Kuvayo 18:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nuko Yetiro sebukwe wa Musa, ari kumwe n’abahungu ba Musa n’umugore wiwe, aja kuraba Musa mu bugaragwa aho yari ashinze ihema ku musozi w’Imana y’ukuri+.
5 Nuko Yetiro sebukwe wa Musa, ari kumwe n’abahungu ba Musa n’umugore wiwe, aja kuraba Musa mu bugaragwa aho yari ashinze ihema ku musozi w’Imana y’ukuri+.