ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 65
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Imana iritwararika isi

        • «Wewe wumva amasengesho» (2)

        • «Hahiriwe umuntu utora» (4)

        • Ivyiza vyinshi Imana ikora (11)

Zaburi 65:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 76:2
  • +Zb 116:18; Ums 5:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2009, rup. 3

Zaburi 65:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:18; Ivk 10:31; 1Yh 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2010, rup. 5

Zaburi 65:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:12; Rm 7:23, 24; Gl 5:17
  • +Zb 51:2; Yes 1:18; 1Yh 1:7

Zaburi 65:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 15:1-5; 27:4; 84:1-4, 10
  • +Zb 36:7, 8
  • +1Sm 3:3; 1Ng 16:1

Zaburi 65:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:21; Ivh 15:3
  • +Zb 22:27

Zaburi 65:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «yarashimangiye.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «akenyeye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 93:1

Zaburi 65:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «atururuza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:9; 107:29
  • +Yes 17:12, 13; 57:20

Zaburi 65:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibimenyetso.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 66:3

Zaburi 65:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:11, 12; Ivk 14:17
  • +Zb 104:14, 15

Zaburi 65:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amaburi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 147:7, 8

Zaburi 65:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «zitonyanga ibinure.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:28; Gus 33:16; Mal 3:10

Zaburi 65:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:1
  • +Yes 55:12

Zaburi 65:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imyonga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:23
  • +Ivk 14:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 65:1Zb 76:2
Zab. 65:1Zb 116:18; Ums 5:4
Zab. 65:2Zb 145:18; Ivk 10:31; 1Yh 5:14
Zab. 65:3Zb 40:12; Rm 7:23, 24; Gl 5:17
Zab. 65:3Zb 51:2; Yes 1:18; 1Yh 1:7
Zab. 65:4Zb 15:1-5; 27:4; 84:1-4, 10
Zab. 65:4Zb 36:7, 8
Zab. 65:41Sm 3:3; 1Ng 16:1
Zab. 65:5Gus 10:21; Ivh 15:3
Zab. 65:5Zb 22:27
Zab. 65:6Zb 93:1
Zab. 65:7Zb 89:9; 107:29
Zab. 65:7Yes 17:12, 13; 57:20
Zab. 65:8Zb 66:3
Zab. 65:9Gus 11:11, 12; Ivk 14:17
Zab. 65:9Zb 104:14, 15
Zab. 65:10Zb 147:7, 8
Zab. 65:11It 27:28; Gus 33:16; Mal 3:10
Zab. 65:12Yes 35:1
Zab. 65:12Yes 55:12
Zab. 65:13Yes 30:23
Zab. 65:13Ivk 14:17
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 65:1-13

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi. Ni zaburi ya Dawidi. Indirimbo.

65 Ewe Mana, amashemezo arakurindiriye i Siyoni+.

Tuzoshitsa indagano twakuraganiye+.

 2 Wewe wumva amasengesho, abantu b’ubwoko bwose bazoza iwawe+.

 3 Amakosa yanje yandengeye+,

ariko urapfuka ibicumuro vyacu+.

 4 Hahiriwe umuntu utora ukamwiyegereza

kugira yibere mu bigo vyawe+!

Tuzohazwa n’ivyiza vyo mu nzu yawe+,

urusengero rwawe rweranda+.

 5 Ewe Mana y’ubukiriro bwacu,

uzotwishura ukoresheje ibikorwa vy’ubugororotsi biteye ubwoba+.

Ababa kw’isi iyo iva ikagera barakwizigira+,

mbere n’ababa kure cane hakurya y’ikiyaga.

 6 Washimangiye* imisozi ukoresheje ububasha bwawe.

Emwe, ukenyeye* ubushobozi+.

 7 Utururuza* ibiyaga bisuriranya+,

ugahwamika imipfunda yavyo n’urwamo rw’amahanga+.

 8 Ababa kure bazoterwa ubwoba n’ibikorwa* vyawe+.

Uzotuma amahanga anezerwa kuva mu buseruko gushika mu burengero.

 9 Witwararika isi,

ugatuma imera cane, ikimbuka rwose+.

Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi.

Ukwo ni ko wateguye isi,

kugira uronse abantu ibifungurwa+.

10 Uvomera imirima yayo, ukaringaniza ubusize* bwayo.

Urayorosha ukoresheje imvura, ugahezagira ibimera kuri yo+.

11 Umwaka uwambika urugori rw’ivyiza vyawe,

inzira zawe zuzuye umusesekara*+.

12 Uburagiro bwo mu bugaragwa buguma butotahaye+,

kandi imisozi yambaye akanyamuneza+.

13 Uburagiro bwuzuyemwo ibitungwa,

ibiyaya* na vyo bitwikiriwe n’ibiterwa vy’intete+.

Vyose biravuza impundu, emwe biraririmba+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika