ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Urubanza rwaciriwe Babiloni (1-22)

        • Umusi wa Yehova uri hafi (6)

        • Abamedi bazotsinda Babiloni (17)

        • Nta bantu bazosubira kuba i Babiloni (20)

Yesaya 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:12; 50:1-3; Ivh 18:2
  • +Yes 1:1

Yesaya 13:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igiti bashinga nk’ikimenyetso.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:12, 27, 28

Yesaya 13:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abejejwe banje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:1

Yesaya 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:28
  • +Yr 50:15

Yesaya 13:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ku mpera y’amajuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:9; 51:28
  • +Yr 51:11

Yesaya 13:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:18; Yr 50:13

Yesaya 13:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:43

Yesaya 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:6

Yesaya 13:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:23, 29

Yesaya 13:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «na Kesili zaryo.» Ushobora kuba ari umugwi w’inyenyeri witwa Orion be n’iyindi migwi iwukikuje.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 9:9; 38:31; Am 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 109-110

Yesaya 13:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:8; Yr 51:37; Ivh 18:2
  • +Yr 50:29; Dn 5:22, 23

Yesaya 13:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:30; 51:3, 4
  • +1Bm 10:11

Yesaya 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:29

Yesaya 13:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:16

Yesaya 13:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:3, 4

Yesaya 13:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:8, 9

Yesaya 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:2; Yr 50:9; 51:11; Dn 5:30, 31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2006, rup. 10-11

Yesaya 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:14

Yesaya 13:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bwa bwiza bw’ubwami bwose.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:5; Dn 4:30
  • +Yes 47:1
  • +It 19:24, 25; Yr 50:40

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Be maso!,

    7/2012, rup. 24

Yesaya 13:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:3, 13; 51:29, 37; Ivh 18:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Be maso!,

    7/2012, rup. 24

Yesaya 13:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu gifaransa ni autruche.

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «amadayimoni asa n’impene.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 18:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 261

Yesaya 13:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:33

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 13:1Yr 25:12; 50:1-3; Ivh 18:2
Yes. 13:1Yes 1:1
Yes. 13:2Yr 51:12, 27, 28
Yes. 13:3Yes 45:1
Yes. 13:4Dn 5:28
Yes. 13:4Yr 50:15
Yes. 13:5Yr 50:9; 51:28
Yes. 13:5Yr 51:11
Yes. 13:6Yes 13:18; Yr 50:13
Yes. 13:7Yr 50:43
Yes. 13:8Dn 5:6
Yes. 13:9Yr 50:23, 29
Yes. 13:10Yb 9:9; 38:31; Am 5:8
Yes. 13:11Zb 137:8; Yr 51:37; Ivh 18:2
Yes. 13:11Yr 50:29; Dn 5:22, 23
Yes. 13:12Yr 50:30; 51:3, 4
Yes. 13:121Bm 10:11
Yes. 13:13Yr 51:29
Yes. 13:14Yr 50:16
Yes. 13:15Yr 51:3, 4
Yes. 13:16Zb 137:8, 9
Yes. 13:17Yes 21:2; Yr 50:9; 51:11; Dn 5:30, 31
Yes. 13:18Yr 50:14
Yes. 13:19Yes 47:5; Dn 4:30
Yes. 13:19Yes 47:1
Yes. 13:19It 19:24, 25; Yr 50:40
Yes. 13:20Yr 50:3, 13; 51:29, 37; Ivh 18:21
Yes. 13:21Ivh 18:2
Yes. 13:22Yr 51:33
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 13:1-22

Yesaya

13 Ng’uru urubanza rwaciriwe Babiloni+, urwo Yesaya+ mwene Amozi yeretswe:

 2 «Nimushinge ikimenyetso*+ ku musozi w’ibitandara gusa.

Nimubahamagare muzungagiza ukuboko,

kugira ngo baze mu marembo y’abanyacubahiro.

 3 Narahaye itegeko abo nagenye*+.

Nahamagaye abarwanyi banje, abarwanyi banezerewe kandi bishima,

kugira berekane ishavu ryanje.

