ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 22
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Umwiheburo usubirirwa n’amashemezo

        • «Mana yanje, kubera iki wampevye» (1)

        • «Bapfindira ivyambarwa vyanje» (18)

        • «Nzoshemeza Imana mw’ishengero» (22, 25)

        • Isi yose izosenga Imana (27)

Zaburi 22:akajambo k’intangamarara

Utujambo tw'epfo

  • *

    Bushobora kuba ari ubwoko kanaka bw’umuziki.

Zaburi 22:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:16; Mt 27:46; Mr 15:34
  • +Heb 5:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2021, rup. 30-31

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 15-16

    15/2/2008, rup. 30

    15/5/2006, rup. 18

Zaburi 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 42:3

Zaburi 22:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uvyagiye mu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:3; 1Pt 1:15

Zaburi 22:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:1, 6
  • +Kv 14:13; Heb 11:32-34

Zaburi 22:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ntibamaramara.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:2; 99:6; Rm 10:11

Zaburi 22:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «baransiga iceyi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:11; Yes 53:3

Zaburi 22:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:16
  • +Zb 109:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 15

Zaburi 22:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 27:41-43; Lk 23:35, 36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 15

Zaburi 22:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:6; 139:16

Zaburi 22:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «naterewe kuri wewe.»

Zaburi 22:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:1
  • +Lk 23:46; Heb 5:7

Zaburi 22:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 68:30
  • +Ezk 39:18

Zaburi 22:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:4
  • +Zb 57:4; 1Pt 5:8

Zaburi 22:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 22:44; Yoh 12:27
  • +Mt 26:38; Mr 14:33

Zaburi 22:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «unshize mu mukungugu w’urupfu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 17:22
  • +Yoh 19:28
  • +Yes 53:12; 1Kr 15:3, 4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2021, rup. 11-12

    Yezu ni inzira, rup. 300

Zaburi 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 59:5, 6; Lk 22:63
  • +Zb 86:14
  • +Mt 27:35; Yoh 20:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    8/2012, rup. 19

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 14-15

Zaburi 22:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:20; Yoh 19:36

Zaburi 22:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 15:24; Lk 23:34; Yoh 19:23, 24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 299

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 15

Zaburi 22:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:1
  • +Zb 40:13

Zaburi 22:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:16

Zaburi 22:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Bishobora kuba vyari ibikoko bigomba kumera nk’imbogo. Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2000, rup. 20-21

Zaburi 22:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:6
  • +Zb 40:9; Heb 2:11, 12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2007, rup. 21

    1/7/1997, rup. 28

Zaburi 22:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:23

Zaburi 22:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:6; 69:33
  • +Gh 6:25
  • +Heb 5:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2005, rup. 26-27

Zaburi 22:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:18; 40:10; 111:1

Zaburi 22:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ese imitima yanyu yokwiberaho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:11; Yes 65:13
  • +Zf 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 60

Zaburi 22:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:18; Ivh 7:9; 15:4

Zaburi 22:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:11; Ivh 11:17

Zaburi 22:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abavyibushe.»

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 22:1Zb 22:16; Mt 27:46; Mr 15:34
Zab. 22:1Heb 5:7
Zab. 22:2Zb 42:3
Zab. 22:3Yes 6:3; 1Pt 1:15
Zab. 22:4It 15:1, 6
Zab. 22:4Kv 14:13; Heb 11:32-34
Zab. 22:5Zb 25:2; 99:6; Rm 10:11
Zab. 22:6Zb 31:11; Yes 53:3
Zab. 22:7Zb 35:16
Zab. 22:7Zb 109:25
Zab. 22:8Mt 27:41-43; Lk 23:35, 36
Zab. 22:9Zb 71:6; 139:16
Zab. 22:11Zb 10:1
Zab. 22:11Lk 23:46; Heb 5:7
Zab. 22:12Zb 68:30
Zab. 22:12Ezk 39:18
Zab. 22:13Mt 26:4
Zab. 22:13Zb 57:4; 1Pt 5:8
Zab. 22:14Lk 22:44; Yoh 12:27
Zab. 22:14Mt 26:38; Mr 14:33
Zab. 22:15Img 17:22
Zab. 22:15Yoh 19:28
Zab. 22:15Yes 53:12; 1Kr 15:3, 4
Zab. 22:16Zb 59:5, 6; Lk 22:63
Zab. 22:16Zb 86:14
Zab. 22:16Mt 27:35; Yoh 20:25
Zab. 22:17Zb 34:20; Yoh 19:36
Zab. 22:18Mr 15:24; Lk 23:34; Yoh 19:23, 24
Zab. 22:19Zb 10:1
Zab. 22:19Zb 40:13
Zab. 22:20Zb 22:16
Zab. 22:21Zb 35:17
Zab. 22:22Yoh 17:6
Zab. 22:22Zb 40:9; Heb 2:11, 12
Zab. 22:23Zb 50:23
Zab. 22:24Zb 34:6; 69:33
Zab. 22:24Gh 6:25
Zab. 22:24Heb 5:7
Zab. 22:25Zb 35:18; 40:10; 111:1
Zab. 22:26Zb 37:11; Yes 65:13
Zab. 22:26Zf 2:3
Zab. 22:27It 22:18; Ivh 7:9; 15:4
Zab. 22:281Ng 29:11; Ivh 11:17
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 22:1-31

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi: bayiririmbira kw’ijwi ryitwa «Impongokazi yo mu mutwenzi*.» Ni zaburi ya Dawidi.

22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki wampevye+?

Kubera iki utaza kunkiza?

Kubera iki utumva amaborogo yanje+?

 2 Mana yanje, nguma ngutabaza ku murango ariko ntunyishura+,

kandi no mw’ijoro nguma ngutabaza.

 3 Ariko wewe uri mweranda+,

ukikujwe* n’amashemezo ya Isirayeli.

 4 Ba sokuru bacu barakwizigiye+.

Barakwizigiye nawe uguma ubakiza+.

 5 Barakuririye barakira.

Barakwizigiye ntiwabahemukira*+.

 6 Ariko jewe ndi umusiba, sindi umuntu.

Abantu barantuka* kandi bakansuzugura+.

 7 Abambona bose bantwengera mw’ijigo+.

Baranyinyirwa bakazunza umutwe, bakavuga ngo+:

 8 «Ko yiragije Yehova, namurokore!

Namukize ko wumva amukunda cane+!»

 9 Ni wewe wankuye mu nda+,

utuma numva ntekaniwe ndi ku mabere ya mama.

10 Wanyitwararitse* kuva nkivuka.

Uri Imana yanje kuva nkiri mu nda ya mama.

11 Ntugume kure yanje, kuko ivyago binsugereje+

kandi nta wundi mutabazi mfise+.

12 Ishuri nyinshi zankikuje+.

Impfizi zikomeye z’i Bashani zanzungurutse+.

13 Zataburuye akanwa ngo zindotse+,

nka kurya kw’intambwe iroha iriko itabagura ico yafashe+.

14 Ndiko ndasukwa nk’amazi,

amagufa yanje yose yatanye.

Umutima wanje wacitse nk’ishashara+,

uriko ushongera muri jewe+.

15 Inguvu zanje zaheze, nsigaye meze nk’urujo+.

Ururimi rwanje rwafatanye n’ibinyigishi+.

Wantiburiye mu cobo kugira mpfireyo*+.

16 Imbwa zankikuje+,

zansatiriye nk’akagwi k’inkozi z’ikibi+,

zantonze ku maboko no ku maguru nk’intambwe+.

17 Ndashobora guharura amagufa yanje yose+.

Abansi banje barandaba, bakaguma bankanuriye amaso.

18 Bagabura impuzu zanje,

bagapfindira ivyambarwa vyanje+.

19 Ariko wewe ga Yehova, ntugume kure yanje+.

Uri inkomezi zanje; nunyaruke umfashe+.

20 Nunkize inkota,

ukure ubuzima bwanje bw’agaciro mu vyara vy’imbwa+.

21 Nunkize akanwa k’intambwe+ n’amahembe y’ishuri zo mw’ishamba*.

Nunyishure kandi unkize.

22 Nzomenyesha izina ryawe benewacu+.

Nzogushemeza hagati mw’ishengero+.

23 Yemwe abatinya Yehova, nimumushemeze!

Yemwe ruvyaro* rwa Yakobo mwese, nimumuninahaze+!

Nimumutinye, yemwe ruvyaro rwa Isirayeli mwese!

24 Kuko atasuzuguye canke ngo ashishwe n’umubabaro w’uwuriko arahahazwa+,

ntiyamuhishije mu maso hiwe+.

Igihe yamutabaza yaramwumvise+.

25 Nzogushemeza mw’ishengero rinini+.

Nzoshitsa indagano zanje imbere y’abagutinya.

26 Abitonda bazorya bahage+.

Abarondera Yehova bazomushemeza+.

Ese mwokwiberaho* ibihe bidahera!

27 Ababa kw’isi yose bazokwibuka Yehova baze kuri we.

Amahanga yose azokwunama imbere yiwe+.

28 Kuko ubwami ari ubwa Yehova+.

Ni we aganza amahanga.

29 Abatunzi* bose bo kw’isi bazorya kandi bamwunamire.

Abariko baja mu kuzimu bose bazopfukama imbere yiwe.

Nta n’umwe muri bo ashobora kurokora ubuzima bwiwe.

30 Uruvyaro rwabo ruzomukorera.

Abazobakomokako bazokwumva ivyerekeye Yehova.

31 Bazoza bavuge ibijanye n’ubugororotsi bwiwe.

Bazobwira abataravuka ivyo yakoze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika