ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 25
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma: ibirimwo

      • Abacuraranzi n’abaririmvyi bo ku nzu y’Imana (1-31)

1 Ngoma 25:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:41, 42; 2Ng 5:11, 12; 35:15
  • +1Sm 10:5
  • +1Ng 15:16

1 Ngoma 25:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:41, 42
  • +1Ng 15:16, 18
  • +Ef 5:19

1 Ngoma 25:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:16, 19

1 Ngoma 25:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «akaduza ihembe ryiwe.» Iyo mvugo isigura kuduza ihembe kugira urivuze, uninahaze Imana.

1 Ngoma 25:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 13:8; 15:16; 16:5

1 Ngoma 25:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:33

1 Ngoma 25:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1, 2
  • +1Ng 25:1, 3

1 Ngoma 25:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1, 2

1 Ngoma 25:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1, 2

1 Ngoma 25:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1, 4

1 Ngoma 25:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1, 4

1 Ngoma 25:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1, 4

1 Ngoma 25:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1, 4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 25:11Ng 16:41, 42; 2Ng 5:11, 12; 35:15
1 Ngo. 25:11Sm 10:5
1 Ngo. 25:11Ng 15:16
1 Ngo. 25:31Ng 16:41, 42
1 Ngo. 25:31Ng 15:16, 18
1 Ngo. 25:3Ef 5:19
1 Ngo. 25:41Ng 15:16, 19
1 Ngo. 25:61Ng 13:8; 15:16; 16:5
1 Ngo. 25:8Img 16:33
1 Ngo. 25:91Ng 25:1, 2
1 Ngo. 25:91Ng 25:1, 3
1 Ngo. 25:101Ng 25:1, 2
1 Ngo. 25:121Ng 25:1, 2
1 Ngo. 25:201Ng 25:1, 4
1 Ngo. 25:291Ng 25:1, 4
1 Ngo. 25:301Ng 25:1, 4
1 Ngo. 25:311Ng 25:1, 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Ngoma 25:1-31

Ngoma za mbere

25 Vyongeye, Dawidi n’abakuru b’imigwi y’abakora igikorwa co ku rusengero bafata bamwe muri bene Asafu na Hemani na Yedutuni+ babatandukanya n’abandi. Babatandukanije kugira baze baravuga ubuhanuzi bakoresheje inanga n’ibindi bicurarangisho vy’imirya+ be n’ivyuma bisama+. Uru ni rwo rutonde rw’abashinzwe ico gikorwa: 2 muri bene Asafu hari Zakuri, Yozefu, Netaniya na Asharela. Bene Asafu bari bayobowe na Asafu, uwavuga ubuhanuzi ayobowe n’umwami. 3 Muri bene Yedutuni+ hari batandatu: Gedaliya, Zeri, Yeshaya, Shimeyi, Hashabiya na Matitiya+. Bayoborwa na se Yedutuni, uwavuga ubuhanuzi akoresheje inanga, agakengurukira Yehova akongera akamushemeza+. 4 Muri bene Hemani+ hari Bukiya, Mataniya, Uziyeli, Shebuweli, Yerimoti, Hananiya, Hanani, Eliyata, Gidaliti, Romamuti-Ezeri, Yoshibekasha, Maloti, Hotiri na Mahaziyoti. 5 Abo bose bari bene Hemani. Hemani yamenyesha umwami ivyo Imana y’ukuri yamweretse, bikaninahaza Imana*. Nuko Imana y’ukuri iha Hemani abahungu 14 n’abakobwa 3. 6 Abo bose bari bayobowe na se mu vyo kuririmba ku nzu ya Yehova bakoresheje ivyuma bisama, ibicurarangisho vy’imirya n’inanga+. Ni co gikorwa bari bajejwe ku nzu y’Imana y’ukuri.

Asafu, Yedutuni na Hemani bayoborwa n’umwami.

7 Bo hamwe na benewabo, bose bari abaririmvyi b’abahanga bamenyerejwe mu vyo kuririmbira Yehova. Bari 288. 8 Bagira ubupfindo+ kugira babagaburire ibikorwa, yaba umuto canke uwuhambaye, yaba umuhanga canke uwiga.

9 Ubupfindo bwa mbere bwaguye kuri Yozefu mwene Asafu+. Ubwa kabiri bwaguye kuri Gedaliya+. We na benewabo be n’abahungu biwe bari 12. 10 Ubwa gatatu bwaguye kuri Zakuri+. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 11 Ubwa kane bwaguye kuri Iziri. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 12 Ubwa gatanu bwaguye kuri Netaniya+. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 13 Ubwa gatandatu bwaguye kuri Bukiya. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 14 Ubw’indwi bwaguye kuri Yesharela. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 15 Ubw’umunani bwaguye kuri Yeshaya. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 16 Ubw’icenda bwaguye kuri Mataniya. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 17 Ubw’icumi bwaguye kuri Shimeyi. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 18 Ubwa 11 bwaguye kuri Azareli. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 19 Ubwa 12 bwaguye kuri Hashabiya. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 20 Ubwa 13 bwaguye kuri Shubayeli+. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 21 Ubwa 14 bwaguye kuri Matitiya. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 22 Ubwa 15 bwaguye kuri Yeremoti. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 23 Ubwa 16 bwaguye kuri Hananiya. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 24 Ubwa 17 bwaguye kuri Yoshibekasha. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 25 Ubwa 18 bwaguye kuri Hanani. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 26 Ubwa 19 bwaguye kuri Maloti. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 27 Ubwa 20 bwaguye kuri Eliyata. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 28 Ubwa 21 bwaguye kuri Hotiri. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 29 Ubwa 22 bwaguye kuri Gidaliti+. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 30 Ubwa 23 bwaguye kuri Mahaziyoti+. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12. 31 Ubwa 24 bwaguye kuri Romamuti-Ezeri+. We n’abahungu biwe na benewabo bari 12.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika