Bibiliya y’isi nshasha (nwt) Nehemiya: ibirimwo NEHEMIYA IBIRIMWO MURI MAKE 1 Amakuru y’i Yeruzalemu (1-3) Isengesho rya Nehemiya (4-11) 2 Nehemiya yemererwa kuja i Yeruzalemu (1-10) Nehemiya asuzuma inzitiro z’igisagara (11-20) 3 Basanura inzitiro (1-32) 4 Igikorwa gitera imbere naho hari abansi (1-14) Abubatsi babandanya kwubaka bafise ibirwanisho (15-23) 5 Nehemiya abuza ivyo guhahaza abakene (1-13) Nehemiya ntiyagira ubwikunzi (14-19) 6 Abansi babandanya kurwanya igikorwa co kwubaka (1-14) Barangiza kwubaka uruzitiro mu misi 52 (15-19) 7 Amarembo y’igisagara n’abarinzi bayo (1-4) Urutonde rw’abavuye mu bunyagano (5-69) Abasuku bakora ibikorwa vyo ku rusengero (46-56) Abahungu b’abasuku ba Salomo (57-60) Intererano zo gushigikira igikorwa (70-73) 8 Basomera abantu amategeko, bakayabasigurira (1-12) Bahimbaza umusi mukuru w’insago (13-18) 9 Batura ibicumuro vyabo (1-38) Yehova ni Imana ibabarira (17) 10 Basezerana gukurikiza amategeko (1-39) «Ntituzofata minenegwe inzu y’Imana yacu» (39) 11 I Yeruzalemu hasubira kuba abantu (1-36) 12 Abaherezi n’Abalewi (1-26) Bashikiriza Imana uruzitiro (27-43) Bashigikira igikorwa co ku rusengero (44-47) 13 Ibindi Nehemiya yahinduye (1-31) Ivy’icumi bitangwa (10-13) Isabato ntikwiye guhumanywa (15-22) Kwubakana n’abanyamahanga vyiyamirizwa (23-28)