ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 17
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe: ibirimwo

      • Urubanza rwaciriwe «Babiloni Akomeye» (1-18)

        • Umumaraya akomeye yicaye ku gikoko gitukura (1-3)

        • Ico gikoko «cariho, ariko ntikikiriho, mugabo kigira kiduge kiva mu nyenga» (8)

        • Amahembe cumi azorwanya wa Mwagazi w’intama (12-14)

        • Amahembe cumi azokwanka wa mumaraya (16, 17)

Ivyahishuwe 17:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:1
  • +Yr 51:13; Ivh 17:15; 19:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2019, rup. 10-11

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 220

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 235-240

Ivyahishuwe 17:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Ubusambanyi).

  • *

    Mu kigiriki ni porneia. Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 4:4; Ivh 18:9
  • +Yr 51:7; Ivh 14:8; 18:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 220

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 235-240

    Bibiliya (bi12), rup. 1939, 1947-1948

Ivyahishuwe 17:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gisa n’agahama.»

  • *

    Canke «yo kurogota.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2012, rup. 17

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 240-243

Ivyahishuwe 17:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ibara risa n’ibitore bita ibiringanya (oberjine).

  • *

    Ni utubuye tw’agaciro tumeze nk’utudede twiremarema mu dukoko tumwetumwe two mu mazi, nk’ibifyera n’ibindi.

  • *

    Mu kigiriki ni porneia. Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 16:19
  • +Ivh 18:11, 12, 19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 243, 244-245

    Bibiliya (bi12), rup. 1939, 1947-1948

Ivyahishuwe 17:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 19:2
  • +Ivh 18:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 8-9

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 243-244

    Urashobora Kubaho, rup. 209-210

Ivyahishuwe 17:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 6:9; 18:24; 19:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 243, 244-246

Ivyahishuwe 17:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 17:5
  • +Ivh 17:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 246-247

Ivyahishuwe 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 20:1
  • +Kv 32:32; Zb 69:28; Fp 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 247-251

Ivyahishuwe 17:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubumenyi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 17:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 251-253

Ivyahishuwe 17:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    7/2011, rup. 17-18

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 251-253

Ivyahishuwe 17:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 17:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 253-254

Ivyahishuwe 17:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 254-255

Ivyahishuwe 17:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iciyumviro.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 254-255

Ivyahishuwe 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:29; Ivh 5:6
  • +Ivh 19:11, 15
  • +Mt 28:18; Ivk 2:36; 1Tm 6:15
  • +Rm 16:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 19

    15/6/2012, rup. 18

    1/1/2007, rup. 27

    1/3/1998, rup. 15

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 23

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 254-256, 276

Ivyahishuwe 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:20; Yr 51:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 256

    Imizimu, rup. 59

Ivyahishuwe 17:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 17:12
  • +Ivh 17:8
  • +Ivh 17:7
  • +Lw 21:9; Ivh 18:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2019, rup. 10-11

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 15-16

    15/6/2012, rup. 18

    1/2/2004, rup. 21

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 223

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 256-258

Ivyahishuwe 17:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iciyumviro.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 11:19, 20; Img 21:1
  • +Ivh 17:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2019, rup. 14-15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2012, rup. 5

    15/6/2012, rup. 18

    1/2/2004, rup. 21

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 257-258

Ivyahishuwe 17:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 17:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 220

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 258

    Imizimu, rup. 59

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 17:1Ivh 16:1
Ivyah. 17:1Yr 51:13; Ivh 17:15; 19:2
Ivyah. 17:2Yak 4:4; Ivh 18:9
Ivyah. 17:2Yr 51:7; Ivh 14:8; 18:3
Ivyah. 17:4Lk 16:19
Ivyah. 17:4Ivh 18:11, 12, 19
Ivyah. 17:5Ivh 19:2
Ivyah. 17:5Ivh 18:5
Ivyah. 17:6Ivh 6:9; 18:24; 19:2
Ivyah. 17:7Ivh 17:5
Ivyah. 17:7Ivh 17:3
Ivyah. 17:8Ivh 20:1
Ivyah. 17:8Kv 32:32; Zb 69:28; Fp 4:3
Ivyah. 17:9Ivh 17:7
Ivyah. 17:11Ivh 17:8
Ivyah. 17:14Yoh 1:29; Ivh 5:6
Ivyah. 17:14Ivh 19:11, 15
Ivyah. 17:14Mt 28:18; Ivk 2:36; 1Tm 6:15
Ivyah. 17:14Rm 16:20
Ivyah. 17:15Yes 57:20; Yr 51:13
Ivyah. 17:16Ivh 17:12
Ivyah. 17:16Ivh 17:8
Ivyah. 17:16Ivh 17:7
Ivyah. 17:16Lw 21:9; Ivh 18:8
Ivyah. 17:17Yos 11:19, 20; Img 21:1
Ivyah. 17:17Ivh 17:12
Ivyah. 17:18Ivh 17:5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyahishuwe 17:1-18