 4 Umve isinzi ku misozi!

Uguhinda kwaryo ni nk’ukw’abantu benshi.

Umve urwamo rw’ubwami butandukanye

n’amahanga akoraniye hamwe+!

Yehova Nyeningabo ariko yegeranya ingabo ku bw’intambara+.

 5 Yehova n’abo azokoresha nk’ibirwanisho vy’uburake bwiwe,

bariko baraza bavuye mu gihugu ca kure+,

bavuye kure cane iyo catawe*

kugira bahonye isi yose+.

 6 Nimuboroge kuko umusi wa Yehova uri hafi.

Uzoza umeze nk’uguhonya kuvuye kuri Mushoboravyose+.

 7 Ni co gituma amaboko yose azoregera,

n’umutima w’umuntu wese ugashongeshwa n’ubwoba+.

 8 Abantu barandutse umutima+.

Barigonyonzora bakagira ububabare

nk’umugore ariko aribaruka.

Bararabana bajorewe,

mu maso harunguye kubera amaganya.

 9 Raba! Umusi wa Yehova uriko uraza.

Uje ata kagongwe kandi uzananye uburake n’ishavu rirurumba,

kugira igihugu gicike akajoreza+,

no kugira uzimanganye abacumuzi mu gihugu.

10 Kuko inyenyeri zo kw’ijuru n’imigwi yaryo y’inyenyeri*+

bitazotanga umuco.

Izuba rizocura umwiza rigiseruka,

n’ukwezi ntikuzokayanganisha umuco wakwo.

11 Nzogira ico mbaza ababa kw’isi kubera ibibi bakoze+,

n’ababisha kubera ikosa ryabo.

Nzokuraho ubwishime bw’abita imbere,

nshire hasi ubwibone bw’abatwaza umukazo+.

12 Umuntu buntu nzomugira imbonekarimwe kuruta inzahabu ityoroye+,

abantu babe imbonekarimwe kuruta inzahabu z’i Ofiri+.

13 Ni co gituma nzotuma ijuru rijugumira,

isi na yo itigite ive aho yari iri+,

kubera uburake jewe Yehova Nyeningabo nzoba mfise ku musi w’ishavu ryanje rirurumba.

14 Umuntu wese azosubira mu b’iwabo,

umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+,

nka kurya kw’ingeregere bariko barahiga, nka kurya kw’ubusho butagira umwungere.

15 Uwo bazobona wese bazomutobekeranya,

uwo bazofata wese bamwicishe inkota+.

16 Abana babo bazobasavya babona+.

Amazu yabo azosahurwa,

n’abagore babo bashurashuzwe ku nguvu.

17 Ehe ngira ndabahagurukirize Abamedi+,

bamwe babona ifeza nk’aho ari ubusa

n’inzahabu ntibanezere.

18 Imiheto yabo izomenagura imisore+.

Ntibazogirira akagongwe ubura bwabo,

canke ngo bagirire imbabazi abana babo.

19 Babiloni, ca kirezi mu bundi bwami bwose*+,

ca kintu kibereye ijisho Abakaludaya bishimira+,

hazomera nka Sodomu na Gomora ca gihe Imana yahahonya+.

20 Nta bantu bazosubira kuhaba,

kandi uko urunganwe* ruzokurikira urundi, nta wuzohagerera+.

Nta Mwarabu azohashinga ihema,

kandi nta bungere bazohavyagiza amasho.

21 Ibikoko vyo mu bugaragwa ni ho bizokwiryamira.

Amazu yaho azokwuzura ibihuna bimeze nk’inkona.

Aho ni ho ibinyoni vyitwa imbuni* bizokwibera+,

n’impene zo mw’ishamba* zihikinire amatavu.

22 Mu minara yaho hazokwumvikana ibikoko bibweja,

mu birimba vyaho biteye igomwe humvikane imbwebwe.

Igihe caho kiri hafi, kandi nta misi hazokwongerwa+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika