ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp18 no. 2 rup. 1-2
  • Kazoza katubikiye iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kazoza katubikiye iki?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
wp18 no. 2 rup. 1-2
Ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi, No. 2, 2018 | Kazoza katubikiye iki?

Kazoza katubikiye iki?

© 2018 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri www.pr2711.com. Kiretse aho vyerekenywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.

IKI KINYAMAKURU Umunara w’inderetsi, kiratera iteka Yehova Imana, we Mutegetsi ruheta w’ijuru n’isi. Kirahumuriza abantu biciye ku nkuru nziza y’uko vuba Ubwami bw’Imana, buno bukaba ari intwaro iriho koko yo mw’ijuru, bugiye gukuraho ubukozi bw’ikibi bwose maze buhindure isi Iparadizo. Kiraremesha abantu ngo bizere Yezu Kristu, uwapfuye kugira ngo dushobore kuronka ubuzima budahera kandi ubu akaba aganza ari Umwami w’Ubwami bw’Imana. Iki kinyamakuru gisohorwa n’Ivyabona vya Yehova ubudahengeshanya kuva mu 1879 kandi nticisuka mu vya politike. Kiguma cisunga Bibiliya.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika