ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Mukakaro rup. 3
  • “Mugume . . . muhozanya mwongera mwubaka bagenzi banyu”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Mugume . . . muhozanya mwongera mwubaka bagenzi banyu”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Mugume muremeshanya ku musi ku musi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • Turemeshanye kandi “birushirize kumera gutyo”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Turemeshanye
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Turemeshanye
    Turirimbire Yehova
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Mukakaro rup. 3
Mushiki wacu akuze ariko arazimana agakawa bandi babiri bakiri bato

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 ABATESALONIKA 1-5

“Mugume . . . muhozanya mwongera mwubaka bagenzi banyu”

5:11-14

Umukirisu wese arashobora kuremesha abandi. Nk’akarorero, turaremesha abandi mu kwitaba amakoraniro no mu kwamamaza tudahorereza, n’igihe biba ari “urugamba rukomeye” kubera amagara make canke izindi ngorane tuba twifitiye. (1Ts 2:2) Vyongeye, igihe tuzirikanye imbere y’igihe ivyo twobwira abavukanyi bacu bakeneye indemesho, kumbure tukagira n’ubushakashatsi, turashobora kubayagisha n’ijwi ryirura.

Ni hehe wokura amakuru yogufasha kuremesha uwufise ingorane kanaka?

Ni nde wipfuza kuremesha mw’ishengero iwanyu?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika