ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 66
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Ugusenga kw’ukuri n’ukw’ikinyoma (1-6)

      • Siyoni n’abahungu biwe (7-17)

      • Abantu begeranywa kugira basengere i Yeruzalemu (18-24)

Yesaya 66:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:34, 35
  • +2Ng 6:18; Ivk 17:24
  • +1Ng 28:2; Ivk 7:48-50

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 49

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1998, rup. 3

Yesaya 66:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «arazwa ishinga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:26
  • +2Bm 22:18, 19; Lk 18:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 49

Yesaya 66:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «olibani.» Raba Insiguro y’amajambo (Olibani).

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «nk’uwushemeza ikigirwamana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:11
  • +Lw 11:27
  • +Gus 14:8
  • +Lw 2:1, 2
  • +Yes 1:13

Yesaya 66:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15
  • +Yr 7:13
  • +2Bm 21:9; Yes 65:3

Yesaya 66:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abarazwa ishinga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:18, 19; 29:13
  • +Yes 65:13, 14; Yr 17:13, 18

Yesaya 66:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 54:1

Yesaya 66:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 26

    1/11/2010, rup. 27-28

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 233

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 184

Yesaya 66:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:6
  • +Yes 44:23

Yesaya 66:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 9:7
  • +Yes 60:3; Hg 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2018, rup. 13-14

Yesaya 66:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:3
  • +Yes 44:28; 65:18, 19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2018, rup. 13-14

Yesaya 66:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ububasha.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:18

Yesaya 66:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:24
  • +Zb 50:3; Yr 25:32, 33
  • +2Ts 1:7, 8

Yesaya 66:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku gifise umubiri cose.»

Yesaya 66:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni imirima yahariwe ugusenga ibigirwamana.

  • *

    Uwo «muntu ari hagati» bishoboka ko ari ikigirwamana canke ishusho yakoreshwa mu gusenga.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:29; 65:3
  • +Lw 11:7, 8; Yes 65:4
  • +Lw 11:29

Yesaya 66:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:4
  • +It 10:6, 13
  • +It 10:2; Ezk 27:12, 13
  • +Yes 60:3; Mal 1:11

Yesaya 66:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku nyumpu.» Ni igikoko kivuka ku ndogobwa n’ifarasi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:1-3; Yes 11:16; 43:6; 60:4, 9

Yesaya 66:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ndiko ndarema.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 65:17, 18; 2Pt 3:13; Ivh 21:1
  • +Yes 65:23; Yr 31:35, 36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 8-9

    1/5/2000, rup. 14-15

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 301

Yesaya 66:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igifise umubiri cose.»

  • *

    Canke «bansenge.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 86:9; Zk 14:16; Mal 1:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 31

    1/5/2000, rup. 14-15

Yesaya 66:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igifise umubiri cose.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:10; Mt 25:41; Mr 9:47, 48; 2Ts 1:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 27

    1/5/2000, rup. 14, 15-16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 66:1Mt 5:34, 35
Yes. 66:12Ng 6:18; Ivk 17:24
Yes. 66:11Ng 28:2; Ivk 7:48-50
Yes. 66:2Yes 40:26
Yes. 66:22Bm 22:18, 19; Lk 18:14
Yes. 66:3Yes 1:11
Yes. 66:3Lw 11:27
Yes. 66:3Gus 14:8
Yes. 66:3Lw 2:1, 2
Yes. 66:3Yes 1:13
Yes. 66:4Gus 28:15
Yes. 66:4Yr 7:13
Yes. 66:42Bm 21:9; Yes 65:3
Yes. 66:5Yes 5:18, 19; 29:13
Yes. 66:5Yes 65:13, 14; Yr 17:13, 18
Yes. 66:7Yes 54:1
Yes. 66:10Zb 137:6
Yes. 66:10Yes 44:23
Yes. 66:12Yes 9:7
Yes. 66:12Yes 60:3; Hg 2:7
Yes. 66:13Yes 51:3
Yes. 66:13Yes 44:28; 65:18, 19
Yes. 66:14Yes 59:18
Yes. 66:15Gus 4:24
Yes. 66:15Zb 50:3; Yr 25:32, 33
Yes. 66:152Ts 1:7, 8
Yes. 66:17Yes 1:29; 65:3
Yes. 66:17Lw 11:7, 8; Yes 65:4
Yes. 66:17Lw 11:29
Yes. 66:19It 10:4
Yes. 66:19It 10:6, 13
Yes. 66:19It 10:2; Ezk 27:12, 13
Yes. 66:19Yes 60:3; Mal 1:11
Yes. 66:20Gus 30:1-3; Yes 11:16; 43:6; 60:4, 9
Yes. 66:22Yes 65:17, 18; 2Pt 3:13; Ivh 21:1
Yes. 66:22Yes 65:23; Yr 31:35, 36
Yes. 66:23Zb 86:9; Zk 14:16; Mal 1:11
Yes. 66:24Yes 34:10; Mt 25:41; Mr 9:47, 48; 2Ts 1:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 66:1-24

Yesaya

66 Yehova avuze ati:

«Ijuru ni yo ntebe yanje y’ubwami, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+.

None ni inzu nyabaki mushobora kunyubakira+,

kandi ahantu noruhukira ni hehe+?»

 2 Yehova avuze ati: «Ukuboko kwanje ni kwo kwakoze ibi vyose,

kandi ukwo ni ko vyose vyabayeho+.

Uyu rero ni we nzokwitegereza:

umuntu yicisha bugufi kandi avunitse umutima, ajugumizwa* n’ijambo ryanje+.

 3 Uwukerera impfizi ameze nk’uwica umuntu+.

Uwutanga ikimazi c’intama ameze nk’uwuvuna imbwa izosi+.

Uwushikana ingabire ameze nk’uwushikana amaraso y’ingurube+.

Uwushikiriza imibavu*+ ngo ibe icibutso ameze nk’uwuhezagira umuntu akoresheje amajambo y’ivy’amageza*+.

Bahisemwo inzira zabo bwite,

kandi ibintu bisesemye ni vyo bibahimbara.

 4 Nanje nzohitamwo uburyo butandukanye bwo kubahana+,

kandi birya nyene batinya ni vyo nzobateza,

kubera ko igihe nahamagara ata n’umwe yitavye,

n’igihe navuga nta n’umwe yumvirije+.

Bagumye bakora ivyo mbona ko ari bibi,

bahitamwo gukora ibimbabaza+.»

 5 Nimwumve ivyo Yehova avuze, mwebwe abajugumizwa* n’ijambo ryiwe:

«Benewanyu babanka, bakabaca babahoye izina ryanje, bavuze ngo: “Yehova naninahazwe+!”

Mugabo azoseruka atume mugira umunezero,

kandi ni bo bazomaramara+.»

 6 Hari urwamo rw’intureka ruva mu gisagara, urwamo ruva mu rusengero!

Ni urwamo rwa Yehova ariko yishura abansi biwe ivyo bakwiriye.

 7 Umugore yavyaye atarafatwa n’ibise+,

yibaruka umwana w’umuhungu atarafatwa n’imisonga.

 8 Ni nde amaze kwumva ikintu nk’ico?

Hari uwurabona ibintu nk’ivyo?

Mbega igihugu covuka mu musi umwe,

canke ihanga ryose rikavukira icarimwe?

Yamara Siyoni yapfuye gufatwa n’ibise, aca yibaruka abahungu.

 9 «Mbega notuma umwana agera aho avuka nkaca ndamubuza kuvuka?» ni ko Yehova avuga.

«Canke notuma umuvyeyi atangura kwibaruka nkaca nugara igitereko?» ni ko Imana yawe ivuze.

10 Yemwe mwese abakunda Yeruzalemu+, nimuhimbarwe hamwe na we, munezeranwe+!

Mwese abamugandariye nimwiginane na we rwose,

11 kuko muzokwonka ibere ryiwe ry’ukwirurwa mugahaga neza.

Muzonywa cane muryohererwe ubuninahazwa bwiwe bwinshi.

12 Kuko Yehova avuze ati:

«Ngira ndamuhe amahoro ameze nk’uruzi+,

n’ivyiza vy’amahanga nk’uruzi rwuzuye+.

Muzokwonka, babaterurire mu mafyinga,

babasimbagirize ku bibero.

13 Kurya inabibondo ahoza umwana wiwe,

ni ko namwe nzoguma ndabahoza+.

Muzohozwa mu bijanye na Yeruzalemu+.

14 Muzobibona umutima wanyu uryoherwe,

amagufa yanyu atotahare nk’ubwatsi butoto.

Abasavyi ba Yehova bazomenya ukuboko* kwiwe,

mugabo abansi biwe azobereka uburake bwiwe+.»

15 «Kuko Yehova azoza nk’umuriro+,

kandi imikogote yiwe imeze nk’umuyaga w’igihuhusi+.

Azoza kugira ngo abihore afise ishavu ryinshi,

abakosoze imbeya z’umuriro+.

16 Kuko Yehova azoshitsa urubanza ku bantu bose* akoresheje umuriro,

emwe, akoresheje inkota yiwe.

Abo Yehova azokwica ni benshi.

17 Abiyeza kandi bakihumanura kugira baje mu mirima*+ bakurikiye umuntu ari hagati*, abarya inyama z’ingurube+, ibintu bishisha be n’imbeba+, bose bazohonera rimwe», ni ko Yehova avuze. 18 «Ndazi ivyo bakora n’ivyo biyumvira. Rero nje kwegeranya abantu bo mu mahanga yose n’indimi zose. Bazoza babone ubuninahazwa bwanje.»

19 «Nzoshira ikimenyetso hagati yabo. Bamwe mu bacitse kw’icumu nzobarungika mu mahanga atumvise inkuru zinyerekeye canke ngo abone ubuninahazwa bwanje. Ayo mahanga ni Tarushishi+, Puli na Ludi+, amahanga arimwo abafora imiheto, Tubali, Yavani+ n’amazinga ya kure. Bazomenyekanisha ubuninahazwa bwanje mu mahanga+. 20 Bazozana benewanyu bose nk’ingabire ihabwa Yehova, babakuye mu mahanga yose+. Bazobazana ku mafarasi, mu mikogote, mu mikogote ipfutse, ku ndogobwa* no ku ngamiya zinyaruka, babashikane ku musozi wanje mweranda Yeruzalemu», ni ko Yehova avuze. «Bazobazana nk’uko Abisirayeli bazana ingabire zabo mu combo kidahumanye, mu nzu ya Yehova.»

21 «Kandi nzotora bamwe muri bo babe abaherezi, abandi babe Abalewi», ni ko Yehova avuze.

22 «Kuko uruvyaro* rwanyu n’izina ryanyu bizogumaho nk’uko ijuru rishasha n’isi nshasha+ ngira ndeme* bizogumaho imbere yanje», ni ko Yehova avuze+.

23 «Kuva ku mboneko y’ukwezi gushika ku yindi, no kuva kw’isabato gushika ku yindi,

abantu bose* bazoza buname imbere yanje*+», ni ko Yehova avuze.

24 «Bazosohoka bitegereze imivyimba y’abantu bahora bangarariza,

kuko inyo zizobatondako zitazopfa,

n’umuriro uzobaturira ntuzozima+.

Bazoba ikintu gishisha abantu bose*.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika