanguye igikorwa ciza muri mwebwe azogisozera+ gushika ku musi wa Kristu Yezu+. 7 Birabereye rwose ko ndabiyumvirako ivyo mwese, kuko ndabafise ku mutima mwebwe dusangiye ubuntu buhebuje, haba mu munyororo ndimwo+ canke mu kuburanira inkuru nziza no gutuma yemerwa n’amategeko+.

8 Kuko Imana ari yo cabona canje c’ingene ndabakumbuye mwese, nkaba ndabafitiye urukundo rwuzuye igishika nk’urwo Kristu Yezu afise. 9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwoguma rugwira+, rukagwirana n’ubumenyi butagira amakosa+ be n’ugutahura kwuzuye+. 10 Nsaba kandi ko mworaba neza ibihambaye kuruta ibindi ivyo ari vyo+, ngo mubone kuba abatagira agahonzi, mudatsitaza abandi+ gushika ku musi wa Kristu. 11 Ikindi nsaba ni uko mwuzuzwa ivyamwa bigororotse biciye kuri Yezu Kristu+, ngo Imana ininahazwe yongere ishemezwe.

12 Nshaka rero ko mumenya bavukanyi, yuko ivyanje vyahavuye bituma inkuru nziza itera imbere, aho kuba intambamyi. 13 Ubu mu barinzi b’umwami bose no mu bandi bantu bose, nta n’umwe atazi ko mpfunzwe+ nzira Kristu. 14 Benshi mu bavukanyi bakorera Umukama, ubu barakomejwe n’ipfungwa ryanje. Bararushirije kugira umutima rugabo wo kuvuga ijambo ry’Imana ata bwoba.

15 Ni ivy’ukuri ko bamwe bamamaza Kristu babitewe n’agashari be n’agatima ko guhiganwa, ariko hari n’abandi babigira babikunze. 16 Abo ba kabiri bariko bamenyekanisha Kristu babitumwe n’urukundo, kubera bazi yuko nagenywe kugira mburanire inkuru nziza+. 17 Mugabo abo ba mbere babigira babitumwe n’agatima k’amahane aho kubigirana imvo nziza, kuko barondera kunteza ingorane kandi ndi mu munyororo. 18 Bivamwo iki none? Nta kindi atari uko Kristu ariko aramamazwa mu buryo bwose, haba mu bwiyorobetsi canke mu kuri, kandi ivyo biranezera. Mbere nzoguma nezerwa 19 kuko nzi yuko ivyo bizotuma ndonka urukiza biciye ku gutakamba kwanyu+ n’imfashanyo y’impwemu ya Yezu Kristu+. 20 Ivyo birahuye n’ivyo nshashaye kandi nizigiye, yuko ntazomaramara mu buryo na bumwe. Ahubwo ndazi yuko ubu nzovugana umwidegemvyo wose ngashimagiza* Kristu nk’uko vyamye, biciye ku buzima bwanje canke ku rupfu rwanje+.

21 Kuko ku binyerekeye, kubaho ni Kristu+, gupfa na kwo ni inyungu+. 22 Mbandanije kubaho mu mubiri, igikorwa canje coguma cimbuka, yamara ico nohitamwo nshimye kutakivuga. 23 Simbona neza ico nohitamwo muri ivyo bibiri kuko nipfuza kubohorwa nkaba kumwe na Kristu+, kandi ntabeshe ico ni co ciza cane kuruta+. 24 Ariko ivyobabera vyiza gusumba ni uko noguma mu mubiri. 25 Kubera ko rero ivyo ndavyizigiye neza, ndazi yuko nzogumaho nkagumana namwe mwese kugira mutere imbere mugire n’umunezero mu kwizera, 26 ngo umunezero wanyu ugwire cane mu bijanye na Kristu Yezu kubera jewe, ninongera kuba kumwe namwe.

27 Kimwe gusa, mwigenze* mu buryo bubereye inkuru nziza yerekeye Kristu+, kugira ngo nje kubaraba canke ntahari, numve yuko muhagaze mushikamye mwunze ubumwe*, muhuje umutima*+, murwanira ukwizera kujanye n’inkuru nziza mufatanye mu nda, 28 mudaterwa ubwoba mu buryo na bumwe n’ababarwanya. Ico nyene ni ikimenyamenya c’uko bazotikira+ mugabo mwebwe mukarokoka+, kandi ivyo biva ku Mana. 29 Kuko mutatewe iteka ryo kwizera Kristu gusa, ariko mwaratewe n’iteka ryo kubabazwa ku bwiwe+. 30 Muriko murwana urugamba nk’urwo mwambonye ndwana+, n’ubu mukaba mwumva ko nkiriko ndarurwana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika