ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 148
  • Dutazire Imana yacu, yo Mwami

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Dutazire Imana yacu, yo Mwami
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Hezagira amakoraniro yacu
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Dutume inzira yacu iroranirwa
    Turirimbire Yehova
  • Hezagira amakoraniro yacu
    Turirimbire Yehova
  • Dukenguruke ukwihangana kw’Imana
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 148

Ururirimbo rwa 148

Dutazire Imana yacu, yo Mwami

(Zaburi 145:1)

1. Yehova muririmbire!

Nimumutazire bwire.

’Zina ryiwe twamamaze

Kandi tumwiyegereze.

Twes’aduh’ibitubumba,

Ntashaka ko twe twotemba.

Dukwiye kumugumako;

Ni mwiza tumwigireko.

2. Ntitugahemuke rero,

Tumuyage mu ndimiro.

N’uw’inzira zitunganye

Arahambaye, bimenye.

Azigam’abamukunda;

Nta vyago bizobatsinda.

Adufasha kwihangana.

Yehova, ni we twigina.

3. ’Bwami bw’Imana buraje

Buzan’ivyiza twipfuje.

Bwamamaz’ahantu hose

Yemwe abanyuzwe mwese.

Yehov’ubu yarimitse

Umwami kok’abushitse.

Vub’abans’azoririka.

’Man’izoc’iterw’iteka.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika