Kuvayo 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu gihe havyutse urubanza muri bo+, rutegerezwa kuza kuri jewe, nanje ngategerezwa guca urubanza hagati y’uruhande rumwe n’urundi, kandi ngategerezwa kumenyesha ingingo z’Imana y’ukuri n’amategeko yayo+.”
16 Mu gihe havyutse urubanza muri bo+, rutegerezwa kuza kuri jewe, nanje ngategerezwa guca urubanza hagati y’uruhande rumwe n’urundi, kandi ngategerezwa kumenyesha ingingo z’Imana y’ukuri n’amategeko yayo+.”