Ivyahishuriwe Yohani

17 Umwe muri ba bamarayika indwi bari bafise amabakure indwi+ araza, ambwira ati: «Ingo nkwereke urubanza rwaciriwe wa mumaraya akomeye yicaye ku mazi menshi+, 2 umwe yasambana*+ n’abami bo kw’isi, ababa kw’isi na bo bakaborerwa umuvinyu w’ubusambanyi* bwiwe+.»

3 Araheza anjana mu bugaragwa biciye ku bubasha bw’impwemu. Maze mbona umugore yicaye ku gikoko gitukura* cuzuye amazina yo gutuka Imana*, kandi cari gifise imitwe indwi n’amahembe cumi. 4 Uwo mugore yari yambaye impuzu zisa n’umuyugubwe*+ n’izitukura. Yari ashajije n’inzahabu, amabuye y’agaciro n’imaragarita*+. Yari afise mu minwe igikombe c’inzahabu cuzuye ibintu bishisha kandi bihumanye vy’ubusambanyi* bwiwe. 5 Mu ruhanga rwiwe hari handitse izina ry’akabanga ngo: «Babiloni Akomeye, nyina w’abamaraya+ n’uw’ibintu bishisha vyo kw’isi+.» 6 Uwo mugore namubonye yaborewe amaraso y’aberanda n’ay’ivyabona vya Yezu+.

Erega ndamubonye, ndatangara cane. 7 Wa mumarayika aca ambwira ati: «Kubera iki utangaye? Ngira ndakubwire akabanga k’uwo mugore+ n’ak’ico gikoko yicayeko gifise imitwe indwi n’amahembe cumi+: 8 ico gikoko wabonye cariho ariko ntikikiriho, mugabo kigira kiduge kiva mu nyenga+, kandi kibwirizwa kurandurwa. Ababa kw’isi bazotangara nibabona ingene ico gikoko cariho hanyuma kikavaho, ariko kigasubira kubaho. Amazina yabo ntiyanditswe mu gitabu c’ubuzima+ kuva kw’ishingwa ry’isi.

9 Aha rero ni ho hasaba ubwenge* n’ubukerebutsi: iyo mitwe indwi+ igereranya imisozi indwi uwo mugore yicayeko. 10 Ni abami indwi: batanu baravuyeho, umwe aracariho, uwundi na we ntarashika, ariko niyashika azomara igihe gito. 11 Kirya gikoko cariho ariko kikaba kitakiriho+, na co nyene ni umwami agira umunani, ariko kiva kuri ba bami indwi kandi kizorandurwa.

12 Ayo mahembe cumi wabonye agereranya abami cumi batararonka ubwami, ariko bazoronka ububasha bwo kuganza isaha imwe, bafadikanije n’ico gikoko. 13 Abo bafise umugambi* umwe, bagaha ico gikoko ububasha bwabo n’ubushobozi bwabo. 14 Bazorwana na wa Mwagazi w’intama+, ariko uwo Mwagazi w’intama azobatsinda+, kuko ari Umukama w’abakama n’Umwami w’abami+. Kandi n’abazoba bari kumwe na we bahamagawe, batowe kandi b’abizigirwa, na bo nyene bazotsinda+.»

15 Hanyuma ambwira ati: «Amazi wabonye, amwe urya mumaraya yari yicayeko, agereranya amoko y’abantu, amasinzi y’abantu, amahanga n’indimi+. 16 Arya mahembe cumi+ wabonye na kirya gikoko+ bizokwanka urya mumaraya+, bimunyage ivyo afise vyose, bimusige ari gusa. Bizorya inyama ziwe zose maze bimuturire ashe ahere+. 17 Kuko Imana yashize mu mitima yabo gushitsa iciyumviro cayo+, emwe gushitsa umugambi* wabo umwe wo guha ubwami bwabo ca gikoko+, gushika amajambo y’Imana arangutse. 18 Umugore+ wabonye na we agereranya ca gisagara kinini kiganza abami bo kw’isi.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika