Kuvayo 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ku bw’ivyo Yetiro avuga ati: “Hahezagirwe Yehova, uwabarokoye mu kuboko kwa Misiri no mu kuboko kwa Farawo, uwarokoye kandi abantu akabakura munsi y’ukuboko kwa Misiri+.
10 Ku bw’ivyo Yetiro avuga ati: “Hahezagirwe Yehova, uwabarokoye mu kuboko kwa Misiri no mu kuboko kwa Farawo, uwarokoye kandi abantu akabakura munsi y’ukuboko kwa Misiri+.