ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abatesalonika 2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abatesalonika: ibirimwo

      • Wa mugarariji (1-12)

      • Muhagarare mushikamye (13-17)

2 Abatesalonika 2:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ukuhaba.» Raba Insiguro y’amajambo (Ukuhaba).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:3
  • +1Ts 4:17

2 Abatesalonika 2:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ntibinyiganyizwe.»

  • *

    Canke «kubera impwemu.» Raba Insiguro y’amajambo (Impwemu).

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 4:1
  • +Zf 1:14; 2Pt 3:10

2 Abatesalonika 2:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uwubaryosharyosha.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «bwa buhuni.» Raba Insiguro y’amajambo (Ubuhuni).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 4:1; 2Tm 2:16-18; 4:3; 2Pt 2:1; 1Yh 2:18, 19
  • +Mt 7:15; Ivk 20:29, 30
  • +2Pt 2:1, 3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2015, rup. 14-15

    15/9/2008, rup. 30

    1/9/2003, rup. 6

2 Abatesalonika 2:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    7/2019, rup. 4

2 Abatesalonika 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:29, 30; 1Kr 11:18, 19; 1Yh 2:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    7/2019, rup. 4

2 Abatesalonika 2:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «azokwerekana ko ari ho ari.» Raba Insiguro y’amajambo (Ukuhaba).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:4; Ivh 19:15
  • +1Tm 6:13-15; 2Tm 4:1, 8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    7/2019, rup. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2010, rup. 28

    15/9/2008, rup. 30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 282

2 Abatesalonika 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 11:3
  • +Mt 24:24

2 Abatesalonika 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:11

2 Abatesalonika 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:5; 1Tm 4:1; 2Tm 4:3, 4

2 Abatesalonika 2:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 6:44; Rm 8:30
  • +Yoh 17:17; 1Kr 6:11; 1Ts 4:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 30

2 Abatesalonika 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 5:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 30

2 Abatesalonika 2:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «imigenzo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 15:58; 16:13
  • +1Kr 11:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2013, rup. 8-9

2 Abatesalonika 2:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 4:10
  • +1Pt 1:3, 4

2 Abatesalonika 2:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «babakomeze.»

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Tes. 2:1Mt 24:3
2 Tes. 2:11Ts 4:17
2 Tes. 2:21Yh 4:1
2 Tes. 2:2Zf 1:14; 2Pt 3:10
2 Tes. 2:31Tm 4:1; 2Tm 2:16-18; 4:3; 2Pt 2:1; 1Yh 2:18, 19
2 Tes. 2:3Mt 7:15; Ivk 20:29, 30
2 Tes. 2:32Pt 2:1, 3
2 Tes. 2:7Ivk 20:29, 30; 1Kr 11:18, 19; 1Yh 2:18
2 Tes. 2:8Yes 11:4; Ivh 19:15
2 Tes. 2:81Tm 6:13-15; 2Tm 4:1, 8
2 Tes. 2:92Kr 11:3
2 Tes. 2:9Mt 24:24
2 Tes. 2:10Mt 24:11
2 Tes. 2:11Mt 24:5; 1Tm 4:1; 2Tm 4:3, 4
2 Tes. 2:13Yoh 6:44; Rm 8:30
2 Tes. 2:13Yoh 17:17; 1Kr 6:11; 1Ts 4:7
2 Tes. 2:141Pt 5:10
2 Tes. 2:151Kr 15:58; 16:13
2 Tes. 2:151Kr 11:2
2 Tes. 2:161Yh 4:10
2 Tes. 2:161Pt 1:3, 4
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
2 Abatesalonika 2:1-17

Abatesalonika ba kabiri

2 Ariko ku bijanye n’igihe c’ukugaruka* kw’Umukama wacu Yezu Kristu+ be n’ugukoranirizwa hamwe ngo tube kumwe na we+, turabasavye bavukanyi 2 ngo ivyiyumviro vyanyu ntibihungabane* ningoga canke ngo muhagarike umutima kubera amajambo ahumetswe*+ canke ubutumwa bwo ku munwa canke ikete risa n’irivuye iwacu, bivuga ko umusi wa Yehova*+ umaze gushika.

3 Ntihagire uwubazimiza* mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoza hatabanje kuba kwa guheba Imana*+ na wa mugarariji+ agahishurwa, wa mwana wo kuranduka+. 4 Ni umwansi kandi yishira hejuru y’icitwa imana cose canke ikintu gisengwa, ku buryo yicara mu rusengero rw’Imana, akiyerekana ku mugaragaro ko ari imana. 5 Ntimwibuka yuko ivyo bintu nahora ndabibabwira nkiri kumwe namwe?

6 Kandi ubu murazi uwubera intambamyi uwo mugarariji kugira ngo azohishurwe mu gihe ciwe. 7 Ego ni ko, ububasha bw’amayobera bw’uwo mugarariji buramaze gutangura gukora+, mugabo ni gushika uwumubereye intambamyi muri iki gihe avuyeho. 8 Nya mugarariji azoheza ahishurwe vy’ukuri, Umukama Yezu akaba azomukuzaho impwemu iva mu kanwa kiwe+, amuhindure ubusa igihe azokwerekana+ ko yagarutse*. 9 Mugabo uwo mugarariji ariho kubera ububasha bwa Shetani+, kandi akora ubwoko bwose bw’ibikorwa vy’ububasha n’ibimenyetso vy’ububeshi be n’ibitangaza vy’ububeshi+, 10 agakoresha n’ibintu vyose bitagororotse ngo ahende+ abariko baja mu mahonero. Iyo ni yo mpembo yabo kubera ko banse gukunda ukuri ngo bakizwe. 11 Ni co gituma Imana ireka bakazimizwa n’ibinyoma kugira bemere amajambo y’ububeshi+ 12 maze bose bacirwe urubanza kubera batemeye ukuri, mugabo bagahimbarirwa ibitagororotse.

13 Ariko ntitworeka kwama dushimira Imana ku biberekeye, yemwe bavukanyi bakundwa na Yehova*, kuko Imana yabarobanuye+ guhera mu ntango kugira muronke ubukiriro. Ivyo yabigize mu kubeza+ biciye ku mpwemu yayo no kubera mwizera ukuri. 14 Ivyo ni vyo yabahamagariye biciye ku nkuru nziza tumenyesha, kugira ngo muronke ubuninahazwa bw’Umukama wacu Yezu Kristu+. 15 Nuko rero bavukanyi, muhagarare mushikamye+ kandi mugumye ivyo* mwigishijwe+ biciye ku butumwa bwo ku munwa canke kw’ikete ryacu. 16 Vyongeye, Umukama wacu Yezu Kristu ubwiwe be n’Imana ari yo Data wa twese, yadukunze+ ikaduha uruhoza rw’ibihe bidahera n’icizigiro ciza+ biciye ku buntu buhebuje*, 17 bahoze imitima yanyu bongere batume mushikama* ngo mugume mukora ivyiza, mu mvugo no mu ngiro.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika