ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 15
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe: ibirimwo

      • Guheba ideni uko haciye imyaka indwi (1-6)

      • Gufasha abakene (7-11)

      • Kurekura abashumba uko haciye imyaka indwi (12-18)

        • Gutobora ugutwi umushumba (16, 17)

      • Gushira ku ruhande ibitungwa vyavutse ubwa mbere (19-23)

Gusubira mu vyagezwe 15:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:2

Gusubira mu vyagezwe 15:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:10

Gusubira mu vyagezwe 15:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:43; Gus 14:21; 23:20

Gusubira mu vyagezwe 15:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:8

Gusubira mu vyagezwe 15:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 1:7, 8; Yes 1:19

Gusubira mu vyagezwe 15:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «muzofata ingwati.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:12
  • +Gus 28:13; 1Bm 4:24, 25

Gusubira mu vyagezwe 15:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 21:13; Yak 2:15, 16; 1Yh 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2010, rup. 8

Gusubira mu vyagezwe 15:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:35; Img 19:17; Mt 5:42; Lk 6:34, 35; Gl 2:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2010, rup. 8

Gusubira mu vyagezwe 15:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:1
  • +Kv 22:22, 23; Gus 24:14, 15; Img 21:13

Gusubira mu vyagezwe 15:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umutima wawe utagonanwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:35; 2Kr 9:7; 1Tm 6:18; Heb 13:16
  • +Gus 24:19; Zb 41:1

Gusubira mu vyagezwe 15:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:11
  • +Img 3:27; Mt 5:42; Lk 12:33

Gusubira mu vyagezwe 15:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:2; Lw 25:39

Gusubira mu vyagezwe 15:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Cari ikibanza kiri mu murima bakubitirako ivyimburwa vy’intete.

Gusubira mu vyagezwe 15:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 19-20

Gusubira mu vyagezwe 15:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:5, 6

Gusubira mu vyagezwe 15:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uruhindu.»

Gusubira mu vyagezwe 15:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ishuri.»

  • *

    Canke «ukemure.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:2; 22:30; Gh 3:13; 18:15, 17

Gusubira mu vyagezwe 15:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:5, 6; 14:23; 16:11

Gusubira mu vyagezwe 15:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:20; Gus 17:1; Mal 1:8; Heb 9:14

Gusubira mu vyagezwe 15:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «amarembo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:15; 14:4, 5

Gusubira mu vyagezwe 15:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:4; Lw 7:26; Ivk 15:20, 29
  • +Lw 17:10, 13; Gus 12:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2000, rup. 30

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 15:1Lw 25:2
Gus. 15:2Gus 31:10
Gus. 15:3Kv 12:43; Gus 14:21; 23:20
Gus. 15:4Gus 28:8
Gus. 15:5Yos 1:7, 8; Yes 1:19
Gus. 15:6Gus 28:12
Gus. 15:6Gus 28:13; 1Bm 4:24, 25
Gus. 15:7Img 21:13; Yak 2:15, 16; 1Yh 3:17
Gus. 15:8Lw 25:35; Img 19:17; Mt 5:42; Lk 6:34, 35; Gl 2:10
Gus. 15:9Gus 15:1
Gus. 15:9Kv 22:22, 23; Gus 24:14, 15; Img 21:13
Gus. 15:10Ivk 20:35; 2Kr 9:7; 1Tm 6:18; Heb 13:16
Gus. 15:10Gus 24:19; Zb 41:1
Gus. 15:11Mt 26:11
Gus. 15:11Img 3:27; Mt 5:42; Lk 12:33
Gus. 15:12Kv 21:2; Lw 25:39
Gus. 15:16Kv 21:5, 6
Gus. 15:19Kv 13:2; 22:30; Gh 3:13; 18:15, 17
Gus. 15:20Gus 12:5, 6; 14:23; 16:11
Gus. 15:21Lw 22:20; Gus 17:1; Mal 1:8; Heb 9:14
Gus. 15:22Gus 12:15; 14:4, 5
Gus. 15:23It 9:4; Lw 7:26; Ivk 15:20, 29
Gus. 15:23Lw 17:10, 13; Gus 12:16
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Gusubira mu vyagezwe 15:1-23

Gusubira mu vyagezwe

15 Uko haheze imyaka indwi, mukwiye guhebera abandi amadeni babafitiye+. 2 Uku ni ko muzobigenza: umuntu wese yahaye ideni mugenziwe azorimuhebera. Ntakwiye kwishuza mugenziwe canke mwenewabo, kuko bazoba batangaje uguheberanira amadeni nk’uko Yehova yabitegetse+. 3 Urashobora kurihisha umunyamahanga+, ariko ukwiye guhebera mwenewanyu ideni iryo ari ryo ryose agufitiye. 4 Nta n’umwe muri mwebwe akwiye kuba umukene, kuko Yehova atazobura kubahezagira+ mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo kibe intoranwa yanyu, 5 mukire gusa kugamburukira Yehova Imana yanyu mudaca ku ruhande no kwubahiriza amabwirizwa yiwe yose ndabahaye uyu musi+. 6 Yehova Imana yanyu azobahezagira nk’uko yabibasezeraniye, kandi muzoha ingurane* amahanga menshi, ariko mwebwe nta we muzokwaka ingurane+. Muzoganza amahanga menshi, ariko yoyo ntazobaganza+.

7 Nihagira mwenewanyu akena muri kimwe mu bisagara vyo mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe, ntuze ukomantaze umutima canke ngo upfumbate ikiganza cawe imbere ya mwenewanyu akenye+. 8 Ukwiye gupfumbaturura cane ikiganza cawe+, ukamugurana ivyo akeneye vyose canke ivyo abuze vyose. 9 Uraba maso mu mutima wawe ntihaze haze iki ciyumviro kibi, ukibwira uti: “Umwaka ugira indwi, wa mwaka wo guheberanira amadeni uregereje+”, bigatuma wima mwenewanyu w’umukene, ntumuhe ikintu na kimwe. Niyatakambira Yehova akwidogera, uzoca wagirwa n’icaha+. 10 Ukwiye kumuha n’umutima ukunze+, ata kugonanwa*, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe ahezagira ivyo ukora vyose n’imigambi yawe yose+. 11 Mu gihugu hazokwamaho abakene+. Ni co gituma ndagutegetse nti: “Ukwiye gupfumbaturura cane ikiganza cawe, ugafasha mwenewanyu yigorewe kandi w’umukene ari mu gihugu cawe+.”

12 Mwenewanyu w’Umuheburayo canke w’Umuheburayokazi niyakwigurishako hanyuma akagukorera imyaka itandatu, ku mwaka ugira indwi ukwiye kumurekura akidegemvya+. 13 Kandi niwamurekura ntuze umurungike iminwe misa. 14 Ukwiye kumutekerera, ukamuha n’umutima ukunze ibivuye mu bitungwa vyawe, mu vyimburwa vyo ku mbuga* yawe no mu mato uganiramwo amavuta n’umuvinyu. Uzomuha bivanye n’ingene Yehova Imana yawe azoba yaguhezagiye. 15 Wibuke ko wabaye umushumba mu gihugu ca Misiri hanyuma Yehova Imana yawe akakurokora. Ni co gituma ndagutegetse kubigenza gutyo uyu musi.

16 Ariko umushumba wawe niyakubwira ati: “Nshaka kugumana nawe!” kubera agukunda mwe n’umuryango wawe, akaba yarahimbawe no kubana nawe+, 17 uzoca utora urushinge* umutoborere ugutwi ku muryango, aheze abe umushumba wawe ubuzima bwiwe bwose. Uzobigenza gutyo nyene no ku mushumba wawe w’umugore. 18 Ntuze ubabazwe n’uko umuretse akagenda, kuko ibikorwa yagukoreye mu myaka itandatu bingana n’ivyo umukozi uhemba yogukorera ubigwije kabiri. Yehova Imana yawe azoba yaguhezagiye mu vyo wakoze vyose.

19 Uzoshirira ku ruhande Yehova Imana yawe ikigabo cose kivutse ubwa mbere mu bitungwa vyawe+. Ntuzokoreshe igikorwa na kimwe inka* ivutse ubwa mbere, canke ngo umwe* ubwoya intama ivutse ubwa mbere. 20 Buri mwaka, mwe n’umuryango wawe muzokwama mubirira imbere ya Yehova Imana yanyu, ahantu Yehova azoba yatoye+. 21 Ariko nimba gifise akanenge, ni ukuvuga gicumbagira, gihumye canke gifise akandi kanenge gakomeye, ntimuze mugishikanire Yehova Imana yanyu+. 22 Muzokirira mu bisagara* vyanyu. Uwuhumanye n’uwudahumanye barashobora kukirya, nka kurya murya ingeregere canke impongo+. 23 Ariko ntimuze murye amaraso yaco+. Mukwiye kuyasesa hasi nka kurya kw’amazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika