ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ntwarante rup. 6
  • 28 Ntwarante–3 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 28 Ntwarante–3 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ntwarante rup. 6

28 Ntwarante–3 Ndamukiza

YOBU 11-15

  • Ururirimbo rwa 111 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yobu yarizigira izuka”: (Imin. 10)

    • Yb 14:1, 2​—Yobu yaravuze muri make ukuntu ubuzima bw’abantu muri kino gihe bumeze (w15 1/3 3; w10 1/5 5 ing. 1; w08 1/3 3 ing. 3)

    • Yb 14:13-15a​—Yobu yari azi ko Yehova atomwibagiye (w15 1/8 5; w14 1/1 7 ing. 4; w11 1/3 22 ing. 2-4)

    • Yb 14:15b​—Yehova araha agaciro abasavyi biwe b’abizigirwa (w15 1/8 7 ing. 3; w14 15/6 14 ing. 12; w11 1/3 22 ing. 3-6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 12:12​—Kubera iki abakirisu bitereye mu myaka bashoboye gufasha abakiri bato? (w14 15/1 23 ing. 6-7)

    • Yb 15:14-16​—Elifazi yashaka kuvuga iki muri iyi mirongo, mugabo ukuntu yabona ibintu gutandukanye gute n’ukuntu Yehova abibona? (w10 15/2 20 ing. 1-2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Yb 14:1-22 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: fg icigwa ca 13, ing. 1​—Nucire inzira isubirayo. (Imin. 2 canke idashika)

  • Usubiyeyo: fg icigwa ca 13, ing. 2​—Nucire inzira ikiyago kizokurikira. (Imin. 4 canke idashika)

  • Inyigisho: fg icigwa ca 13, ing. 3-4​—(Imin.  6 canke idashika)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 134

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)

  • “Incungu yaratumye izuka rishoboka”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimusozere mu kwerekana ividewo yerekanywe kw’ihwaniro ryo mu 2014 ryavuga ngo “Gume mubanza kurondera Ubwami bw’Imana!”

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 12 ing. 1-12 (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 33 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika