ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Petero 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Petero: ibirimwo

      • Tubeho kugira dukore ivyo Imana igomba, nka Kristu (1-6)

      • Iherezo ry’ibintu vyose riregereje (7-11)

      • Kubabazwa duhorwa kuba turi abakirisu (12-19)

1 Petero 4:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uwo mwiyemezo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:8
  • +Rm 6:11; Kl 3:5; 1Yh 3:6

1 Petero 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 5:15
  • +Gl 2:20; Ef 5:17

1 Petero 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki ni aselgeia. Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Tt 3:3
  • +Rm 13:13; 1Kr 5:11; Gl 5:19, 21; Ef 4:17-19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 44

    1/8/1996, rup. 26

1 Petero 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 3:16

1 Petero 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:42; 17:31; 2Tm 4:1; Ivh 20:12

1 Petero 4:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni abari barapfuye mu buryo bw’ikigereranyo, kubera ibicumuro vyabo. Raba Ef 2:1.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2008, rup. 21

1 Petero 4:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bafise ubwenge buroranye.»

  • *

    Canke «muri maso ku bijanye n’amasengesho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:3; 1Tm 3:2; Tt 2:6
  • +Kl 4:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 3, 4-5

    15/3/2009, rup. 15-16, 19

    1/9/1997, rup. 8-13

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    2/2003, rup. 1

1 Petero 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:14
  • +Img 10:12; 17:9; 1Kr 13:4, 7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 303-304

    Mwame mugavye!, rup. 28-30

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1997, rup. 28

    Abahurikiye hamwe, rup. 132-133

1 Petero 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 9:7; Heb 13:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2018, rup. 14-15

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2017, rup. 9-10

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1996, rup. 31

1 Petero 4:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abasuku bajejwe urugo.»

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:6-8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 23-25

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2012, rup. 10

    15/1/2009, rup. 12-14

    15/6/2005, rup. 30-31

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 75-76

1 Petero 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 12:2; Ef 3:20
  • +1Kr 10:31

1 Petero 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 5:9

1 Petero 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:41; Yak 1:2
  • +Rm 8:17; 2Kr 4:10; 2Tm 3:12
  • +1Pt 1:7

1 Petero 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:12; 5:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2014, rup. 32

1 Petero 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 5:13; 1Pt 2:20

1 Petero 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:24; Heb 12:2

1 Petero 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 3:6
  • +1Kr 11:32
  • +2Ts 1:7, 8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 31-32, 259-260, 284

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2004, rup. 16

1 Petero 4:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:31; Mt 7:13, 14

1 Petero 4:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 1:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Pet. 4:1Fp 2:8
1 Pet. 4:1Rm 6:11; Kl 3:5; 1Yh 3:6
1 Pet. 4:22Kr 5:15
1 Pet. 4:2Gl 2:20; Ef 5:17
1 Pet. 4:3Tt 3:3
1 Pet. 4:3Rm 13:13; 1Kr 5:11; Gl 5:19, 21; Ef 4:17-19
1 Pet. 4:41Pt 3:16
1 Pet. 4:5Ivk 10:42; 17:31; 2Tm 4:1; Ivh 20:12
1 Pet. 4:6Ef 2:1
1 Pet. 4:7Rm 12:3; 1Tm 3:2; Tt 2:6
1 Pet. 4:7Kl 4:2
1 Pet. 4:8Kl 3:14
1 Pet. 4:8Img 10:12; 17:9; 1Kr 13:4, 7
1 Pet. 4:92Kr 9:7; Heb 13:2
1 Pet. 4:10Rm 12:6-8
1 Pet. 4:11Yes 12:2; Ef 3:20
1 Pet. 4:111Kr 10:31
1 Pet. 4:121Pt 5:9
1 Pet. 4:13Ivk 5:41; Yak 1:2
1 Pet. 4:13Rm 8:17; 2Kr 4:10; 2Tm 3:12
1 Pet. 4:131Pt 1:7
1 Pet. 4:14Yak 1:12; 5:11
1 Pet. 4:151Tm 5:13; 1Pt 2:20
1 Pet. 4:16Kl 1:24; Heb 12:2
1 Pet. 4:17Heb 3:6
1 Pet. 4:171Kr 11:32
1 Pet. 4:172Ts 1:7, 8
1 Pet. 4:18Img 11:31; Mt 7:13, 14
1 Pet. 4:192Tm 1:12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Petero 4:1-19

Petero wa mbere

4 Ko Kristu yababajwe mu mubiri+, namwe nyene mwambare uwo mutima* nyene nk’ikirwanisho, kuko umuntu ababazwa mu mubiri aba avavanuye n’ibicumuro+. 2 Abigira kugira ngo igihe asigaje mu mubiri, akibeho atakirondera gushitsa ivyipfuzo vy’abantu+, ahubwo kugira ashitse ivyo Imana igomba+. 3 Igihe mwamaze mukora ivyo amahanga agomba kirahagije+. Mwari mwihebeye inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*, mukirekerana mu bijanye n’ivyipfuzo bibi, mukanywa birenze, mukidagadura birenze, mukaja hamwe kugira munywe inzoga nyinshi, mugasenga n’ibigirwamana kandi bizira+. 4 Birabatangaza kubona mutabandanya kwifatanya na bo muri iyo ngendo y’ubuhumbu, bigatuma babavuga nabi+. 5 Mugabo abo bantu bazogira ico babazwa n’umwe yiteguriye gucira urubanza abazima n’abapfuye+. 6 Ni co gituma inkuru nziza yabwiwe n’abapfuye*+, kugira ngo naho bacirwa urubanza mu buryo bw’umubiri hisunzwe uko abantu babona ibintu, babeho mu buryo buhuje n’impwemu, hisunzwe uko Imana ibona ibintu.

7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje. Mube rero abantu biyumvira neza*+, kandi mugume mwibuka gusenga*+. 8 Na canecane, mukundane rwose+ kuko urukundo rupfuka ibicumuro vyinshi+. 9 Mwakirane ata kwidoga+. 10 Umwe wese yararonse ingabirano. Muyikoreshe rero mu gukoreranira nk’abasuku* beza bafasha abandi kwungukira ku buntu buhebuje* bw’Imana bwerekanwa mu buryo butandukanye+. 11 Uwufise ingabirano yo kuvuga, navuge nk’uwushikiriza amajambo ava ku Mana. Uwukorera abandi, nabikore yishimikije inkomezi Imana itanga+. Ivyo bizotuma Imana ininahazwa muri vyose+ biciye kuri Yezu Kristu. Ubuninahazwa n’ubushobozi ni ivyayo gushika ibihe bidahera. Amen.

12 Bakundwa, ntimutangazwe n’ibigeragezo bimeze nk’umuriro biriko birabashikira+, nk’aho mwoba muriko mushikirwa n’ikintu kitabaho. 13 Ahubwo mubandanye kunezerwa+ ku rugero mugezako mu gushikirwa n’imibabaro nk’iya Kristu+, kugira ngo n’igihe ubuninahazwa bwiwe buzohishurwa+, muzonezerwe mwongere mwuzure akanyamuneza. 14 Nimba mutukwa muhorwa izina rya Kristu, murahiriwe+ kubera ko impwemu y’ubuninahazwa, ya mpwemu y’Imana, iri kuri mwebwe.

15 Ariko ntihagire n’umwe muri mwebwe ababazwa ahorwa kuba ari umwicanyi canke igisuma canke inkozi y’ikibi canke uwita mu vy’abandi+. 16 Mugabo uwubabazwa ahorwa kuba ari umukirisu, ntamaramare+, ahubwo nagume aninahaza Imana, yitwa umukirisu. 17 Kuko iki ari co gihe cashinzwe c’uko urubanza rutangurira ku nzu y’Imana+. Nimba rero rutangurira kuri twebwe+, mwumva none abatagamburukira inkuru nziza y’Imana bizobagendera gute+? 18 «Nimba umugororotsi ariko arakizwa bigoranye, none bizogendera gute umuntu atubaha Imana hamwe n’umucumuzi+?» 19 Nuko rero, abariko bababazwa mu buryo buhuye n’ivyo Imana igomba, nibagume biragiza Umuremyi w’umwizigirwa, uko babandanya gukora iciza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika