ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 3
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abanyefeso: ibirimwo

      • Ibanga ryeranda rirashiramwo abanyamahanga (1-13)

        • Abanyamahanga bazoba ba samuragwa na Kristu (6)

        • Umugambi w’Imana w’ibihe bidahera (11)

      • Pawulo asengera Abanyefeso ngo baronke ugutahura (14-21)

Abanyefeso 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:1

Abanyefeso 3:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibanga ryo kuyobora (guhagarikira).»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 9:16, 17; Kl 1:25, 26

Abanyefeso 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 4:1; Ef 6:19

Abanyefeso 3:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mu yandi mayaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:25; 16:25, 26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2006, rup. 19

Abanyefeso 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:15, 16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2006, rup. 19

Abanyefeso 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:25-27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 22

Abanyefeso 3:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 15:9
  • +1Tm 1:13, 14

Abanyefeso 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:9, 10

Abanyefeso 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 1:10, 12
  • +1Pt 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2007, rup. 29

Abanyefeso 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 23-24

Abanyefeso 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:6; Heb 4:15, 16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 13

Abanyefeso 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 2:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2013, rup. 28

Abanyefeso 3:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1996, rup. 10

Abanyefeso 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1996, rup. 10

Abanyefeso 3:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mu muntu muri imbere.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 4:16

Abanyefeso 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:23
  • +Kl 2:6, 7
  • +Kl 1:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2009, rup. 26

    1/8/1999, rup. 14

Abanyefeso 3:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2009, rup. 26

Abanyefeso 3:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mwuzure.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 299

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2009, rup. 26-27

Abanyefeso 3:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 11:24
  • +Kl 1:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2016, rup. 26

Abanyefeso 3:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «mu mayaruka yose.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2010, rup. 16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ef. 3:1Ef 4:1
Ef. 3:21Kr 9:16, 17; Kl 1:25, 26
Ef. 3:41Kr 4:1; Ef 6:19
Ef. 3:5Rm 11:25; 16:25, 26
Ef. 3:6Ef 2:15, 16
Ef. 3:7Kl 1:25-27
Ef. 3:81Kr 15:9
Ef. 3:81Tm 1:13, 14
Ef. 3:9Ef 1:9, 10
Ef. 3:101Pt 1:10, 12
Ef. 3:101Pt 2:9
Ef. 3:11Ef 1:11
Ef. 3:12Yoh 14:6; Heb 4:15, 16
Ef. 3:132Tm 2:10
Ef. 3:162Kr 4:16
Ef. 3:17Yoh 14:23
Ef. 3:17Kl 2:6, 7
Ef. 3:17Kl 1:23
Ef. 3:19Rm 8:35
Ef. 3:20Mr 11:24
Ef. 3:20Kl 1:29
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abanyefeso 3:1-21

Abanyefeso

3 Ku bw’ivyo, jewe Pawulo, imbohe+ ya Kristu Yezu ku bwanyu mwebwe abanyamahanga . . . 2 ngira ngo mwarumvise ivyerekeye ibanga* najejwe+ ku neza yanyu ry’ubuntu buhebuje* bw’Imana, 3 yuko biciye ku guhishurirwa, namenyeshejwe ibanga ryeranda, nk’uko navyanditse muri make imbere y’aha. 4 Ibi rero nimwabisoma muraza kwibonera ko ntahura ibanga ryeranda+ rya Kristu. 5 Mu bihe vya kera*, iryo banga ntiryamenyeshejwe abana b’abantu nk’uko ubu ryahishuriwe intumwa nyeranda z’Imana n’abahanuzi bayo, biciye ku mpwemu+. 6 Iryo banga ni iry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa cokimwe natwe, na bo bakaba ibihimba vy’umubiri umwe+ be n’abasangira natwe wa muhango, mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza. 7 Nabaye umusuku w’ivyo hisunzwe ya ngabire ya gusa y’ubuntu buhebuje bw’Imana nahawe biciye ku gikorwa c’ububasha bwayo+.

8 Jewe umuntu ari hasi kuruta uwo hasi mu beranda bose+, narahawe ubwo buntu buhebuje+, kugira menyeshe amahanga inkuru nziza yerekeye imihezagiro y’akaburarugero ya Kristu 9 no kugira ngo mfashe umuntu wese kubona ingene ibijanye n’ibanga ryeranda biyoborwa+. Iryo banga ryamaze igihe kirekire rinyegejwe n’Imana, yo yaremye ibintu vyose. 10 Ivyo vyabaye kugira ngo ubu, biciye kw’ishengero+, ubukerebutsi bw’Imana bwigaragaza mu buryo bwinshi cane, bumenyeshwe intwaro n’ubukuru biri mu bibanza vyo mw’ijuru+. 11 Ivyo birahuye n’umugambi w’ibihe bidahera yatunganije ku bijanye na Kristu+, ari we Yezu Umukama wacu. 12 Biciye kuri we turavugana umwidegemvyo kandi turashobora kwegera Imana ata kidutangira+, umutima uri mu nda kubera ko tumwizera. 13 Ndabasavye rero ntimucike intege kubera amakuba ndimwo ku bwanyu, kuko asobanura ubuninahazwa kuri mwebwe+.

14 Ku bw’ivyo, ndapfukamira Data, 15 umwe imiryango yose mw’ijuru no kw’isi ikesha izina ryayo. 16 Nsenga Imana yo ifise ubuninahazwa bwinshi ngo ikoreshe ububasha impwemu yayo itanga kugira itume mukomera mu mutima*+. 17 Nsenga kandi ngo biciye ku kwizera kwanyu, Kristu abe mu mitima yanyu mu rukundo+. Ese mwoshinga imizi+ mukaba n’abafashe ku mushinge+, 18 ngo mwe n’aberanda bose mushobore vy’ukuri gutahura bimwe bishitse ubwaguke n’uburebure bw’amakika, ubw’amahagarara n’ubw’amajepfo, 19 no kumenya urukundo rwa Kristu+ rurengeye ubumenyi, kugira ngo muronke ku bwinshi* umusesekara Imana itanga.

20 Umwe rero ashobora gukora ibirenze, birengeye kure n’iyo ivyo dusaba vyose canke twiyumvira+, biciye ku bubasha bwiwe buriko bukorera muri twebwe+, 21 naninahazwe biciye kw’ishengero no kuri Kristu Yezu imyaka yose* gushika ibihe bidahera. Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika