Kuvayo 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umviriza rero ijwi ryanje+. Ngira nkugire inama, kandi Imana izobana nawe+. Ba ari wewe userukira abantu imbere y’Imana y’ukuri+, kandi abe ari wewe uzana imanza imbere y’Imana y’ukuri+.
19 Umviriza rero ijwi ryanje+. Ngira nkugire inama, kandi Imana izobana nawe+. Ba ari wewe userukira abantu imbere y’Imana y’ukuri+, kandi abe ari wewe uzana imanza imbere y’Imana y’ukuri+.