ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro: ibirimwo

      • Kuva kuri Adamu gushika kuri Nowa (1-32)

        • Adamu avyara abahungu n’abakobwa (4)

        • Henoki yagendana n’Imana (21-24)

Itanguriro 5:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «igitabu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:26; Yak 3:9

Itanguriro 5:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umuntu.» Mu giheburayo ni «adamu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:27; Mr 10:6
  • +It 2:23; Yes 45:12; Mt 19:4

Itanguriro 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:25

Itanguriro 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:17; 3:19; Rm 6:23; 1Kr 15:22

Itanguriro 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:26; Lk 3:23, 38

Itanguriro 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:23, 37

Itanguriro 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:23, 37

Itanguriro 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yud 14

Itanguriro 5:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:23, 37

Itanguriro 5:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 10-11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2005, rup. 15-17

    1/5/2003, rup. 29

Itanguriro 5:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 10

Itanguriro 5:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 6:9; Gus 8:6; 13:4; 3Yh 4; Yud 14, 15
  • +Yoh 3:13; Heb 11:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 12-13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2006, rup. 19

    1/9/2005, rup. 15

    1/1/2004, rup. 29

    1/6/1998, rup. 21

Itanguriro 5:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:23, 36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 11

Itanguriro 5:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iryo zina rishobora kuba risobanura ngo «akaruhuko», «uruhoza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:1; Ezk 14:14; Mt 24:37; Heb 11:7; 1Pt 3:20; 2Pt 2:5
  • +It 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2017, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2013, rup. 14

    1/2/2009, rup. 13

    1/11/1996, rup. 22

    Niwigane, rup. 22

Itanguriro 5:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:21; 11:10; Lk 3:23, 36
  • +It 6:10; 10:6
  • +It 10:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2012, rup. 23

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 5:1It 1:26; Yak 3:9
Ita. 5:2It 1:27; Mr 10:6
Ita. 5:2It 2:23; Yes 45:12; Mt 19:4
Ita. 5:3It 4:25
Ita. 5:5It 2:17; 3:19; Rm 6:23; 1Kr 15:22
Ita. 5:6It 4:26; Lk 3:23, 38
Ita. 5:12Lk 3:23, 37
Ita. 5:15Lk 3:23, 37
Ita. 5:18Yud 14
Ita. 5:21Lk 3:23, 37
Ita. 5:24It 6:9; Gus 8:6; 13:4; 3Yh 4; Yud 14, 15
Ita. 5:24Yoh 3:13; Heb 11:5
Ita. 5:25Lk 3:23, 36
Ita. 5:29It 7:1; Ezk 14:14; Mt 24:37; Heb 11:7; 1Pt 3:20; 2Pt 2:5
Ita. 5:29It 3:17
Ita. 5:32It 10:21; 11:10; Lk 3:23, 36
Ita. 5:32It 6:10; 10:6
Ita. 5:32It 10:2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Itanguriro 5:1-32

Itanguriro

5 Iyi ni inkuru* yigana kahise ka Adamu. Umusi Imana yarema Adamu, yamuremye asa na yo+. 2 Yaremye umugabo n’umugore+. Umusi yabarema+, yarabahezagiye maze ibita «abantu*.»

3 Nuko Adamu ashikanye imyaka 130, avyara umuhungu basa, afise agashusho kiwe. Araheza amwita Seti+. 4 Adamu amaze kuvyara Seti yabayeho imyaka 800, ayivyaramwo abahungu n’abakobwa. 5 Imyaka yose Adamu yamaze yabaye 930, araheza arapfa+.

6 Seti ashikanye imyaka 105, avyara Enoshi+. 7 Seti amaze kuvyara Enoshi yabayeho imyaka 807, ayivyaramwo abahungu n’abakobwa. 8 Imyaka yose Seti yamaze yabaye 912, araheza arapfa.

9 Enoshi ashikanye imyaka 90, avyara Kenani. 10 Enoshi amaze kuvyara Kenani yabayeho imyaka 815, ayivyaramwo abahungu n’abakobwa. 11 Imyaka yose Enoshi yamaze yabaye 905, araheza arapfa.

12 Kenani ashikanye imyaka 70, avyara Mahalaleli+. 13 Kenani amaze kuvyara Mahalaleli yabayeho imyaka 840, ayivyaramwo abahungu n’abakobwa. 14 Imyaka yose Kenani yamaze yabaye 910, araheza arapfa.

15 Mahalaleli ashikanye imyaka 65, avyara Yaredi+. 16 Mahalaleli amaze kuvyara Yaredi yabayeho imyaka 830, ayivyaramwo abahungu n’abakobwa. 17 Imyaka yose Mahalaleli yamaze yabaye 895, araheza arapfa.

18 Yaredi ashikanye imyaka 162, avyara Henoki+. 19 Yaredi amaze kuvyara Henoki yabayeho imyaka 800, ayivyaramwo abahungu n’abakobwa. 20 Imyaka yose Yaredi yamaze yabaye 962, araheza arapfa.

21 Henoki ashikanye imyaka 65, avyara Metusela+. 22 Henoki amaze kuvyara Metusela yabandanije kugendana n’Imana y’ukuri imyaka 300, ayivyaramwo abahungu n’abakobwa. 23 Imyaka yose Henoki yamaze yabaye 365. 24 Henoki yagumye agendana n’Imana y’ukuri+, hanyuma ntiyasubira kuboneka kuko Imana yamutwaye+.

25 Metusela ashikanye imyaka 187, avyara Lameki+. 26 Metusela amaze kuvyara Lameki yabayeho imyaka 782, ayivyaramwo abahungu n’abakobwa. 27 Imyaka yose Metusela yamaze yabaye 969, araheza arapfa.

28 Lameki ashikanye imyaka 182, avyara umuhungu. 29 Nuko amwita Nowa*+, avuga ati: «Uyu azoturuhurira mu gikorwa cacu, igikorwa kiruhisha dukora kubera iyi si Yehova yavumye+.» 30 Lameki amaze kuvyara Nowa yabayeho imyaka 595, ayivyaramwo abahungu n’abakobwa. 31 Imyaka yose Lameki yamaze yabaye 777, araheza arapfa.

32 Nowa amaze gukwiza imyaka 500, avyara Shemu+, Hamu+ na Yafeti+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika