ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 25
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura: ibirimwo

      • Abisirayeli bacumura mu gusambana n’Abanyamowabukazi (1-5)

      • Finehasi ahaseruka (6-18)

Guharura 25:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 2:1; Mik 6:5
  • +Gh 31:16; 1Kr 10:8; Ivh 2:14

Guharura 25:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:15; 1Kr 10:20
  • +Kv 20:5

Guharura 25:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:3; Yos 22:17; Zb 106:28, 29; Hs 9:10

Guharura 25:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bagiye kwifatanya.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:21
  • +Kv 22:20; 32:25, 27; Gus 13:6-9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2004, rup. 29

Guharura 25:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:14, 15

Guharura 25:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:25; Yos 22:30

Guharura 25:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:30

Guharura 25:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:4; Gus 4:3; 1Kr 10:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 97-98

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2004, rup. 29

Guharura 25:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kwiheberwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:7
  • +Zb 106:30, 31
  • +Kv 20:5; 34:14; Gus 4:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 27

    15/10/2002, rup. 29

Guharura 25:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:4; Ezr 7:1, 5; 8:1, 2
  • +1Bm 19:10

Guharura 25:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 31:7, 8; Yos 13:21
  • +1Ng 1:32, 33

Guharura 25:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 31:1, 2

Guharura 25:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:3; 31:16
  • +Gh 25:8, 15
  • +Gh 25:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 25:1Yos 2:1; Mik 6:5
Guh. 25:1Gh 31:16; 1Kr 10:8; Ivh 2:14
Guh. 25:2Kv 34:15; 1Kr 10:20
Guh. 25:2Kv 20:5
Guh. 25:3Gus 4:3; Yos 22:17; Zb 106:28, 29; Hs 9:10
Guh. 25:5Kv 18:21
Guh. 25:5Kv 22:20; 32:25, 27; Gus 13:6-9
Guh. 25:6Gh 25:14, 15
Guh. 25:7Kv 6:25; Yos 22:30
Guh. 25:8Zb 106:30
Guh. 25:9Gh 25:4; Gus 4:3; 1Kr 10:8
Guh. 25:11Gh 25:7
Guh. 25:11Zb 106:30, 31
Guh. 25:11Kv 20:5; 34:14; Gus 4:24
Guh. 25:131Ng 6:4; Ezr 7:1, 5; 8:1, 2
Guh. 25:131Bm 19:10
Guh. 25:15Gh 31:7, 8; Yos 13:21
Guh. 25:151Ng 1:32, 33
Guh. 25:17Gh 31:1, 2
Guh. 25:18Gh 25:3; 31:16
Guh. 25:18Gh 25:8, 15
Guh. 25:18Gh 25:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Guharura 25:1-18

Guharura

25 Igihe Abisirayeli baba i Shitimu+, baratanguye gusambana n’abagore b’i Mowabu+. 2 Abo bagore barabatumiye ngo basangire ibimazi bashikaniye imana zabo+, na bo batangura kurya no kwunamira izo mana+. 3 Nuko Abisirayeli bifatanya na bo mu gusenga Bayali y’i Peyori+, Yehova aca arabashavurira cane. 4 Yehova aca abwira Musa ati: «Fata abakuru b’abo bantu ubice hanyuma ubamanike imbere yanje jewe Yehova izuba riva, kugira ishavu rya Yehova rive ku Bisirayeli.» 5 Musa aca abwira abacamanza ba Isirayeli ati+: «Umwe wese niyice abagabo atwara bagiye gusenga* Bayali y’i Peyori+.»

6 Ubwo nyene haca haza Umwisirayeli azanye umugore w’Umumidiyani mw’ikambi+, Musa n’ishengero ryose ry’Abisirayeli babona. Bariko bararira bari ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro. 7 Finehasi+ umuhungu wa Eleyazari, Eleyazari umuhungu wa Aroni umuherezi abibonye, aca ava mw’ishengero ry’Abisirayeli atora icumu. 8 Aca akurikira uwo mugabo w’Umwisirayeli mw’ihema, arabatobekeranya bose, uwo mugabo n’uwo mugore, acishije mu bihimba vy’irondoka vy’uwo mugore. Ikiza cari ku Bisirayeli gica kirahagarara+. 9 Abishwe n’ico kiza bari 24.000+.

10 Yehova aca abwira Musa ati: 11 «Finehasi+ umuhungu wa Eleyazari, Eleyazari umuhungu wa Aroni umuherezi, yasubije inyuma uburake mfitiye Abisirayeli, kuko atihanganiye na gato abampemukira+. Ni co gituma ntatikije Abisirayeli, naho nsaba gusengwa* jenyene+. 12 Ku bw’ivyo rero, mubwire ko ngiranye isezerano ry’amahoro na we. 13 Ni isezerano ry’ubuherezi bwamaho kuri we n’uruvyaro rwiwe+, kuko atihanganiye abahemukira Imana yiwe+ akongera agatangira impongano Abisirayeli.»

14 Uwo Mwisirayeli yishwe ari kumwe n’Umumidiyanikazi, yitwa Zimuri umuhungu wa Salu, umukuru w’umugwi ugizwe n’imiryango ikomoka kuri Simeyoni. 15 Uwo Mumidiyanikazi yishwe na we yitwa Kozibi, umukobwa wa Zuri+. Zuri yari umukuru w’umugwi ugizwe n’imiryango yakomokamwo i Midiyani+.

16 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: 17 «Nimutoteze Abamidiyani mubice+, 18 kuko babakwegeye ivyago mu kubahenda, bigatuma mucumura i Peyori+. Baraboheje muracumura biciye kuri mushiki wabo Kozibi, umukobwa w’umukuru w’i Midiyani, umwe bica+ kuri wa musi mwatezwa ikiza kubera ivyabereye i Peyori+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika