ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ruheshi rup. 5
  • “Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • “Mwambare ibirwanishwa vyose vy’Imana”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ruheshi rup. 5
Umugabo yambaye umwambaro ukwiye w’ibirwanisho

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABANYEFESO 4-6

“Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana”

6:11-17

Intumwa Paulo yagereranije abakirisu n’abasoda bari ku rugamba. Abo turwana ni “ibinyankomezi vy’impwemu vy’ibibisha.” Naho womenga turi ba goyigoyi kandi batagira gitabara, igihe “[twambaye] umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana,” turashobora gutsinda urwo rugamba dufashijwe na Yehova.

Vuga izina ry’ikirwanisho kimwekimwe cose be n’ico gisobanura

Ikirwanisho kimwekimwe cose

IVYO KUZIRIKANAKO: Umwambaro wanje w’ibirwanisho woba ukwiye?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika