Zaburi
א [Alefu]
ג [Gimelu]
ה [He]
ז [Zayini]
4 Atuma ibikorwa vyiwe bitangaje biba intibagirwa+.
ח [Heti]
Yehova yuzuye impuhwe* n’imbabazi+.
ט [Teti]
5 Aronsa ibifungurwa abamutinya+.
י [Yodi]
Yama yibuka isezerano ryiwe ibihe vyose+.
כ [Kafu]
מ [Memu]
7 Ibikorwa vy’amaboko yiwe birangwa n’ukuri n’ubutungane+.
נ [Nuni]
Ivyagezwe vyiwe vyose ni ivyo kwizigirwa+.
ס [Sameki]
פ [Pe]
צ [Tsade]
Yashinze ko isezerano ryiwe ryamaho ibihe vyose.
ק [Kofu]
Izina ryiwe ni ryeranda kandi rirateye akoba+.
ר [Reshi]
10 Gutinya Yehova ni yo ntango y’ubukerebutsi+.
ש [Sini]
Abubahiriza ivyagezwe vyiwe* bose baba berekanye ko babona kure*+.
ת [Tau]
Arabereye gushemezwa ibihe vyose.