Kuvayo 11:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abasuku bawe bose bazoza aho ndi banyunamire, bavuge bati: “Nimugende mwe n’abantu bawe+!” Nanje nzoca ngenda.» Musa aca arasohoka, ava kwa Farawo yashavuye cane.
8 Abasuku bawe bose bazoza aho ndi banyunamire, bavuge bati: “Nimugende mwe n’abantu bawe+!” Nanje nzoca ngenda.» Musa aca arasohoka, ava kwa Farawo yashavuye cane.