ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 26
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Ururirimbo rw’ukwizigira Imana n’agakiza itanga (1-21)

        • Ya, Yehova, ni Igitandara c’ibihe bidahera (4)

        • Ababa kw’isi bazokwiga gukora ibigororotse (9)

        • «Abantu bawe bapfuye bazobaho» (19)

        • Mwinjire mu vyumba, mwinyegeze (20)

Yesaya 26:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Biboneka ko ivyo bihome vyari ibirundo vy’ivu canke vy’amabuye bashira munsi y’uruzitiro rw’igisagara.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:1; 2Sm 22:1; Yes 12:5
  • +Yr 33:10, 11
  • +Zb 48:2, 12
  • +Yes 60:18; Zk 2:4, 5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 26

Yesaya 26:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 26

Yesaya 26:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «abafise umutima utanyiganyiga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:165; Yes 54:13; Fp 4:6, 7
  • +Zb 9:10; Yr 17:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 26

Yesaya 26:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:20; Zb 62:8; Img 3:5
  • +Gus 32:4, 31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 26

Yesaya 26:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 26-27

Yesaya 26:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 26-27

Yesaya 26:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iraringaniye.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 27

Yesaya 26:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «rimenyekana.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 27

Yesaya 26:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibijanye n’ubugororotsi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:6; 119:62; Lk 6:12
  • +Zb 9:8; 58:10, 11; 85:11, 13; 96:13; 97:2; Yes 61:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Senga Imana, rup. 97-98

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 27

    Urashobora Kubaho, rup. 177-178

Yesaya 26:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yize ubugororotsi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:43
  • +Yr 2:7; Hs 11:7
  • +Zb 28:5; Yes 5:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 27-28

    Urashobora Kubaho, rup. 178

Yesaya 26:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:9

Yesaya 26:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:19; Yr 33:6, 7

Yesaya 26:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 12:7, 8
  • +2Tm 2:19

Yesaya 26:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:39

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 28

Yesaya 26:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:21
  • +1Bm 4:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 28

Yesaya 26:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:34, 35; Hs 5:15

Yesaya 26:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 28

Yesaya 26:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 28

Yesaya 26:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ikiziga canje.»

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «nk’urume rw’uduterwa (twama amashurwe ya move).»

  • *

    Canke «isi izovyara abapfuye, barya ata co bashoboye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 25:8; Hs 13:14; Mr 12:26; Yoh 5:28, 29; 11:24, 25; Ivk 24:15; 1Kr 15:21; 1Ts 4:14; Ivh 20:12, 13
  • +It 3:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    22/4/2004, rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 28

Yesaya 26:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gushika urubanza rwaciwe rurangiye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:15, 16; Kv 12:22, 23; Img 18:10
  • +Zb 27:5; 91:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2016, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 26-27

    15/5/2009, rup. 8

    1/3/2001, rup. 28-29

    1/9/1998, rup. 17

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 230

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 26:1Kv 15:1; 2Sm 22:1; Yes 12:5
Yes. 26:1Yr 33:10, 11
Yes. 26:1Zb 48:2, 12
Yes. 26:1Yes 60:18; Zk 2:4, 5
Yes. 26:2Yes 60:11
Yes. 26:3Zb 119:165; Yes 54:13; Fp 4:6, 7
Yes. 26:3Zb 9:10; Yr 17:7
Yes. 26:42Ng 20:20; Zb 62:8; Img 3:5
Yes. 26:4Gus 32:4, 31
Yes. 26:9Zb 63:6; 119:62; Lk 6:12
Yes. 26:9Zb 9:8; 58:10, 11; 85:11, 13; 96:13; 97:2; Yes 61:11
Yes. 26:10Zb 106:43
Yes. 26:10Yr 2:7; Hs 11:7
Yes. 26:10Zb 28:5; Yes 5:12
Yes. 26:11Yes 6:9
Yes. 26:12Yes 57:19; Yr 33:6, 7
Yes. 26:132Ng 12:7, 8
Yes. 26:132Tm 2:19
Yes. 26:14Yr 51:39
Yes. 26:15Yes 60:21
Yes. 26:151Bm 4:21
Yes. 26:16Zb 78:34, 35; Hs 5:15
Yes. 26:19Yes 25:8; Hs 13:14; Mr 12:26; Yoh 5:28, 29; 11:24, 25; Ivk 24:15; 1Kr 15:21; 1Ts 4:14; Ivh 20:12, 13
Yes. 26:19It 3:19
Yes. 26:20It 7:15, 16; Kv 12:22, 23; Img 18:10
Yes. 26:20Zb 27:5; 91:4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 26:1-21

Yesaya

26 Kuri uwo musi, iyi ndirimbo izoririmbwa+ mu gihugu c’Ubuyuda+:

«Dufise igisagara gikomeye+.

Ubukiriro atanga ni bwo bukibera uruzitiro n’ibihome*+.

 2 Nimwugurure amarembo+ yemwe, kugira ihanga rigororotse ryinjire,

ihanga riguma ari iryizigirwa.

 3 Uzozigama abakwihekako n’umutima wabo wose*.

Uzobaha amahoro arama+,

kubera ko ari wewe bizigira+.

 4 Nimwizigire Yehova ibihe vyose+

kuko Ya*, Yehova, ari we Gitandara c’ibihe bidahera+.

 5 Kuko yashize hasi ababa hejuru, muri ca gisagara kiri hejuru.

Arakimanura,

arakimanura gushika hasi.

Agishikana mu mukungugu.

 6 Kizokandagirwa n’ibirenge,

ibirenge vy’abagorwa, amaguru y’abantu batobato.»

 7 Inzira y’umugororotsi iratunganye*.

Kubera ko uri intungane,

uzosena inzira y’umugororotsi.

 8 Ewe Yehova, turakwizigira uko tugendera mu nzira y’ingingo washinze.

Duhahamiye izina ryawe,

kandi twipfuza cane ko ryibukwa*.

 9 Mw’ijoro ndakwipfuza n’umutima wanje wose,

umushaha wanje ukaguma ukurondera+.

Kuko igihe uciriye urubanza isi,

ababa mu gihugu baheza bakiga gukora ibigororotse*+.

10 Naho umubisha yogirirwa ubuntu,

ntazogenda yize gukora ibigororotse*+.

No mu gihugu c’ubugororotsi azokora ivy’ububisha+,

kandi ntazobona ubukuru bwa Yehova+.

11 Ewe Yehova, wadugije ukuboko kwawe mugabo ntibakubona+.

Bazobona umwete ufitiye abantu bawe bamaramare.

Ni ukuri, umuriro ugenewe abakurwanya uzobarigata.

12 Ewe Yehova, uzotwihera amahoro+

kuko ivyo twakoze vyose

ari we wabidukoreye.

13 Ewe Yehova Mana yacu, hari abandi batware batuganje kiretse wewe+,

mugabo izina ryawe ni ryo ryonyene tuvuga+.

14 Barapfuye, ntibazosubira kubaho.

Nta co bashoboye kuko bapfuye, ntibazohaguruka+.

Waritayeho ivyabo kugira

ngo ubazimanganye, ntibabe bakivugwa na gato.

15 Waraguye ihanga, ewe Yehova,

waraguye ihanga.

Warininahaje+.

Warigijeyo imbibe zose z’igihugu uzishikana kure cane+.

16 Ewe Yehova, barakwituye igihe bari mu marushwa.

Igihe wabatoza indero, baragusenze bongorera, bagusukira ibiri mu mutima+.

17 Kurya umugore yibungenze agira yibaruke afatwa n’ibise,

akaboroga kubera ububabare,

ni ko vyatugendeye kubera wewe, ewe Yehova.

18 Twaribungenze, tugira ibise,

ariko ni nk’aho twibarutse umuyaga.

Nta rukiza twazaniye igihugu,

kandi nta n’umwe yavutse ngo abe mu gihugu.

19 «Abantu bawe bapfuye bazobaho.

Ibiziga vy’abantu banje* bizohaguruka+.

Ikangure mwihe akamo k’umunezero,

yemwe ababa mu mukungugu+!

Kuko urume rwanyu rumeze nk’urume rwo mu gitondo*,

kandi isi izorekura abapfuye, barya ata co bashoboye, basubire kubaho*.

20 Nimugende bantu banje mwinjire mu vyumba vyanyu,

mwugare imiryango+.

Nimwinyegeze akanya gatoyi,

gushika uburake burenganye*+.

21 Kuko raba, Yehova araje avuye iwe

ngo agire ico abaza ababa mu gihugu kubera amakosa bakoze.

Igihugu kizoshira ahabona amaraso yasheshwe muri co,

kandi ntikizosubira kunyegeza abantu baco bishwe.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika