ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abanyefeso: ibirimwo

      • Indamutso (1, 2)

      • Imihezagiro yo mu vy’impwemu (3-7)

      • Gukoraniriza hamwe ibintu vyose muri Kristu (8-14)

        • «Uburyo bwo kuyobora ibintu» ibihe bimaze gukwira (10)

        • Impwemu ni «icemeza twahawe imbere y’igihe» (13, 14)

      • Pawulo ashimira Imana kubera ukwizera kw’Abanyefeso (15-23)

Abanyefeso 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 2:1, 3

Abanyefeso 1:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Abanyefeso 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:6

Abanyefeso 1:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga Kristu.

  • *

    Canke «ikirabagu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 5:25-27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2009, rup. 27-28

    15/1/2005, rup. 6

    1/7/2002, rup. 5

Abanyefeso 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 2:13; 1Pt 1:2
  • +Rm 8:15, 29; 8:23
  • +Rm 8:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2009, rup. 27-28

    15/8/2008, rup. 27

    15/1/2005, rup. 6

    1/7/2002, rup. 5

Abanyefeso 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:24
  • +Yoh 3:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 5-6

Abanyefeso 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:28; Rm 3:25; Ivh 5:9
  • +Ivk 13:38; Kl 1:14; 2:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 27-28

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2009, rup. 28

    15/6/2004, rup. 16-17

    1/7/2002, rup. 6

Abanyefeso 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 16:25, 26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2009, rup. 28

    15/2/2006, rup. 17-19

    1/7/2002, rup. 6

Abanyefeso 1:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gushiraho ubuyobozi.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «kwuzura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:9, 10; Kl 1:19, 20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    6/2019, rup. 3

    Niwiyegereze, rup. 146-147

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2012, rup. 27-28

    15/10/2009, rup. 28

    1/3/2008, rup. 9

    15/2/2006, rup. 16-20, 21-25

    1/7/2002, rup. 4-5, 6-7

    1/6/1997, rup. 13, 15-16, 18

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 125-126

    Senga Imana, rup. 186-191

    Abahurikiye hamwe, rup. 186-191

Abanyefeso 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:17; Ef 3:5, 6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 24

Abanyefeso 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 1:22; Ef 4:30; Ivh 7:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2007, rup. 31

Abanyefeso 1:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «avanse», «ingwati y’ibizoza.»

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «ikintu cegukira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 5:5; 1Pt 1:3, 4
  • +1Pt 2:9
  • +Rm 8:23; 1Tm 2:5, 6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2016, rup. 18-19

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2007, rup. 31

Abanyefeso 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:9; 1Tm 2:3, 4

Abanyefeso 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 1:3, 4

Abanyefeso 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 13:4

Abanyefeso 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 110:1; Ivk 7:55

Abanyefeso 1:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo (Igihe).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:12; Fp 2:9-11

Abanyefeso 1:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «umutwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:6; 1Kr 15:27; Heb 2:8
  • +Mt 28:18; Ef 5:23; Kl 1:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2007, rup. 21-22

Abanyefeso 1:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:5; Ef 4:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2007, rup. 21-22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ef. 1:1Ivh 2:1, 3
Ef. 1:3Ef 2:6
Ef. 1:4Ef 5:25-27
Ef. 1:52Ts 2:13; 1Pt 1:2
Ef. 1:5Rm 8:15, 29; 8:23
Ef. 1:5Rm 8:28
Ef. 1:6Rm 3:24
Ef. 1:6Yoh 3:35
Ef. 1:7Ivk 20:28; Rm 3:25; Ivh 5:9
Ef. 1:7Ivk 13:38; Kl 1:14; 2:13
Ef. 1:9Rm 16:25, 26
Ef. 1:10Fp 2:9, 10; Kl 1:19, 20
Ef. 1:11Rm 8:17; Ef 3:5, 6
Ef. 1:132Kr 1:22; Ef 4:30; Ivh 7:4
Ef. 1:142Kr 5:5; 1Pt 1:3, 4
Ef. 1:141Pt 2:9
Ef. 1:14Rm 8:23; 1Tm 2:5, 6
Ef. 1:17Kl 1:9; 1Tm 2:3, 4
Ef. 1:181Pt 1:3, 4
Ef. 1:192Kr 13:4
Ef. 1:20Zb 110:1; Ivk 7:55
Ef. 1:21Ivk 4:12; Fp 2:9-11
Ef. 1:22Zb 8:6; 1Kr 15:27; Heb 2:8
Ef. 1:22Mt 28:18; Ef 5:23; Kl 1:18
Ef. 1:23Rm 12:5; Ef 4:16
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abanyefeso 1:1-23

Abanyefeso

1 Jewe Pawulo, intumwa ya Kristu Yezu biciye kw’igomba ry’Imana, ndabandikiye mwebwe aberanda bari i Efeso+ mukaba n’abizigirwa bunze ubumwe na Kristu Yezu.

2 Ubuntu buhebuje* n’amahoro biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu bibane namwe.

3 Hashemezwe Imana yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu, kuko yaduhezagije imihezagiro yo mu vy’impwemu y’ubwoko bwose, iyiduhera mu bibanza vyo mw’ijuru kubera twunze ubumwe na Kristu+. 4 Yadutoye ngo twunge ubumwe na we* imbere y’uko isi ishingwa, kugira tube beranda, tutagira akanenge*+ imbere yayo mu rukundo. 5 Kuko yatugenye imbere y’igihe+ ngo tube abana bayo+ biciye kuri Yezu Kristu. Yabigize kubera biyihimbara kandi bihuye n’ivyo igomba+, 6 ngo hashemezwe ubuntu bwayo buhebuje+ yatugiriye n’umutima ukunze biciye ku Mwana wayo ikunda cane+. 7 Kubera uwo Mwana wayo turabohorwa, tugacungurwa biciye ku maraso yiwe+, emwe tukababarirwa amakosa yacu+, kubera ubuntu buhebuje bw’Imana bwinshi.

8 Ubwo buntu buhebuje Imana yarabutugiriye ku bwinshi mu kuduha ubukerebutsi bwose n’ugutahura kwose, 9 itumenyesha rya banga ryeranda+ rihuye n’ivyo igomba. Iryo banga rirahuye n’ibiyihimbara. Kubera ko vyayihimbaye, ubwayo yariyemeje 10 gushiraho uburyo bwo kuyobora ibintu* ibihe vyashinzwe bimaze gukwira*, ngo ikoranirize hamwe ibintu vyose muri Kristu, ivyo mw’ijuru n’ivyo kw’isi+. Egome, ibikoraniriza muri Kristu, 11 tukaba twunze ubumwe na we kandi tukaba twatowe ngo tube ba samuragwa kumwe na we+, kuko twagenywe imbere y’igihe hisunzwe intumbero y’umwe ashitsa vyose nk’uko bimuhimbara yisunze ivyo agomba. 12 Kwari ukugira ngo twebwe ababaye aba mbere mu kwizigira Kristu dutume Imana ishemezwa yongere ininahazwe. 13 Mugabo na mwebwe mwaramwizigiye aho mumariye kwumva rya jambo ry’ukuri, ya nkuru nziza yerekeye ubukiriro bwanyu. Aho mumariye kwemera, mwarashizweko ikidodo+ biciye kuri we, ikidodo ca ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe. 14 Iyo mpwemu ni icemeza twahawe imbere y’igihe* c’intoranwa yacu+, kugira ngo abantu begukira* Imana+ babohorwe biciye ku ncungu+, bitume Imana ininahazwa yongere ishemezwe.

15 Ni co gituma na jewe, kuva aho numviye ko mwizera Umukama Yezu nkumva n’urukundo mugaragariza aberanda bose, 16 ntigera ndeka gushimira Imana ku bwanyu. Nguma ndabashira mu masengesho yanje 17 kugira ngo ya Mana y’Umukama wacu Yezu Kristu, ikaba na Data w’ubuninahazwa, ibahe impwemu y’ubukerebutsi n’impwemu y’uguhishurirwa uko muyimenya neza+. 18 Yaramurikiye amaso y’umutima wanyu kugira ngo mumenye icizigiro yabahamagariye, mumenye ubutunzi bw’agatangaza ibikiye aberanda ngo bubabere intoranwa+, 19 mumenye n’ukuntu ububasha bwayo bukorera muri twebwe abemera+ buhambaye bimwe bihebuje. Ubwo bubasha bwayo buhambaye buribonekeza mu kuntu yakoresheje inkomezi zayo nyinshi 20 ku bijanye na Kristu igihe yamuzura mu bapfuye ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru. 21 Yamushize hejuru cane y’intwaro zose n’ubukuru bwose n’ububasha bwose n’ubutware bwose n’amazina yose akomeye+. Kandi si muri iki gihe* gusa, ariko no mu gihe kizoza. 22 Yashize kandi ibintu vyose munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+, yongera imugira umukuru* ku bintu vyose bijanye n’ishengero+, 23 ari ryo mubiri wiwe+, rikaba ryuzuye ibintu vyose bimwerekeye. Ni we yuzura vyose muri bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika