ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ruhuhuma rup. 7
  • 29 Ruhuhuma–6 Ntwarante

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 29 Ruhuhuma–6 Ntwarante
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ruhuhuma rup. 7

29 Ruhuhuma–6 Ntwarante

ESITERI 1-5

  • Ururirimbo rwa 86 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Esiteri yaraburaniye abasavyi b’Imana”: (Imin. 10)

    • [Nimwerekane ividewo ivuga ngo Incamake y’igitabu ca Esiteri.]

    • Est 3:5-9​—Hamani yararondeye guhonya abasavyi b’Imana (ia 130-131 ing. 18-19)

    • Est 4:11–5:2​—Ukwizera kwa Esiteri kwari gukomeye cane ku buryo atatinya no gupfa (ia 125 ing. 2; 133-134 ing. 24-26)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Est 2:15​—Esiteri yerekanye gute ukwifata ruto n’ukwigumya? (w06 1/3 9 ing. 8)

    • Est 3:2-4​—Kubera iki Morudekayi yanse kwunamira Hamani? (ia 130 ing. 18)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Est 1:1-15 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nashikirize agatabu Niwumvirize Imana. Nacire inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwakiriye Niwumvirize Imana, bace baganira ku rup. 2-3. Nacire inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji ayobora inyigisho akoresheje ibiri ku rup. 4-5 mu gatabu Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera. Igihe bahura ari bwo bwa mbere yarakiriye agatabu Niwumvirize Imana. (km 7/12 3 ing. 4)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 71

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)

  • Woba uriko urungukira kw’ikoraniro rishasha no ku gatabu k’ikoraniro?: (Imin. 5) Guhanahana ijambo. Nusabe abumviriza bavuge ukuntu bungukiye kuri iryo koraniro rishasha. Nuremeshe bose kuza bararitegura neza gutyo bashobore kuryungukirako cane.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 10 ing. 1-11, n’uruzitiro “Rwa ruzuba rwatera mu gihe ca Eliya rwamaze ikiringo kingana gute?” (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 149 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika